ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
#Urumugabo
❤❤❤❤❤❤❤❤👌🔥🔥
Kubera Imana 🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿Imana ikomeze twese abene mugabo umwe.Umukama ugukomeze gusumba #Vichou_love🙏🏿🙏🏿🙏🏿
Urumugabo w intwari
💪💪💪
Sinzibagira nagato umusi wambere nkubona n'ico wankoreye #mutima
Congratulations Mutima
Respect Mutima
Congs vichou kuri Kino gikorwa ciza vrt🙏 urukundo mu ba artistes burundais rurakenewe vrt❤️❤️❤️
Uwmbere aravye song iryambere mumpe izo Like nimanukire
Iyi n'iyindi ntambwe uburundi buteye itaribwaboneke kuva nitwa jewe... Burundi bwa nyaburunga bwuzuye ibirungo birunga urukundo 💖💖💖💖💖💖
Waouh Vichou uriko uragaruka mudu style twawe congratulations mkali wa live nawe uri umugabo
UWAMBERE ARAVYE IYI SONG MUMPE AMA 👍
Gushimir umuntu akir umuzima❤️Numugabo peee🔥🔥🔥
❤❤❤❤🙏🙏🙏🙏🙏
Vichou naw nirambire cne mwena Mutima ndabakunda sana Imana ibazigame
Barundi barundi ndabakeje cane kumva mwokwama mwipfurizanya gutera imbere ni kintu ciza kandi nagira mbamenyeshe ko unezerererwa umugisha w' abandi nawe abayiyipfuriza ivyiza yemwe barundi mwese mbipfurije umugisha w' Imana muragahora uko be blessed🙏🙏🙏🙏
Sinahora ngira commentaires ariko yaba mutima yaba voucholove mwese mur'abagabo. Aba artiste mwese mwoshigikirana nkuku mwotera imbere bidasanzwe!
Urabishoye kabisa Musaza wabivuze pe mumudiho mwiza, MUTIMA YASABIYE BOSEEE
mutima yubahwe. namw vichou love imana ikomez kukwagura.shimira umunth akiriho kugira naw avyumve.vichou thx so much
Jewe nciye nkorora amosozi numvise kano karirimbo. Urakoze gushima Vichou
Big up sana #VichouLove#Mutima turamwemera, Mwese les artistes burundais muratunezereza cneKubera #Covid ubuzima bwarabishe cane
Ewe mutima kweri.Waravuze ibigiye gufasha bensh kbs
Mutima uri umugabo wubahw sha mu coeur👍👍👌👌💃💃
Kabisa Imana ikomeze kutworohereza twese hamwe mur rusangi
Imusitari yakuheranye kabisa raba ubimvem urabe ibindi ukora
Mutima sawaaaaaa mumpe like kbsa i Kigali turabikunze.
Gushima nivyiza ukoz akazi keza naww vichou love mubandanye ibikorwa vyanyu neza can turabishimira
Best song kand urukundo runini werekanye.. be blss vichou lovo
Mwubahwe
Big Up Vichou wew ushimira Umuntu ,ukanamuhayagiza akiri muzimaa reka ndunzeeee Volumeeeeeeeeee MUTIMA Ur Umugabo
Vichou big up uciye ukora akaririmbo..... Ham mutima niyubahwe Kuba yashobotse kudusabira twese.. Atari bamwe bisabira amayambi 🤣🤣🤣 warakoze cane mutima
Nic sana vichou love 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Nivyiza ko mushimira umuntu akiriho agihema ashobora kuvyumva..Big up sana Vichou nice song!
Numugabo kwel .avuga namajambo yinkora mutima
Mwubahwe 🙏 🙏 kur support muhay mu heart ♥ 😂😂😂
vichou wubahwe kabisa
Nawewe vichou urumugabo
Vichu nawewe uri umugabo w'intwari koko😁😁😁
Love from ROYI TV BURUNDI Ubahwa Vichou Love
Vichou nawewe ur'umugabo nukuri👋
Niharambe #mutima na #vichou ❤️❤️❤️
Nawewe urumugabo vichou 👏🔥🔥🔥
Nakubali sana #Vichou
#Mutima urumugabo koko urintwari #Vichu_love imana ikumpezagirire
Ego kabisaa
Mutima ni ntwari ndamwemera
frsh kabisa
#vichou_love nawe uri umugabo ka2
Ntitwigeratunanigwa
Vyiza vyabarundi
💥Braaaaaaa 🤜🏿🤛🏿 Karanryoheye cane nkundamuuuma 🙏🏿🙈
❤️❤️❤️ vichou
Mwese mwubahwe from #klub_young_spit
Good song mutima yubahw
waaaawoooooooooo kabisa jegeze
Vyiz cne ugushigikirana💖
Mutima uri incuti y'abaririmvyi
Indirimbo nziza amajambo meza
Safi San ingoma ikaz can merci bcp
kabisa, n'umugabo
Aweeeeeeeeeeeeeeeeeeeee🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌💯💯💯💯💯💯
Ahoo sha ndakwemera
Uyumugabo ndamu fana
Kabisa mutima
Indirimbo nziza ukuntu nkeu💥
Mutima ndagukunda
Nivyiza gushigikira nih murotera imber
Indirimbo iheze ndiko ndakorora amosozi🥲🥲🥲
Mutima numugabo kbxx🤣🇧🇮🔥
Uko Wokwiyambura Impwemu Mbi Yo Guhakana I kugumiza Mu Bukene / Remplace le Négatif par le Positifth-cam.com/video/5dOjIy9bzSk/w-d-xo.htmlsub_confirmation=1
🙏🙏
N'umugabo kbsa
Muvuge akiri mubuzima
Congratulations kabix
Vichou Wukuri Nguyu ✍🏿♥️💯Mutima Ni Umugabo W'IntwariLove From #Weezynation 💯🇧🇮🚀🗺️
Indirimbooo nziza cane
Komera mutam
Ndamwemeraa caaane mutimaa kweriiii
Wooooww rien a dire good song
Hit song vraiment
Akaziki nikeza hama usohore akogushimagiza umukuruwigihugu hamwe nigihugu
Sans maîtrise...la puissance n'est rien...urumugabo vichou kabisa kuriyo inspiration yumwanya muto...nice song
Aka kantu Niko kbx
Mutima w umutima nyawo
Waooh mutima yemwe ndemeyeeee😀😀😀Urumugabo mu heart💪
Mutima ''''''''
Umuziki wuburundi ugeze kuntambwe ishimishije uwuvyemera akome induru!big up vichou love urerekanye urukundo#one love
Lucker bro
Urumugabo pe
Je valide
Gushimira umuntu akiriho ni vyiza cnee🎶👌
Shimira umuntu akiri muzima
Love from IHURIRO TV
Big up
Yes🤗🤗🇧🇮
Bravo!
Wow oyeee mutima iciza umuntu akoz nivyiza kukivuga akiriho🔥🔥🔥🔥
Numugabo
Yes 🙏🙏
Ndabateyintege cneee
Ariko wari kudushiriramwo ryajwi ryiwe mwiyo song
🔥🔥🙌🙌🙌🇧🇮🇧🇮
Great work 🔥Harambe abarundi baharanira ineza y'abandi
Nukuri mutima le comedien niyubahwe gwose
Les jumeaux music club Burundi pround of you vichou
Tubashimire bagihari nukurii nice song mr Vichou🤝
#Urumugabo
❤❤❤❤❤❤❤❤👌🔥🔥
Kubera Imana 🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿
Imana ikomeze twese abene mugabo umwe.
Umukama ugukomeze gusumba #Vichou_love🙏🏿🙏🏿🙏🏿
Urumugabo w intwari
💪💪💪
Sinzibagira nagato umusi wambere nkubona n'ico wankoreye #mutima
Congratulations Mutima
Respect Mutima
Congs vichou kuri Kino gikorwa ciza vrt🙏 urukundo mu ba artistes burundais rurakenewe vrt❤️❤️❤️
Uwmbere aravye song iryambere mumpe izo Like nimanukire
Iyi n'iyindi ntambwe uburundi buteye itaribwaboneke kuva nitwa jewe... Burundi bwa nyaburunga bwuzuye ibirungo birunga urukundo 💖💖💖💖💖💖
Waouh Vichou uriko uragaruka mudu style twawe congratulations mkali wa live nawe uri umugabo
UWAMBERE ARAVYE IYI SONG MUMPE AMA 👍
Gushimir umuntu akir umuzima❤️
Numugabo peee🔥🔥🔥
❤❤❤❤🙏🙏🙏🙏🙏
Vichou naw nirambire cne mwena Mutima ndabakunda sana Imana ibazigame
Barundi barundi ndabakeje cane kumva mwokwama mwipfurizanya gutera imbere ni kintu ciza kandi nagira mbamenyeshe ko unezerererwa umugisha w' abandi nawe abayiyipfuriza ivyiza yemwe barundi mwese mbipfurije umugisha w' Imana muragahora uko be blessed🙏🙏🙏🙏
Sinahora ngira commentaires ariko yaba mutima yaba voucholove mwese mur'abagabo. Aba artiste mwese mwoshigikirana nkuku mwotera imbere bidasanzwe!
Urabishoye kabisa Musaza wabivuze pe mumudiho mwiza, MUTIMA YASABIYE BOSEEE
mutima yubahwe. namw vichou love imana ikomez kukwagura.shimira umunth akiriho kugira naw avyumve.vichou thx so much
Jewe nciye nkorora amosozi numvise kano karirimbo. Urakoze gushima Vichou
Big up sana #VichouLove
#Mutima turamwemera,
Mwese les artistes burundais muratunezereza cne
Kubera #Covid ubuzima bwarabishe cane
Ewe mutima kweri.
Waravuze ibigiye gufasha bensh kbs
Mutima uri umugabo wubahw sha mu coeur👍👍👌👌💃💃
Kabisa Imana ikomeze kutworohereza twese hamwe mur rusangi
Imusitari yakuheranye kabisa raba ubimvem urabe ibindi ukora
Mutima sawaaaaaa mumpe like kbsa i Kigali turabikunze.
Gushima nivyiza ukoz akazi keza naww vichou love mubandanye ibikorwa vyanyu neza can turabishimira
Best song kand urukundo runini werekanye.. be blss vichou lovo
Mwubahwe
Big Up Vichou wew ushimira Umuntu ,ukanamuhayagiza akiri muzimaa reka ndunzeeee Volumeeeeeeeeee MUTIMA Ur Umugabo
Vichou big up uciye ukora akaririmbo..... Ham mutima niyubahwe Kuba yashobotse kudusabira twese.. Atari bamwe bisabira amayambi 🤣🤣🤣 warakoze cane mutima
Nic sana vichou love 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Nivyiza ko mushimira umuntu akiriho agihema ashobora kuvyumva..Big up sana Vichou nice song!
Numugabo kwel .avuga namajambo yinkora mutima
Mwubahwe 🙏 🙏 kur support muhay mu heart ♥ 😂😂😂
vichou wubahwe kabisa
Nawewe vichou urumugabo
Vichu nawewe uri umugabo w'intwari koko😁😁😁
Love from ROYI TV BURUNDI
Ubahwa Vichou Love
Vichou nawewe ur'umugabo nukuri👋
Niharambe #mutima na #vichou ❤️❤️❤️
Nawewe urumugabo vichou 👏🔥🔥🔥
Nakubali sana #Vichou
#Mutima urumugabo koko urintwari #Vichu_love imana ikumpezagirire
Ego kabisaa
Mutima ni ntwari ndamwemera
frsh kabisa
#vichou_love nawe uri umugabo ka2
Ntitwigeratunanigwa
Vyiza vyabarundi
💥Braaaaaaa 🤜🏿🤛🏿 Karanryoheye cane nkundamuuuma 🙏🏿🙈
❤️❤️❤️ vichou
Mwese mwubahwe from #klub_young_spit
Good song mutima yubahw
waaaawoooooooooo kabisa jegeze
Vyiz cne ugushigikirana💖
Mutima uri incuti y'abaririmvyi
Indirimbo nziza amajambo meza
Safi San ingoma ikaz can merci bcp
kabisa, n'umugabo
Aweeeeeeeeeeeeeeeeeeeee🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌💯💯💯💯💯💯
Ahoo sha ndakwemera
Uyumugabo ndamu fana
Kabisa mutima
Indirimbo nziza ukuntu nkeu💥
Mutima ndagukunda
Nivyiza gushigikira nih murotera imber
Indirimbo iheze ndiko ndakorora amosozi🥲🥲🥲
Mutima numugabo kbxx🤣🇧🇮🔥
Uko Wokwiyambura Impwemu Mbi Yo Guhakana I kugumiza Mu Bukene / Remplace le Négatif par le Positif
th-cam.com/video/5dOjIy9bzSk/w-d-xo.htmlsub_confirmation=1
🙏🙏
N'umugabo kbsa
Muvuge akiri mubuzima
Congratulations kabix
Vichou Wukuri Nguyu ✍🏿♥️💯
Mutima Ni Umugabo W'Intwari
Love From #Weezynation 💯🇧🇮🚀🗺️
Indirimbooo nziza cane
Komera mutam
Ndamwemeraa caaane mutimaa kweriiii
Wooooww rien a dire good song
Hit song vraiment
Akaziki nikeza hama usohore akogushimagiza umukuruwigihugu hamwe nigihugu
Sans maîtrise...la puissance n'est rien...urumugabo vichou kabisa kuriyo inspiration yumwanya muto...nice song
Aka kantu Niko kbx
Mutima w umutima nyawo
Waooh mutima yemwe ndemeyeeee😀😀😀
Urumugabo mu heart💪
Mutima ''''''''
Umuziki wuburundi ugeze kuntambwe ishimishije uwuvyemera akome induru!big up vichou love urerekanye urukundo#one love
Lucker bro
Urumugabo pe
Je valide
Gushimira umuntu akiriho ni vyiza cnee🎶👌
Shimira umuntu akiri muzima
Love from IHURIRO TV
Big up
Yes🤗🤗🇧🇮
Bravo!
Wow oyeee mutima iciza umuntu akoz nivyiza kukivuga akiriho🔥🔥🔥🔥
Numugabo
Yes 🙏🙏
Ndabateyintege cneee
Ariko wari kudushiriramwo ryajwi ryiwe mwiyo song
🔥🔥🙌🙌🙌🇧🇮🇧🇮
Great work 🔥
Harambe abarundi baharanira ineza y'abandi
Nukuri mutima le comedien niyubahwe gwose
Les jumeaux music club Burundi pround of you vichou
Tubashimire bagihari nukurii nice song mr Vichou🤝