Imiti y'ikirundi : umubirizi, igicuncu , umuravumba, umunyu wa nyamanza.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 9 ก.ย. 2024
  • Imisozi y'Uburundi yambaye intungamagara gusa. Kuva mu myonga gushika ku masonga y'imisozi hari ivyimeza ibihumbi.
    Muri ibi vyimeza huzuyemwo imiti n'ingaburo. Uburundi Mu Kirundi twigiriye inama yo kuzunguruka imitumba tubashe kumenya Uburundi n'ivyiza bwatatswe na Rurema.
    Abadukurikirana bazosangira bazobona bongere bumve vyinshi. Burya turatunze si imbeshere. Hahangame Uburundi.

ความคิดเห็น • 9

  • @FisiIrene
    @FisiIrene 8 หลายเดือนก่อน

  • @3bs2fsfamily85
    @3bs2fsfamily85 2 ปีที่แล้ว

    Komerezaho. Mwotubwira umuti uvura uruhu ku bana bato

  • @PascasieNDIKUMANA-zu8fe
    @PascasieNDIKUMANA-zu8fe 11 หลายเดือนก่อน

    Mahoro
    Cane jewe ndi umurundi nkaba inzi imiti myishi yikirundi nomenyekana gute?

  • @georgettenahimana1695
    @georgettenahimana1695 2 ปีที่แล้ว

    Ni vyiza muratwigisha, ariko ubwo bunenyi i Buraya barabugura!

  • @kezakimanamelissa9121
    @kezakimanamelissa9121 2 ปีที่แล้ว

    mahoro . tubasabe mube mwongerez akajwi mugushikiriz vyenivyo biganiro kk haraho tuba turimukaz tugafatanya nikwiyubaka mukwunviriz inyigisho zanyu.muhezagigwe cane

    • @uburundimukirundi
      @uburundimukirundi  2 ปีที่แล้ว

      Murakoze , tuzobikora

    • @alinekamikazi662
      @alinekamikazi662 2 หลายเดือนก่อน

      Muturangire umuti uvura iminyage kumwana akivuka ningene bawukoresha muzobamukoze

  • @FisiIrene
    @FisiIrene 8 หลายเดือนก่อน