Whauuuu Nivyiza caaane gose..Donc Imbwa ni kintu kiri important à partir du moment où il est bien éduqué , Après niho utahura akamaro kayo. Imbwa irunva il est très fidèle irakundana vyukuri Example:.Naratangaye cane c'était en 1994 Imbwa yavuye inyamata (Mu Rwanda) irashika mu Kirundo période ya génocide iraza n'amaguru ije s'il vous plait Kurondera sa propre Familles au Burundi bari bahungiye mu Kirundo IL fallait voir comment la Familles étaient complètement ému. Incroyable depuis ce jour là Ndakunda imbwa. Grâce From Belgique ❤

🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Bonjour! j'aimerais avoir le contact de ce Mr
Iwacu ntibimenyerewe ariko nibintu vyiza cane ahandi birateye imbere cane