TWINJIRE MURI YESU CANE - ISEGENYA IGIYE KUGWA KANDI UWO IZOGWAKO IZOMUGIRIRA NABI CANE

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 ต.ค. 2024
  • Révérend Pasteur Jacques NGENDA - Umwungere w'Ishengero rya Pentekote ry'i GISHIHA
    Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
    Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

ความคิดเห็น • 8

  • @sisisylvanendayisenga1005
    @sisisylvanendayisenga1005 3 หลายเดือนก่อน +1

    Imana Ikwonger'umugisha muvyeyi wanje Ngendo Jacques de Gishiha

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏❤️

  • @MinaniPenuel
    @MinaniPenuel 3 หลายเดือนก่อน +1

    Imana ishishikarae kubakomeza

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏❤️

  • @RichardNgendakuriyo-qk3oq
    @RichardNgendakuriyo-qk3oq 3 หลายเดือนก่อน +1

    Imana Ishimwe

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @PelagieTuyisenge
    @PelagieTuyisenge 3 หลายเดือนก่อน +1

    Uwu mukozi akorer heh?

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Gishiha