ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Murakoze cane ubutumwa bwa moses korora budusubiza mw'intege Imana ibahezagire
Barakoze cane,igihe yaza mu Burundi nanje niho nari kweli
Nfashe akanya ko kwongera gushimira ELYONNA TV ,kukuntu idahengeshanya kuturonderera ubutumwa bwiza ,bw'umukozi w'Imana MOSES KULOLA, buraduhezagire cane , Imana ibandanye ibahezagire kugikorwe ciza mukora co kuruhura imitima yabeshi yarinyotewe ijambo ry'Imana
ELYONNA TV kubwanyu, murakoze gushima
Muraduhembuye cane,Imana Ibahezagire cane!Ndamwibuka Moses
Murakoze
Bon bandanya ni vyiza. kristo abahezagire
ELYONNA TV kubwanyu.merci
Yesu abahezagire cane ubutumwe bwa Moses kuri page yanyu ibiteramo vyiwe je nabigiyemwo mfise 5ans none nsubiye kubwumva mfise 26ans birampimbaye cane naramukunda cane naho narumwana Imana ihezagire abasubiye kubiduha 🙌🙏
Yesu agukomeze
Tunashuru sana n'a mambo haya muyakomeze
Mudafurahisha
❤️❤️
Amen
Murakoze ❤️💪
Murakoze cane
NDASUBIYE KUBIFURIZA UMUGOROBA MWIZA BAKUNZI BA ELYONNA TV
🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇹🇿Naimarika kila iitwapo leo kwa Injili ya baba,Ingali Inaishi ndani yangu Hata sasa,Nami ninapigana kutwa kucha kuufikia utimilifu wa Uzima wa milele.
Murakoze irijambo riraryoshye nino m'URWANDA riratuzamura kukurushaho gukomera kuri Kristo
Murakoze ❤️ Imana ibakomeze
Mahubiri ya huyu Baba ni mazuri sana yamejaa Neema nginyi sana
Elyonna TV itajitaidi kuwapa mahubiri ya mutumishi huo
MURADUFASHA CANE MUSHISHIKARE TUZA MURADUSHIKIRIZA IBIGANIRO BIDUFASHA
Turashima cane namwe muguma mubana natwe
Âmen Amen
Amen amen amen amen
Bit murakoze ❤️
Muraduteramishije murakoze cane
Murakoze cane ubutumwa bwa moses korora budusubiza mw'intege Imana ibahezagire
Barakoze cane,igihe yaza mu Burundi nanje niho nari kweli
Nfashe akanya ko kwongera gushimira ELYONNA TV ,kukuntu idahengeshanya kuturonderera ubutumwa bwiza ,bw'umukozi w'Imana MOSES KULOLA, buraduhezagire cane , Imana ibandanye ibahezagire kugikorwe ciza mukora co kuruhura imitima yabeshi yarinyotewe ijambo ry'Imana
ELYONNA TV kubwanyu, murakoze gushima
Muraduhembuye cane,Imana Ibahezagire cane!Ndamwibuka Moses
Murakoze
Bon bandanya ni vyiza. kristo abahezagire
ELYONNA TV kubwanyu.merci
Yesu abahezagire cane ubutumwe bwa Moses kuri page yanyu ibiteramo vyiwe je nabigiyemwo mfise 5ans none nsubiye kubwumva mfise 26ans birampimbaye cane naramukunda cane naho narumwana Imana ihezagire abasubiye kubiduha 🙌🙏
Yesu agukomeze
Tunashuru sana n'a mambo haya muyakomeze
Mudafurahisha
❤️❤️
Amen
Murakoze ❤️💪
Murakoze cane
NDASUBIYE KUBIFURIZA UMUGOROBA MWIZA BAKUNZI BA ELYONNA TV
🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇹🇿Naimarika kila iitwapo leo kwa Injili ya baba,
Ingali Inaishi ndani yangu Hata sasa,Nami ninapigana kutwa kucha kuufikia utimilifu wa Uzima wa milele.