RUNYENYERI by Ballet National

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 14 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 6

  • @mugishamariam
    @mugishamariam 2 ปีที่แล้ว

    Mu gitabo cyo muwa 6, yari irimwo, sinarinzi icyo bavuga

  • @mariammugisha26
    @mariammugisha26 4 ปีที่แล้ว +1

    Umviriza iyo NDIRIMBO mu mvugo y'abantu bakuru.
    Amurangira ko aho yamukura ari hakurya y'Uruzi rwuzura rudatwara...
    Bisobanuye ko nashaka kumubona bizamurushya ARIKO bizashoboka.
    Umusore agahita yivuga inka afite azatanga.
    N'aho umukibwa ati Runyenyeri ni rwiza ushatse uzorutamba...
    N'uko bemeraga...
    Nkunda buri rurimi iyo ari ORIGINAL yarwo

  • @SebastienHatungimana-gu3kg
    @SebastienHatungimana-gu3kg 8 หลายเดือนก่อน

    Tout simplement c'était la révélation :mw'isi hose abaririmvye kera canke abagira utugenegene(arts) barabica bigacika.

  • @reggaemusicislive1390
    @reggaemusicislive1390 6 ปีที่แล้ว +3

    mwoshirako indirimbo za wa mugabo yaririmba akavuza na piano arikumwe nabana bato bambaye kaki , mwoba mukoze cane

  • @mariammugisha26
    @mariammugisha26 4 ปีที่แล้ว

    Mu gitabo cyo mu wa 6 w'amashuri abanza...

  • @zouzou4300
    @zouzou4300 6 ปีที่แล้ว

    Ukora ibikora inka!