DUTEGEREZWA KUBURANA IMAMBO ZA BASOGOKURUZA//Pasteur Salvator NDIKUMASABO

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 29 ก.ย. 2024
  • Ubutumwa Bwiza yavugiye mw'Ishengero rya Pentekote ryo mu NYAKABIGA
    Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
    Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

ความคิดเห็น • 28

  • @bigirimanapapy5253
    @bigirimanapapy5253 10 หลายเดือนก่อน +2

    Amen Amen Amen !!! Ndakiriye ijambo ry IMANA mw'izina rya YESU KRISTO YAPFUYE AKAZUKA

    • @meirratv
      @meirratv  10 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @LatiphaIrankunda
    @LatiphaIrankunda หลายเดือนก่อน +1

    Ameeen !! Kristo ashishikar yongerez ah wakuy mukoz w Iman

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @LatiphaIrankunda
    @LatiphaIrankunda หลายเดือนก่อน +1

    Ameeen !! Kristo ashishikar yongerez ah wakuy mukoz w Imana

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @PhilippeNtakirutimana-dk1oy
    @PhilippeNtakirutimana-dk1oy 10 หลายเดือนก่อน +1

    Yesu kristo ahezagire umukozi w,Imana Pastor Salvator. Mpwemu w,Imana yame yamana nawe!!

    • @meirratv
      @meirratv  10 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @LatiphaIrankunda
    @LatiphaIrankunda หลายเดือนก่อน +1

    Ameeen !! Kristo ashishikar yongerez ah mwakuy

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @irakozebelyse2432
    @irakozebelyse2432 10 หลายเดือนก่อน +1

    Haleluya Haleluya ndafashijwe Imana ibomore ibiraro nacako nkora ibiyibabaza inyambike imbaraga zokutazobisubira kubicako Imana ibahe umugisha isubije aho ukuye Amen Amena Amena Amena

    • @meirratv
      @meirratv  10 หลายเดือนก่อน

      Amen Amen Amen 🙏💖

  • @DanielNdayizeye
    @DanielNdayizeye 10 หลายเดือนก่อน +1

    Egooo kabisa kwifatanya numwami Yesu akaramata Amen

    • @meirratv
      @meirratv  10 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @FabriceNshimirimana-t8w
    @FabriceNshimirimana-t8w หลายเดือนก่อน +1

    Amen iryo n ijambo ry ubugingo gir umugisha

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @samuelnibizi7958
    @samuelnibizi7958 9 หลายเดือนก่อน +1

    Imana idutare kweri

    • @meirratv
      @meirratv  9 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @A.I.G.1
    @A.I.G.1 10 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤

    • @meirratv
      @meirratv  10 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @RichardNgendakuriyo-qk3oq
    @RichardNgendakuriyo-qk3oq 5 หลายเดือนก่อน +1

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  5 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @مممكطم
    @مممكطم 6 หลายเดือนก่อน +1

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  6 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @sergesyandokoye1661
    @sergesyandokoye1661 7 หลายเดือนก่อน +1

    amen

    • @meirratv
      @meirratv  7 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @fistoniteriteka9163
    @fistoniteriteka9163 10 หลายเดือนก่อน +1

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  10 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖