ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Iyindirimbo novuga Ati imana ibahezagire cane uwayikompoje Aramirize Guko irakorako cane abakundanye beshi kandi iranyigishije cane Hama nimuduhe nizindi mwasohoye Amen Amen Murakze🙏🙏🙏🙏
I don’t know what to say about this song but my heart is broken because of friends and you guys you are saying everything that is happening in real life so I love you all and i will love you forever ❤
👌
❤
Yesu wenyen Niwe mugenzi ansumba abandi bose dufite 🙏❤️🇸🇦🇧🇮
Imana ibahezagire cane
Mwaramutse amahoro bakundwa dusangiye urugendo muri Kristo ? Mvuze ntiii, AMEN AMEN 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽Ndabinginze muramirize , Turikumwe namwe!!!
Iyi ndirimbo ntirirenga ntayumvirije iranyigisha vyinshi cane muhezagigwe cane Methodiste libre Buterere turabatahije cane bavukanyi dusangiy urugendo ruja mwijuru ❤❤
Bite
Murakoj namwemwirambire
Imana ibah umugisha muraduhezagiye kandi miratwigishije lmana irushirize kubakoresha Ivy ubuhizi from. PROTAIS TURAKINGIWE
Muratwigishije cane
Ukonikokuri Umugenzadahemuka ni Yesu
Nahorandibaza uwateye iyindirimbo. Wow. Nkagute noronka contact ziyi choir plz?
Mpa numero yawe ndaguhuze nabo
Amen 🙏🏽 abantu turahinduka ikidahinduka n’Imana yonyene. Ariko kandi,irahindura ivyari bibi bikaba vyiza!
Great songs 🎵👌👏Free methodist nice ChoirBurundi 🇧🇮🇧🇮
Shyuti zu musaraba. Nda BAKUNDA ❤❤❤
Courage ❤❤❤❤❤ abiwacu😊
Vyiza cane indirimbonziza ,cane 🎉
Muhezagigwe cyane
Amazing kaptembwo agc choir.
Nufuza guterera iyi chorale, nifuza uburyo nabona contact zabo please. God bless their work .
Mpa numero yawe nguhuze nabo
Warabaros wee
Amen yeah niwe mugenzi wukuri basi
❤❤nukuri ntimwabeshe ❤❤ kuko jewe ubwanje narabibonye😂😂😂😂😂
Indirimbo zinza cane gose, Jay C Production good job....
Ndayumvirije bwa mbere ariko nayikunze rwose 🙏🏻 mundangire nizindi ndirimbo zanyu
Indirimbo yakanovera yoguhimbaza Imana.Mbe mwaciye muhagarika cnk mwarabandanije?shireko izindi twiryoheregwe muri mpwemu.Terimbere nkumuzinga.
Great message ❤,good job
Asante,harimwo ukuri kwishi
Yesu abakomereze igikorwa muhezagirwe
Ntawundi mugenzi atari kriston yesu komera amen
Asate sana majilani kansa tulivu lisilokuwa namivurunga mingi mubarikiwe
Muhezagirwe canee Imana ibakomeze
Imana ibashyigikire rwose pe
Wow you guys did amazing song and it’s nice to keep singing for our god and in god we trust ❤️❤️💕💕💕❤️💕💕💕💕 Amen
Habari yako
Aa
Abagenzi bubu baragoye utagutwaye umugabo arakuroga imana idutabare
Muhezagirwe❤
Amen ndabakunda cane pe mukomere kumurimo wa Data
Nawujigamwe
AmenMuhezagigw
I ncuti yukuri idahemuka ni Umwami wanje Yesu.
Twarituyirindiriye cane
ukur kwuzuy abaganzi bubu ni ngirane👍👍
Ndabakunda mwarampezagiye muriyi ndirumbo ayomahambo arakomeyep
Agenzi bubu nuko kuva nakera nayuda yarumugenzi wa yesu rero umugenzi adahemuka ni use kritso abamwizigiye ntituzomaramara
Wow muhezagirwe cane 🙏🙏
Amen imanibahezagira
I love this song 😘😘😘
Amen.Amen
Amen murampezagira birenze
Yesu abongere inkomezi
Mubarikiwe 🙏🙏🙏
Amen ukonukuri
Ndabakunz cane ukonikobiri kwel.
Good bless you guys Nikwer
Amen murakoze cane
Ukwetu wanaweza kwl kwl
Amen and Amen
Muhazagirwe n' Uhoraho. Muduhe izindi nyinshi.
Muhezagigwe👏🏾♥️
Amena🇧🇮😍🥰
Mwarakoj kudutera amasurwe
Amene 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🥰🥰🥰
KBC ,imana ibahezagire
Good job
Amennn❤️
Muhezagizwe cane
Abagenzi ningorane nini
Amen🎉🎉❤❤❤❤
Nkivyo kwl mwar mwiyumviy
God song
Nice one ☝️
Imana ibagure Bantu bayo dukomeze dusharinge na subscribe. Indirimbo niyo kabisa ubugenzi bwikigihe ni hatari cane
Muhezagigwe
Amen amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Réalité 👍
Mpumpe numer zuyo mukobwa yatey iyo ndirimbo nukuri mfis ivyo kumubwir vyinsh kuko sindi muburund ngo ndamuronder
Warazironse?
Bt mwarajiros
Mukomere mumwami bantu biwac
Amen
Jambo sana
Uko nukurii
❤❤❤❤❤❤❤
God bless y'all
God bless you more🇷🇼
Mwarakoz
❤❤🎤🎤🎸🎸
Karatwika we
Amen💞
Uko nukuri umukama abongere inkomezi
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Nice
2e muhando😂😂😂
Umugenzi
Turabakeje bane bacu
🤣🤣☺️☺️
Rutunga
Mutere muja imbere bana b'Imana
❤❤❤🎉🎉🎉
❤❤❤❤

Great songs 🎵👌👏
Free methodist nice Choir
Burundi 🇧🇮🇧🇮

Muhezagigw
I ncuti yukuri idahemuka ni Umwami wanje Yesu.
Twarituyirindiriye cane
ukur kwuzuy abaganzi bubu ni ngirane👍👍
Ndabakunda mwarampezagiye muriyi ndirumbo ayomahambo arakomeyep
Agenzi bubu nuko kuva nakera nayuda yarumugenzi wa yesu rero umugenzi adahemuka ni use kritso abamwizigiye ntituzomaramara
Wow muhezagirwe cane 🙏🙏
Amen imanibahezagira
I love this song 😘😘😘
Amen.Amen
Amen murampezagira birenze
Yesu abongere inkomezi
Mubarikiwe 🙏🙏🙏
Amen ukonukuri
Ndabakunz cane ukonikobiri kwel.
Good bless you guys
Nikwer