ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Courage mum. Kandi Imana ishimwe ko worohewe. Uburinzi bwayo buguhoreho
amen amen
Mrc natwe dufise imishatsi igumye gusokoza
Merci maman njyewe hafi yayose isigara mugisokozo
nukuraba amavuta wisiga canke salon ujamwo
Nyene harukuntu ngukunda 😂 ntavyo wokumv Imana ikunzigamire ❤
Ok ivyo biroroshe kwer reka tuzobikora kandi vuba tuzotanga intahe❤❤
courage bizogenda neza❤️
@@jeaninetv😅66
Merci mwiza
de rien ❤️🙏
Bjr Hama Jeanne none ayomavuta meza ameze gute? Iyo champo yoyo nzinza yobimeze gute? Ivyobirungo vyimishatsi twobikoresha nkomugihe kingana gute?
kuza ufise uburyo woyigura
@@jeaninetv ngira irazimvye cane. Ntayandi meza yabantu babayabaye mwoturangira?
Amahoro neza. Urakoze cane kuri iyo nyigisho uduhaye. Wotubwira neza kangahe twobikora mu ndwi kugira ngo abo imishatsi yagoye turabe ko yokura kandi ikaba myiza.
kabiri canke gatatu
Uhezagigwecane muvyeyi
amen amen❤️
❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤
Mrc jaja!
de rien
Nonex nikangahe mucyumweru?
mati soir nukuvuga 24 verres
Murakoze cyane pe
Nn ushaka ntusuka?
ntangorane❤️
Mbega umuntu abigira langage mundwi?
kabiri canke 3
Murakoze cane
murakoze gushima
Ibi navy biratuma wirabura
oyaye
Ubikora kangahe mundwi
kabiri nisawa
Murakoze non ibi ubigize biramara imba cnk umushatsi ucukura
Imisuhuko maman
murakoze cane 🙏
Ejo uzatwereke ko yakuze nibutatubeshye
nimahwi
Ufise imishatsi myiza ❤❤
ndayiha ibirungo
Turagukunda maman urakoze
nanje ndabakunda muhezagirwe🙏❤️💯
Kubantu bafise imishatsi igumye gusokoza muzotubwire ico twokoresha kugira yorohe
Sawa ncuti
❤️❤️❤️
Merci twobikora kangah?
naho koba gatatu mundwi ntangorane
Iyo mishatsi yawe nimba ata produit irimwo,mbwira uko wayikoze kugira yorohe gutyo
nta produit nshiramwo ni naturel sec
Muraho neza murakoze kunyigisho muduha,muzadusobanurire incuro twabikora kugirango bibe bitanze igisubizo cyiza,kuko ndimubo imisatsi yankiye p!!!!!
bikoreshe uzobona impinduka
Turabashimye
murakoze gushima❤️
None ufita imishatsi igumye vyokunda? Duhe umuco
cane gose
Nonese bimaramo igihe kingana gute
Imana ishimwe ko wakoze,turagukunda
Amen amen🙏
Imisuhuko mada.none amavuta meza na champo nziza nibihe?turangire muvyeyi wobukoze nukuri
Ibindi biroroshe kuronka turangire ivyodusigayo ayomavuta niyo champion vyiza
Merci
Nonex Jeanne umuntu adafite varseline birashoboka kumuntu yakoresha amavuta ya voka bigakunda
uratestinga urabe
Ufisimishatsi mwiza cn kandimyishi
Wariwaduhevy kbx
ingwara
Nn ubikora rimwe gusa ntusubira?ubikora ikiringo kingana ct?
muba diventiste
Irambire mwiza,
amen
Vyiza cane
Urampimbara cn muvyeyi
Ndagukund maman❤❤❤
Ndipfuza guhur nawé kabisa
Uzoturangire ibituma imishatsi yirbura atakanta wasize
Urampa nimero yawe
kuri Jeanine tv
None ufise dred wabisigamwo
oya ncuti
Nanje ndabakund cane
waouh❤️✍️🙏
Nivyiza kumeze neza Imana ishimwe
Amen
Mwubahw
❤️❤️❤️❤️
❤❤❤
❤️❤️