IMBURI KUBAKRISTO//HAGIYE KUZA IHAMWA RIKOMEYE/IDINI IMWE YARAMAZE GUTANGURA/MUGUMYE ICO MWAKIRIYE
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 29 พ.ย. 2024
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Amen mukoziw lmana uhezagirwe
Imana idufashe cane
Amina
Yesu Kristo Akwongere amavuta n inkomezi mukozi w Imana Ndahezagiwe cane
Amen
Data watwese wakunze abana babantu turakwinginze uduhe ubwenge bwogutahura ivyiza vy' ijuru dushobore kuzonesha Amen 🙏🙏🙏
Amen
Turi mumusi yanyuma kweri ibi vyose vyaravuzwe kobizoba mumisi yiherezo none vyasohoye YESU NADUTABARE
Girumugisha mwinshi 🧡
Imana n' ihabwe icubahiro kuko iradukunda ninayo idufasha. Imana ihezagire umukozi w' Imana.
🧡
AMEN KUBWA
Yesu aguhezagire Mukozi w,Imana akwagurire rwose
Amen
Imana iguhezagire Mukozi w’Imana
Amen
Imana iri mu ruhande rwanje uwongwanya yoba nde Aaaaaaamen
Yes aduhinkomezi
❤❤❤❤❤.imanibahumugishaimanigukomeze🎉🎉
Amen
Ntituri abanyedini kwl❤
Amen❤
Amen
Jewe ibihe ndabikunda kuko birarobanura abakurikiye idini nabskurikiye YESU kriston umwe yabambwa akazuka
Amen
Mbega burya Imana irafise idini? Ryitwa gute? Idini n'iki? Ishengero n'iki? Idini n'ishengero bihuriye hehe? Iherezo ry'idini ni irihe? Iherezo ry'ishengero n'irihe? Idini rimw ryokwicira iki ishengero?
Egoooo nukuri✊
Yemwe bantu lmana yaremye,mwese abataratahura,va mu mwijima,mwibuke KO amadini nka yose,akomoka ku vyipfuzo c'ivy'isi ! Hunga muve muri Babuloni,itorero ry'lmana ni murirabe muri Yesaya 18:3 ,va mw'ayo madini y'urusobe! Matayo 24,Yesu agisohoka ava mu rusengero,abigishwq baramukurikiye,baramubazq vyinshi,nawe ati:" Mwiyubare! Mwirinde! Ego nta Pentecôte comme ishengero Yesu yigeze asigq kw'isi ! Vyemere,Pentecôte ni idini,ahubwo ni muhigire ku musozi ,Aho Yesu nawe yakunda kwigishiriza!
Umugisha mwinshi 🧡
Harakenewe ubushobozi
Babwire mutama wacu. Ishengero uwuzorisubizinyuma namahoro azogira
Ico nico kbs yesu adufashe
Amen
Muri barya twicaranye mw,idini nibo bazoduhiga batwice ishengero rya kriston ryica harya mw,idinii kandii uwatanguje ishengero niwe arifiseko ububasha
Mutama komera tukuri inyuma naho bodutwara agatwe ntituzohindura we must accept to die in Christ Jesus
Amen
Muyivugire.niyoyabatumye...ntimukifatanye.nisi
Amen
Nukuri bararigurish nyene kwa satan
Yesu christon akongerezekuguha imbaraga zokuvuga ubutumwa uwunvayunve uwutunvanaw bibuko uwushaka akoreshakanyakiwe neza agifise ububuntu bwokunva ubutumwa warahezagiwe papa
Ukuri %tuzohamwa nabotwabona umengo ni Bene Data ariko ataribo
Imbaraga
ibihe vyiherezo turiko tubibonesha amaso yacu
nigihe ciza cokwihana kuko nuruhagarara hirya nohino nabadashaka kuvyumva bariko baravyumva
Yesu nabahezagire,abonyene nibo tuzeyeko agahanga twamenya ngoturikumwe
Yes aduhinkomezi