😭Inkuru yumubabaro kubakunzi ba Bunyoni ahejeje gucikana Tanzania niyo ibitangaje bwambere turihore

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 20 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 26

  • @abizeyejeanbosco369
    @abizeyejeanbosco369 5 หลายเดือนก่อน +4

    Uriko urahumba kweri

  • @GlorioseNijimbere
    @GlorioseNijimbere 4 หลายเดือนก่อน

    Beshera hiyo.Ariho!!!Ntasoni????

  • @franciscafrancoise1426
    @franciscafrancoise1426 4 หลายเดือนก่อน +1

    Ntagapfe imana imuzigame azira ico atakoze icoyakoze baracirengagij w na madamuwe

  • @GlorioseNijimbere
    @GlorioseNijimbere 4 หลายเดือนก่อน

    None muba mwizako turibijuju?Napfe!Wewe yishe bangahe?yaraziko,bizogend'ukwo??N'abandi bizogendukwo,kubatubaha kiremwa muntu.

  • @deoyamuremye
    @deoyamuremye 5 หลายเดือนก่อน +1

    None aho wabuze ibindi uvuga ukareka kubesha??
    hamwe muvuga ngo yatorotse, ahandi ngo yapfuye, bukeye mukavuga ngo yapfunguwe,.....

  • @gigxjr9754
    @gigxjr9754 4 หลายเดือนก่อน

    Kandi uvuga ikinyarwanda ? Rimwe uvuga ko Bunyoni yafuye ahandi ngo arapfunzwe ,twemere iyihe???😁😁

  • @gigxjr9754
    @gigxjr9754 4 หลายเดือนก่อน

    Wew uri umuteka mutwe,none Samiya wamushizeho kuki?

  • @marieban4557
    @marieban4557 4 หลายเดือนก่อน +1

    Imbwa y'umunyarwanda yigize umurundi. Toka kule

  • @HashtagNiyonkr-te2yi
    @HashtagNiyonkr-te2yi 5 หลายเดือนก่อน +1

    Non nibatubwir kand namwe bamuvuga ivyo muzi neza

  • @AppolinaireBizimana
    @AppolinaireBizimana 4 หลายเดือนก่อน

    Urambesha cane

  • @josephmuragano8186
    @josephmuragano8186 4 หลายเดือนก่อน

    Uragaturika insogi wambwawe

  • @ShimirimanaJeannine
    @ShimirimanaJeannine 4 หลายเดือนก่อน

    😢😢😢😢

  • @MargaretNyiramongi-yy9hd
    @MargaretNyiramongi-yy9hd 4 หลายเดือนก่อน

    Manawe isi nimuyiveho ntamuntu ukomeye kweli urumugabo Bunyoni yangaga aba Tutsi birenze urugero akanabivuga . Aliko ibyimana ikora ntamuntu ukwiliye kwanga mugenziwe kuko nti duhumeka kubwacu nikubwimana yaturemye

  • @niyoncu
    @niyoncu 5 หลายเดือนก่อน

    Umumenyeshamakuru w'ikigoryi atangaza ibihuha aho naho adatangaje ivyo yasomye kwa Pacifique aho kwironderera amakuru yiwe

  • @doubleaction6779
    @doubleaction6779 4 หลายเดือนก่อน

    Ikigiye kubaho ngiye gushak uburyo mpagarika iyo Chanel kuko ndabonako ivyagmije ntakamaro namba bidufitiye umuti rero urikuziko nimwabona yarahagaze ntimuze mutangare 🤗

  • @ComeNDAYIZEYE-tc1np
    @ComeNDAYIZEYE-tc1np 5 หลายเดือนก่อน

    Warasaze pe!

  • @FatakiDelphin
    @FatakiDelphin 4 หลายเดือนก่อน

    Urabesha😅😅😅😅😅😅

  • @eddy-pascalgahungu706
    @eddy-pascalgahungu706 4 หลายเดือนก่อน

    Burya amakuru mutanga,sukurondera ama vius gusa,none ko akeshi mushirako ibinyoma ni ukuberiki?

  • @NikundanaÉric
    @NikundanaÉric 4 หลายเดือนก่อน

    Tetoi wambwawe

  • @NyabendaRuben-oy6ls
    @NyabendaRuben-oy6ls 5 หลายเดือนก่อน

    Mwabansi bigihugu iyomboñeshakure yibin yomaikwiyeguturigwal

  • @abrahambukuru725
    @abrahambukuru725 4 หลายเดือนก่อน

    Reka kubesha Abenegihu wa musazi we. Ivyo uvuga wabikuye he? Canke ni wewe wamwishe

  • @FredericNgendanzi
    @FredericNgendanzi 5 หลายเดือนก่อน

    Wamubeshi hora

  • @JumaaSabi
    @JumaaSabi 4 หลายเดือนก่อน

    Ntasono

  • @FunnyBilliards-hi9eg
    @FunnyBilliards-hi9eg 4 หลายเดือนก่อน

    wewe.warize.canke.urikigwarudubi.nkubu.wewe.warize.cank.kuberik.uvuga.amakuru.yibinyoma.ngo.bunyoni.yafuye.ziba.

  • @joachimbagirirwa4098
    @joachimbagirirwa4098 5 หลายเดือนก่อน

    Ntasoni wewe????