ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Wangu wangu Parfait...kama kawa endeleyaa kama mvua isipo isha...Be blessed forever bro
Wow ❤
Le grand Gakuku wubahwe Caan ndakunda composition ningen uvyina imana ikomez guha uburundi abntu nkawe ark intatana ntimusubire gutevya ibikogwa ja muraduha turakumbura ivyiwacu i burundi then zigira ngo gwi
Waouuhhh bien bien le grand Gakuku wakinye nez xaan then narakubony murubanz umunsi umwe 😍😍😍✌wubahwe urumu artiste vrt courage
Parfait le grand compositeur narabony n gospel urabiz mut courage ark n gospel uzoduh clip wubahw cn kazoza nikeza kubwaw nuburundi
Isinzonyabarima le grd parfait hejuru canee 🇧🇮🇧🇮
Amahoro, murashirako amajambo y'iyi ndirimbo. Binyibukije amazina y'inzuki.
Gakuku boy terimbere muzeee ukina neza cn cankumbura i Burundi i wacuu
Zigira ngo ngwiiiiii🐝🐝🐝🐝🐝🐝
Umwamikazi w'inzuki😂💃🏾😍
nice shishikara mukaranga
🙌🙌🇧🇮🇧🇮👌👌💪💪 Nic job
Ntakindi nshaka ntabaza agashashara😍
Amahoro, ndabakeje cane!
uruvyino ruryoshe cane🙏
Wonderful song Go ahead intatana
Courage bro
akiwacu!!!🙏🙏🙏🙏
Akaranga kiwacuuu, mukomeze ,ikaranga hejuru
Yyy
Waouh!! Great job🇧🇮🇧🇮
Courage 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Gihugu i got u....
Komere!
Izindirimbo ninziza kweri zigiranga gwi
Komera turabakunda cane
Courage
Murashoboye ariko bamuduha ama video agezweho nukuvuga zibona kuko nkiyi ntamuntu womenyamwo
👏👏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏
Bravoooo
Tera intambwe
Neeza cane akiwacu hejuru mu bicu
Vyiza can.imvyino iryoshe cane
🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤
Well done intatana❤😍😍🤞
Mwubahwe
Terimbere Gakuku wacuu umurundi yuzuye parfait uvuze Amazina n'ibicuba ndagwara mumutwe turagukunda Canada bro lov u
👌👌👌👌
Nice song