Parade Militaires 🇧🇮 Cérémonies marquant le 62ème anniversaire de l'indépendance du Burundi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 30 ก.ย. 2024
  • Parade Militaires 🇧🇮
    Cérémonies marquant le 62ème anniversaire de l'indépendance du Burundi, #goliveindia

ความคิดเห็น • 43

  • @FulgenceMikaOfficial
    @FulgenceMikaOfficial  3 หลายเดือนก่อน +4

    A very Happy Independence Anniversary to my fellow Burundians ❤️ 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
    Imana itube hafi iterambere, ubumwe n'ibikorwa bibe arivyo bituranga!🙏🙏🙏
    Icubahiro n'amashimwe ku Mana Mushobora vyose, maze Ingabo n'intwazangabo z'igihugu cacu zubahwe kandi zikomere ku mirimo!

  • @etiennetuyiringire5737
    @etiennetuyiringire5737 3 หลายเดือนก่อน +5

    RDF hejuru cyabe

  • @Princetuyishime
    @Princetuyishime 3 หลายเดือนก่อน +3

    It’s like 1994 military

  • @bigirimanajeanbaptista7175
    @bigirimanajeanbaptista7175 3 หลายเดือนก่อน +2

    Byiza cyane Imana ikomeze ibane namwe

  • @niyonkuruserger
    @niyonkuruserger 3 หลายเดือนก่อน +2

    lmana ishimwe kubadufise abasirikare bintwari❤❤❤

  • @RashidAbdul-zc4po
    @RashidAbdul-zc4po 3 หลายเดือนก่อน +2

    Wahatuberey bro' n isaac

  • @HISTÓRIAREAL-f9k
    @HISTÓRIAREAL-f9k 3 หลายเดือนก่อน +2

    Uburundi nibwubahwe

  • @binancerwanda
    @binancerwanda 3 หลายเดือนก่อน +2

    Miri Eden muturamukirize Adam

  • @ChansondelaChoraleSaintD-kp9by
    @ChansondelaChoraleSaintD-kp9by 3 หลายเดือนก่อน +1

    VYIZA CANE NGABO ZACU UMUKAMA ABAKOMEZE ABAHUNDE UBWENGE N'UBWIRA,Muringabo pee

  • @UmurungiEsperance
    @UmurungiEsperance 3 หลายเดือนก่อน +1

    Mbega parade🤔

  • @Anilkhan-w8f
    @Anilkhan-w8f 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ndabona bya bipantaro babigabanyije😀😅😂

  • @sylvestremanirambona-bd6fp
    @sylvestremanirambona-bd6fp 3 หลายเดือนก่อน

    IBIRORI VYO KWIBUKA UKO ABARUNDI TWIGANZUYE VYARI RYOSHE CANE I GITEGA.

  • @RukundoPasifique
    @RukundoPasifique 3 หลายเดือนก่อน

    Binkumbuza urukundo nkunda ingabo yigihugu

  • @thaddeemaniratunga7083
    @thaddeemaniratunga7083 3 หลายเดือนก่อน +1

    Birahimbaye.

  • @HenryBaruta
    @HenryBaruta 3 หลายเดือนก่อน

    Burundi army congratulates you have improved

  • @JeanBampamenyo
    @JeanBampamenyo 3 หลายเดือนก่อน

    Le Burundi avec des militaires souples et vigoureux

  • @ngendakumanajeanmarrie7490
    @ngendakumanajeanmarrie7490 3 หลายเดือนก่อน

    Kuki abanya rwanda muvuga nabi ntimwokwisonera mukubaha abandi bantu kirazira kuvuga nabi kuko umuntu ntabura ahahurira nuyundi kandi ibidahuura nimisozi ndazi igihe kizogera twongere kubana ariko vyoba vyiz twirinze kuvuga nabi ntivyubaka birasambura

  • @kadesire5971
    @kadesire5971 3 หลายเดือนก่อน

    Rwose

  • @fadjilinijimbere6230
    @fadjilinijimbere6230 3 หลายเดือนก่อน +1

    Good🎉

  • @DezileDuwayo-mb1id
    @DezileDuwayo-mb1id 3 หลายเดือนก่อน

    Ndidezir mukirundo

  • @PeterMugisha005
    @PeterMugisha005 3 หลายเดือนก่อน

    Ngo abahutu bakomoka muri Chad 🇹🇩!..

  • @RukundoPasifique
    @RukundoPasifique 3 หลายเดือนก่อน

    Abagore baba police bubahw nabo

  • @GgGg-bb3xr
    @GgGg-bb3xr 3 หลายเดือนก่อน +1

    Ndaryohew cn naw wakoz kudusangiz natwe turihnze tukarab ❤🇧🇮❤🇧🇮❤🇧🇮🙏🙏🙏🙏🙌🙌🙌🇧🇮🇸🇦

  • @HabyarimanaJacquis-ej3xz
    @HabyarimanaJacquis-ej3xz 3 หลายเดือนก่อน +1

    President Ndayishimiye ararushye cyane.
    Nta mwanzi uburundi bufite hanze yuburundi.
    Umwanzi w'uburundi ni wowe nyine président Ndayishimiye na CNDD. Ahubwo uri kurangaza abanyagihigu ubesha ariko irabeshya sha . Abarundi ubwabo , abo ba CNDD ubwabo nibo bazagukosora.

  • @DaoudBihumwanya
    @DaoudBihumwanya 3 หลายเดือนก่อน

    Podium ni Uruhīmbi mu Kirundi

  • @RukundoPasifique
    @RukundoPasifique 3 หลายเดือนก่อน

    Urwanda rurarinda😂

  • @Tititiger
    @Tititiger 3 หลายเดือนก่อน

    Vyiza cane UBURUNDI bwubahwe dufise ingabo zishits'ubugabo

  • @binancerwanda
    @binancerwanda 3 หลายเดือนก่อน

    Ese mwagiye muhinura amashati yanyu basoda, murabona mutambaye nabi

    • @cvzx-2968
      @cvzx-2968 3 หลายเดือนก่อน

      Ntaco. Mutaraba. Mbemwebwe. Komumezuko

    • @GgGg-bb3xr
      @GgGg-bb3xr 3 หลายเดือนก่อน

      Jaruzi nimbi wang wew wambay gut

    • @joelnzeyimana7791
      @joelnzeyimana7791 3 หลายเดือนก่อน

      niwaba ubufitiye ububasha uzihindure wakibwa sukundendeba gusa .

  • @DaoudBihumwanya
    @DaoudBihumwanya 3 หลายเดือนก่อน

    Vyari bibereye ijisho basi

  • @fernandnihorimbere9181
    @fernandnihorimbere9181 3 หลายเดือนก่อน

    Mika

    • @FulgenceMikaOfficial
      @FulgenceMikaOfficial  3 หลายเดือนก่อน

      Yooooh!👏🇧🇮💪❤️🙏

    • @emeryrugamba
      @emeryrugamba 3 หลายเดือนก่อน

      Urabesha boy .ntaco Ufana warihi .100% iribamesa

  • @emeryrugamba
    @emeryrugamba 3 หลายเดือนก่อน

    M23 irabakanda murabesha

  • @julesrwantabagu6312
    @julesrwantabagu6312 2 หลายเดือนก่อน +1

    Hejuru no hasi

  • @DezileDuwayo-mb1id
    @DezileDuwayo-mb1id 3 หลายเดือนก่อน

    Ndinduwayodezirendimumqunzi murwanda ndabonamwachajij

  • @GgGg-bb3xr
    @GgGg-bb3xr 3 หลายเดือนก่อน

    Buramatar wacu yubahwe kwel ❤❤❤