ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Vyerekana amahoro dogo, ba mutahura iterambere!
Urumugor gwanje ntiwogaruka murugo gwanje ntiwogaruka wotaha kwanyoko na so.Muburundi barasaze nkako kagore kariko gahoha shaaaa
Imana Izodutabara kuko ntidusaba bayali
Umugore wanje atwaye igitenge naguze noca ndamwirukana
Ibi bintu birarenze....
Ntabuntu kweri. Uyo mugore yanahamagaye niwe atagira impuwe.
Ibitenge vyahinduwe tapi rouge
Ivyo vyerekana ubutegetsi bwigitugu vraiment kuko nubazako na president iyaba aruwindi yicisha bugufi yabwira kobatosasa ivyobitenge. Kwisi zima ivyo bintu biri mubihugu bikenye vyanyuma kwisi. Nukuri birababaje kbsa
Iyo mbunuza kazi yazanye zingahe mbega president ntabe yazana izumugore akaba arizo bamusasira
Umukuru w'igihugu yabaye Mandela abasigaye inda yabatanze kumuryango
Nugusenga cane
Nihatar kwer ntameshi novuga kimwe gusa ubukoron bwigendera
Nitegeko ukamengo iyo sukari bayi du ha kuri gusa 😅😅
Nta muntu yiyubaha akongera akubaha abantu ,abanyagihugu ,ahonyanga impuzu zabo. Ari jewe izo mpuzu ntazo nari gucako, n'abo barongozi bakoze ivyo bari guhanwa..
Ijambo ryiza muntu wagize intervention 1 , wubahwe
Jewe ndi président uwo mugore noca ndamukura kubera yabwiyabantu kumusasira imirembe bambaye😂😂😂😂
Mbega igihugu gisigaye gishisha weee!!!!! Giteyisoni mumakungu pe😢😢
Bega umukuru wingihugu isukali 😢😢😢😢😢
Jewe urumugor wanj ugiy gusasa ivyo bitenge wicwa wahukana
Ako n'agasuzuguro gutegeka abantu gukumbagaza agahuzu kiwe mu mukungugu, bakagahonyanga, ukongera ukakambara, bataribuguhe isabuni yo kukamesa. Agasuzuguro kamvanze n'agatotezo.
Baraturoze 😢😢
Kweli ni akaroge
Egoooo kwli huuuu ngira acabagurira bishasha ,,??
Abatabifite nukurambarara akamucaho nihatari
Gwasa numuntu nkawe
Mbega umukuru wigihungu aaaaaaaaa ibitege 😂😂😂😂😂😂😂😂
Uwo muntu ariko aravuga uti "wikeka amabinga aba ayarwaye "
Koyakiriwe nabana 😁😁😁
Ibihugu vyifisUmuprezida waho numubonaUbonaIvyiza gusa bikayanganaAbene gihugu naboBibereyeho neza bakora masaha mak bakitahira kwirya miraNku muprezida yizerereza nukoBika munanira nuguka yanganishaIgihuguIvyobarimwo muta menga nabatwa nabonyen barikukiyEdn nyene nkivyo vyomenya bajeNugutukisha igihugu nsimbonivyo baba barigukamera
Haaaaa 😂😂😂 nubukoroni butagira ifatiro
Barihinyuza😂kutaza kuraba umukuru w'igihigu=kutaronka isukari😢 reka ndindire ngira azodusigurira😂
Oya simukinama ahubwo nimi Nyakabiga yambere
Mureke kunyitwengereza 😂😂😂
Mwaragowe jewenzobandaza
Nukuri reka babahonyore nibo baniha ugira harigitenge caguzwe n'umuntu azi ubwenge kirimwo😂😅😢 sibintu
ugworubuga rwawe tuzogwugara urikigarasha.
Watebeje warikuvuga wavuyemwo😊😂😂😂
Mugisha Aho ivyuvuga,urumva ko bifise logique?
😅😅😅😅
Uvuze ukuri nti tuzopfa duteyimbere
Birababaj
Agomba sasire mugabowiwe mushezi raho nukwahaze iryogegera ryumugore 😮😮😮
Hanyuma ngo abakoloniNone hari un colonisateur asumba ABA dd
Izo chantage bagirira abantu niyo yerekana ubutegetsi bw'igitugu
😂😂😂😂
Ni kakurye wa mu angerro
Reka mugisha igihugu caraguye abandi barabikurikiza kugira bakize agatwe kuko utabikoze bafata nyumba¹⁰ nibihano bikahaba Abarnd bararush kimw gus ntah bafis hokuvugira weh wibaza iyo uba uri mu burund wovuze ay majamb ? Ibaz harih umuntu yambara impuz shash bur uwa mungu Oyo sukari babaha iya gusa?
Nabamwononera KUgira ananigwe yari yakuyeho jewe uranzi uwo ndio nukuri baramujaganyirije igihigu niyirambire
😅😅😅😅😅 iyi mendacity ni bi Bote nibyo ahoramo
Komukanev atabahay ibitengevyiw asasirumugab WEw harumugab yaguriy umugorewiw agacasang bagisasiy uwundimugab atakiguz nibirof
Mbega we ntiyisoner?ndababwiz ukuri Neva ntakomeye habe ntamaramara kbs je birambabajee
Uyu muntu nawenyene nahora mbona menga araciye akenge , none biramunaniye guhisha amaranga mutima yagashari, uyo mu Rwasa we ga Mana yanje azoba aje guhindura iki kwariwe yatanguye iki rebel bamutsinze ari hehe?
😂
L'orgueille precede la chute. Umuntu atinyuka guca guho yanga impuzu bambara. Yaronse abahanuzi babi nakamaramaza.
ntabukoroni busumba ubwo! gusasa ibitenge! akumirokoko ! atari Yezu wenyene noshirira ogitenge canje isumba vyose , ntawundi , ibirofa gusa vyabagore , uriko uca agafu nakadagara , murakaja!
None ga iyo sukari niyayo abahagabira canke niyo sebarundi yazanye? Nibazako atarafaranga yabo batanga
Abavurugayi bagomba kumenya kuyoboka abayobozi. Niba batabahaye isukari ntihagire uwo barya urwara ntakibazo.
Reka Daniel kwibesha amabarabara yobhejuru? nayandi yaheze ubu nibishimu gusa inda ndende zabo ntizobakundira gukorera igihugu kk ntibaramenya ico bajejwe nta mukuru w'igihugu dufise ni vuvuzera gusa akaciye wamutama bunyoni induru gusa ahaciye niyo wumva ibikorwa ni 0%
Ivyo ntivyo dukanga kobariko barasasa ivyahi ninkakurya iprona na frodebu bari ko bariyamamaza twiteze ko iprona izotsinda abobaje nindishi
Ewe munyamakuru urasetsa nuko bimeze ntivyoroshe
Ega iyabantu bagukunda nturinda kubahimiriza uraraba traole muri borikina,cnk.kagame kigali babisasa kubushake utiriw urabararika haaaa
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Abumviriza ntibatahur mumvugo za muzeh avugako 2040 2060 niho uburund buzotera imbere
Wa kintu uradudushisha mubiganiro utanga wahuye nimpanuk ugapfa urazi Ubuntu ugumura abantu mukuvug nabi igihugu
Asha wewe urumuhimbiri
urikingungu none harimwigitege cumugore wawe , kubazwa nubusa. wewe. wankumukuru wigihugu cacu uzokwimuke ugende kuba mukindi gihugu kubayo waKirofa. we.
Bamwisonera wamugabowe non ushaka dusasire nde ivyovyose utwumvisha nuruhenndo yivyende gwasa Niki uragowe shaa uzogwarihahamuka twebe turakora namwe vuga
Aho barabaroze shaa iyo nimiti yabafashe 🙄🙄🙄
Mukora iki KO mbona igihugu mwagitembeje abanyagihugu mubateye amagorwa
Ariko mwavuga azongera kubatwara iyo cnl yawe izokurwaza umutima
Urimbwa
Indura
Erega nawe mubigugu vyavuzwe uza ubwambere muzopfa mwiba niyo mpamvu muzopfa mudateye intambwe nimwe
Vyerekana amahoro dogo, ba mutahura iterambere!
Urumugor gwanje ntiwogaruka murugo gwanje ntiwogaruka wotaha kwanyoko na so.
Muburundi barasaze nkako kagore kariko gahoha shaaaa
Imana Izodutabara kuko ntidusaba bayali
Umugore wanje atwaye igitenge naguze noca ndamwirukana
Ibi bintu birarenze....
Ntabuntu kweri. Uyo mugore yanahamagaye niwe atagira impuwe.
Ibitenge vyahinduwe tapi rouge
Ivyo vyerekana ubutegetsi bwigitugu vraiment kuko nubazako na president iyaba aruwindi yicisha bugufi yabwira kobatosasa ivyobitenge. Kwisi zima ivyo bintu biri mubihugu bikenye vyanyuma kwisi. Nukuri birababaje kbsa
Iyo mbunuza kazi yazanye zingahe mbega president ntabe yazana izumugore akaba arizo bamusasira
Umukuru w'igihugu yabaye Mandela abasigaye inda yabatanze kumuryango
Nugusenga cane
Nihatar kwer ntameshi novuga kimwe gusa ubukoron bwigendera
Nitegeko ukamengo iyo sukari bayi du ha kuri gusa 😅😅
Nta muntu yiyubaha akongera akubaha abantu ,abanyagihugu ,ahonyanga impuzu zabo. Ari jewe izo mpuzu ntazo nari gucako, n'abo barongozi bakoze ivyo bari guhanwa..
Ijambo ryiza muntu wagize intervention 1 , wubahwe
Jewe ndi président uwo mugore noca ndamukura kubera yabwiyabantu kumusasira imirembe bambaye😂😂😂😂
Mbega igihugu gisigaye gishisha weee!!!!! Giteyisoni mumakungu pe😢😢
Bega umukuru wingihugu isukali 😢😢😢😢😢
Jewe urumugor wanj ugiy gusasa ivyo bitenge wicwa wahukana
Ako n'agasuzuguro gutegeka abantu gukumbagaza agahuzu kiwe mu mukungugu, bakagahonyanga, ukongera ukakambara, bataribuguhe isabuni yo kukamesa. Agasuzuguro kamvanze n'agatotezo.
Baraturoze 😢😢
Kweli ni akaroge
Egoooo kwli huuuu ngira acabagurira bishasha ,,??
Abatabifite nukurambarara akamucaho nihatari
Gwasa numuntu nkawe
Mbega umukuru wigihungu aaaaaaaaa ibitege 😂😂😂😂😂😂😂😂
Uwo muntu ariko aravuga uti "wikeka amabinga aba ayarwaye "
Koyakiriwe nabana 😁😁😁
Ibihugu vyifis
Umuprezida waho numubona
Ubona
Ivyiza gusa bikayangana
Abene gihugu nabo
Bibereyeho neza bakora masaha mak bakitahira kwirya mira
Nku muprezida yizerereza nuko
Bika munanira nuguka yanganisha
Igihugu
Ivyobarimwo muta menga nabatwa nabonyen barikukiy
Edn nyene nkivyo vyomenya baje
Nugutukisha igihugu nsimbonivyo baba barigukamera
Haaaaa 😂😂😂 nubukoroni butagira ifatiro
Barihinyuza😂kutaza kuraba umukuru w'igihigu=kutaronka isukari😢 reka ndindire ngira azodusigurira😂
Oya simukinama ahubwo nimi Nyakabiga yambere
Mureke kunyitwengereza 😂😂😂
Mwaragowe jewenzobandaza
Nukuri reka babahonyore nibo baniha ugira harigitenge caguzwe n'umuntu azi ubwenge kirimwo😂😅😢 sibintu
ugworubuga rwawe tuzogwugara urikigarasha.
Watebeje warikuvuga wavuyemwo😊😂😂😂
Mugisha Aho ivyuvuga,urumva ko bifise logique?
😅😅😅😅
Uvuze ukuri nti tuzopfa duteyimbere
Birababaj
Agomba sasire mugabowiwe mushezi raho nukwahaze iryogegera ryumugore 😮😮😮
Hanyuma ngo abakoloni
None hari un colonisateur asumba ABA dd
Izo chantage bagirira abantu niyo yerekana ubutegetsi bw'igitugu
😂😂😂😂
Ni kakurye wa mu angerro
Reka mugisha igihugu caraguye abandi barabikurikiza kugira bakize agatwe kuko utabikoze bafata nyumba¹⁰ nibihano bikahaba
Abarnd bararush kimw gus ntah bafis hokuvugira weh wibaza iyo uba uri mu burund wovuze ay majamb ? Ibaz harih umuntu yambara impuz shash bur uwa mungu
Oyo sukari babaha iya gusa?