CHRIS EAZY🇷🇼Arashitse IBUJUMBURA🇧🇮Aririmvye BANA ubwambere Amajambo akomeye Kuri Kirikou Akili

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 29 ธ.ค. 2023
  • ‪@chrisseazy_‬ #chriseazy #hittoptv1 #burundi
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 59

  • @ChrisMan-wi3mg
    @ChrisMan-wi3mg 7 หลายเดือนก่อน

    Wee zombiih 👊🔥

  • @espelleniyo6879
    @espelleniyo6879 7 หลายเดือนก่อน +3

    Ariko abarundi namatiku yanyu ,kuba haza abanyarwanda bibatwaye iki ,narumiwe ahubwo nimwe mugira urwango

  • @AlthrayhQw4-kq4ru
    @AlthrayhQw4-kq4ru 7 หลายเดือนก่อน +1

    Karibu

  • @KESH250
    @KESH250 7 หลายเดือนก่อน +1

    💙💙🔥🔥🔥🔥🔥

  • @EmmanuelineEmmanueline-hg7rz
    @EmmanuelineEmmanueline-hg7rz 7 หลายเดือนก่อน +1

    Karib ibirundi

  • @YasserKagisha
    @YasserKagisha 7 หลายเดือนก่อน +1

    zimyaa ibirofaa

  • @benibricebizimana8547
    @benibricebizimana8547 7 หลายเดือนก่อน

    Landry mwe mwama mukoma induru ngo abaririmvyi babarundi bafatwa nabi bageze mu rwanda ariko abanyarwanda baza burundi mu kaba aba mberev mu gutondeka ama camera mwe mubona atarimwe mwigayisha ntahutaniye numugambanyi

  • @sierapapayankeee7334
    @sierapapayankeee7334 7 หลายเดือนก่อน

    DJ azovuza gahunda Abe ayizi neza ! 😂

  • @nicholas_kd3313
    @nicholas_kd3313 7 หลายเดือนก่อน +1

    Jewe ndabona nzokwihana ko ntava muburundi kuko abogiteje imbere nibo bacishe umuntu arakugaya ari iwabo ashitse iwanyu mugatega amaboko

  • @User.k146
    @User.k146 7 หลายเดือนก่อน

    Comments zabarundi zigaragaza urukundo pe ntimugasekwe murarufite 🙄🤦‍♀️🙆‍♂️😂😂

  • @tygauzy
    @tygauzy 7 หลายเดือนก่อน +1

    Mwarozwe non abanyarwanda mwabumvisemwo iki?

    • @user-wm4tv2kc1x
      @user-wm4tv2kc1x 7 หลายเดือนก่อน

      Ubu se nkawe koko inzigo izagushikana kuki😂😂

  • @nduwaemma8588
    @nduwaemma8588 7 หลายเดือนก่อน

    Bja ryabaye iyororero ryabanyarwanda rero

    • @espelleniyo6879
      @espelleniyo6879 7 หลายเดือนก่อน

      Hariki x baza kuyora 😂😂😂😂😂 menya kilombe yarabahaye kukamogi ankwa

    • @User.k146
      @User.k146 7 หลายเดือนก่อน

      @@espelleniyo6879🤣🤣🤣🤣

  • @Aiuoex
    @Aiuoex 7 หลายเดือนก่อน

    Muze mugurishe ico gihugu c'uburundi mumpe uruhande gwanje jewe mvemwo muce munyirukana ndakivemwo. Muri abaja babajabura mboga gusa. None uyo Landry konzi mu burundi inkoho zihari mubantu ntawomumena umutwe akavamwo umuntu agasigara ahanganye n'abandi!!

  • @uwimanavanessa-jf1bl
    @uwimanavanessa-jf1bl 7 หลายเดือนก่อน +1

    Abanyagwanda ntabwenge mugira kiko twebwetubereka u rukundo mukatwereka akagaye tuzobaturira one day

    • @user-wm4tv2kc1x
      @user-wm4tv2kc1x 7 หลายเดือนก่อน

      Ubu se nkawe koko uravuze chanke uraneye😢😢

    • @espelleniyo6879
      @espelleniyo6879 7 หลายเดือนก่อน

      Ubu urukundo uvuga rurihe soma izi sms ,mwagiye mureka kwirata mubona mwarageze kucyi ,kuberiki iminwa ikunda kubatanga imbere

    • @User.k146
      @User.k146 7 หลายเดือนก่อน

      @@espelleniyo6879njye nanga ukuntu bivuga ngo bafite urukundo ark comments zabo zuzuyemo urwango rwinshi🙆‍♂️ ahaaa

  • @saeedhakiza2096
    @saeedhakiza2096 7 หลายเดือนก่อน

    Let's Talk:"Phil Peter yisiguye nabi/Dj Paulin yavuze ko yigeze kubikora/Fizzo bamusasiye ibitenge''
    th-cam.com/video/FAAaWgBU0Ns/w-d-xo.html

  • @JohnwarkerBonjour-lj3iw
    @JohnwarkerBonjour-lj3iw 7 หลายเดือนก่อน

    Porter uyu musi kumenga avigana ubwoba?habaye iki?

  • @sierapapayankeee7334
    @sierapapayankeee7334 7 หลายเดือนก่อน

    Azovuza ibintu bitadutukisha kuko philimbi siwe yotuma dutakaza akarangamutima kacu. Ahubwo mutwike abahegereye burya wosanga baraturabiyeko akarorero keza nabo bakiga gufata neza abashitsi. Erga bamenye ko gufata neza abakomeye cane bavyita gucinya inkoro hasi ariko gufata neza abo wita bato bavyita ubugwaneza nibo boguhitamwo!

  • @MpawenayoJoshua-vn1jx
    @MpawenayoJoshua-vn1jx 7 หลายเดือนก่อน +1

    Kwatabantu beshe bajekwakira umushitsi😅😅😅😅😅😅😅😅

    • @ndayizeyepatrick225
      @ndayizeyepatrick225 7 หลายเดือนก่อน

      iyobahururuye murasakuza niyo hajebake murasakuza. mukundiki?

    • @SamanthaIradukunda-iq8bz
      @SamanthaIradukunda-iq8bz 7 หลายเดือนก่อน

      Twaraaze kurambirwa kuja kubakira

    • @divineingabire524
      @divineingabire524 7 หลายเดือนก่อน

      @@SamanthaIradukunda-iq8bz😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ndagukunze. Twarambiwe kabisa. Baguma baza iwacu, ko bataguma iwabo canke bakorere ibitaramo iwabo? Ahwiiiiiiiiii turarushe

    • @SamanthaIradukunda-iq8bz
      @SamanthaIradukunda-iq8bz 7 หลายเดือนก่อน

      Nihatari kwel gus abarundi ntibumva kuk baguma babisemba kandi arukund bafitiye jew ndababazwa ingene batugaya virement hoho ntibuyumvira KO turabavukany oyh kwel ahubwo nukwihaniza abobo babazana

    • @espelleniyo6879
      @espelleniyo6879 7 หลายเดือนก่อน

      Ariko mwabaye mute ,ubundise biriya bigaragaza icyi ,bimaze iki🤷

  • @HLevis-ur7cy
    @HLevis-ur7cy 7 หลายเดือนก่อน

    Iyomyanda dukurire mugihugu turabasavye

    • @aaronbe9966
      @aaronbe9966 7 หลายเดือนก่อน

      Non seulement tu es insulté quelqu’un qui t’a rien fait et en plus tu perds 10 minute pour le regarder en gros pour dire non seulement tu perds le 10 minutes pour rien alors que tu aurais pu l’utiliser le 10min pour quelqu’un qui te semble un important musicien ou pas

    • @SaidoMuhire-xf2tc
      @SaidoMuhire-xf2tc 7 หลายเดือนก่อน +1

      Igihugu se cyawe nande wamabyi we?? Imyanda niwoe udafise ico umariye igihugu cawe❌❌❌❌❌❌

    • @User.k146
      @User.k146 7 หลายเดือนก่อน +1

      Umwanda ni wowe wa mwanda we😏

  • @martea3712
    @martea3712 7 หลายเดือนก่อน +1

    Zimya ivyo birofa wambwawe

  • @clovissibomana4952
    @clovissibomana4952 7 หลายเดือนก่อน

    Landry uyu musi wari wihanganya uciye uvyica kukanyuma ivyo vyokuza kwishabisha amafoto ubwo nuburofa kuki wewe utorindira ngo agasab i foto

  • @khamanzeejohn6600
    @khamanzeejohn6600 7 หลายเดือนก่อน +1

    Iyo ni jalousie.
    Niho akura umukate.
    Na wewe rondera umukate mu buryo bwawe ntawuzogutera ibuye.

  • @user-ug4pd5jz1j
    @user-ug4pd5jz1j 7 หลายเดือนก่อน +1

    We randly we ntiwumva ugutwi kwiwawe kumva kokeje uzovyemera tugutegey tukagikura amabwena abo banyarwanda twarabiyamirije wew ntiwumva tuzokurokira ijisho twagutegey niho uzokumva wewe ndakurahiye canker usokwimuke uje murwanda ndakurahiye ivyukora ntiwibazeko twe abenegihugu biturwa neza nimba ubikora kubwamahera ivyo ntibituraba twe dushaka agaciro kugihugu cacu ndomana tuzoguhonyira mpaka ubihevye

    • @aaronbe9966
      @aaronbe9966 7 หลายเดือนก่อน +2

      Apaise ton cœur, laisse lui faire ce qu’il veut, il t’a pas forcé de regarder la vidéo

    • @user-ug4pd5jz1j
      @user-ug4pd5jz1j 7 หลายเดือนก่อน

      @@aaronbe9966 ntukwije wewe navuze ikirundi urikwivugisha igifaransa kuko urumufaransa??? Nubu neabisubiyemwo adahevye gu promotinga abanyarwanda tuxomwimura Kandi tuzomunenamaso sibirya bamuhushije

    • @MelissaUwimana-zn7dy
      @MelissaUwimana-zn7dy 7 หลายเดือนก่อน

      ​@@user-ug4pd5jz1jndagushigikiy iyombwa ngo ni randry nyakuswer nyin

    • @aaronbe9966
      @aaronbe9966 7 หลายเดือนก่อน

      @@MelissaUwimana-zn7dy
      bla-bla-bla tu soutiens rien du tout,
      si tu n’es pas content, tu peux choisir ne regarde la vidéo, rien que en regardant cette vidéo grâce à des vue tu lui donne aussi de l’argent

    • @User.k146
      @User.k146 7 หลายเดือนก่อน

      @@user-ug4pd5jz1jaba promoting c muri abahe?😏🙄promotion barayifite kuko baba bakoze ! Mwicare mutuze mureke ishyari

  • @igirimbabazijeanlupin4829
    @igirimbabazijeanlupin4829 7 หลายเดือนก่อน +1

    DJ polin nuwamber akaz mugutzgur ibiteramo sooo ararenz

  • @ChrisMan-wi3mg
    @ChrisMan-wi3mg 7 หลายเดือนก่อน +1

    Wee zombiih 👊🔥