Itangazo rireba Abarundi bose! Nadine ashimangiye ubuhanuzi bureba u Burundi n' Abarundi bose!

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 3 ธ.ค. 2024

ความคิดเห็น • 10

  • @maraym1118
    @maraym1118 2 ปีที่แล้ว +1

    Urakoze cane Kandi iburundi imana iradukunda nigihugu camasezerano muhezagigwe

  • @sabreenasabreen10
    @sabreenasabreen10 3 ปีที่แล้ว +2

    Mbayuwambere Iman iradukunda

  • @shantalrwanda3537
    @shantalrwanda3537 3 ปีที่แล้ว

    Murakoz
    Jew ndi Saudi Arabia
    Arako zobikora
    Imanitwibuke tumazigihemubazo

  • @rutebukamurefu8905
    @rutebukamurefu8905 3 ปีที่แล้ว

    Nugusenga

  • @Vision2300
    @Vision2300 3 ปีที่แล้ว

    kuki imana ikunda abazungu? ni bo (abazungu) bateza ibibazo abirabura, muri Afurika yose! imana itinya abazungu!

  • @migishajeanclaude1280
    @migishajeanclaude1280 3 ปีที่แล้ว

    Imbaraga namavuta mutumishi nadine

  • @ndayiragijecyriaque9454
    @ndayiragijecyriaque9454 3 ปีที่แล้ว

    Reka tuje kumavi

  • @kwizerayvonne1950
    @kwizerayvonne1950 3 ปีที่แล้ว

    hee , muvyeyi , ntudufatire abarundi tari mu burundi! imana ntigukunda ngo ni uko uri muburundi canke hanze nuko uvugana nayo ! aho uba hose imana uyisenga iba ikuzigamwe , noneho , ntiwomenya ingene Imana ivugana nabantu , wewe , ni personelle, mwigize abavugishwa nimana mwese , bisigaye vyatuyobewe , imperuka , kabisa abanyamahanga ba barundi ubihorere , ntuzi impavu bahavuye kandi imana ibarindiye iyo bari , ceceka rero ivyo birofa , ngo abarundi bari hanze ngo bibagiye imana 1! wewe ubizi gute! nimwirabe ahubwo mwebwe muri afrika imbuto mwerera abandi , kuko ivyo twunva iyo namanyanga , hera aho wegereye , uhanure , usemerere , nyo gutarukira kuri mumahanga ! haaa, wavangiwe kabisa, kandi abavangiwe nibenshi nkurikije ibibera aha kuri internet mwitwaza Imana !mwayigize ikiraro camafuti , araje , azobaboma

    • @munezeronadine2611
      @munezeronadine2611 3 ปีที่แล้ว

      Imana Ikubabarire kandi ikweze!!!

    • @nkezaastere9473
      @nkezaastere9473 3 ปีที่แล้ว

      Ushima warayibagiy akanwa kawe kava mwamajambo mabi ahubwo wiyezeee kuko uravuga nabi ntamuntu yameny kristo avuga nkawe