Ku nama: Ni izihe ntambamyi zituma abana bose bo mu Burundi bataronka uburenganzira bwo kwiga ?

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 26 ก.ย. 2024
  • Igenekerezo rya 16 Ruheshi uko umwaka utashe, amakungu arahimbaza umusi wahariwe umwana w’umunyafrika. Uwo musi ukaba washinzwe mu mwaka wa 1991 mu ntumbero yo kwibuka abanyeshure bishwe kuko bagize imyiyerekano igenekerezo rya 16 Ruheshi 6 umwaka wa 1976 i Soweto muri afrika y’epfo, biyamiriza inyigisho bahabwa zitagira akanovera. Uno mwaka wa 2024 uwo musi uhimbajwe kucivugo ngo « Abana bose b’abanyafrika bige, isaha yageze ». Mbega uno musi mu burundi ho vyifashe gute ? Ni izihe ntambamyi zihanze igisata c’indero mu Burundi? Hokorwa iki kugira abana bose bagire uburenganzira bwo kwiga kandi baronswe n’inyigisho z’akanovera?

ความคิดเห็น •