ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Nella numwana mubi shaa 🥲🥲🥲🥲🥲🥲🥲
Iyi film vrmt n'umwigisha w'ubuzima. Trop touchant😣😣😣😣😣courage les acteurs muduhe nyinshi nkizo pppp
Burya umuntu umwe ashobora kubera intambamyi abandi Imana indufashe mukubaho kwacu ntitubere ikibazo abandi.
N'abandi bagore bigireho, Uhoraho aguhaye urugo rufate neza, mube mureka kwigira ingare, kuko hari igihe uruvamwo nturonke amahirwe yo kurusubiramwo. Iyo urugo rugiyemwo umuntu wa gatatu ruba rusambutse. N'abavyeyi bakuvyaye barashobora kuba intambamyi y'urugo rwawe mu gihe udakoresheje ubwawe bwenge kugira witubakire ubwawe.Ntawugenda nk'uko nyina yagiye.
Murazi gukina vraiment
Intarabona full movie ✌️✌️✌️✌️
Mwubahwe❤
Fanny wnj ndagukundaaaaaaaaaaaaaaa cne uraberew mwiz
Yooo irigisha kandi irarijije
🎉🎉
Duhe ikindi gice ca2 iyi twarayibonye
Iyo twarayibonye kbs
Nimuduhe igice cakabiri
Muyisubiyemw pol sana
Mbe muhora muduha iyi nayindi mwoduha
Vuba, turabaha iyindi.
Twarayikunze ni muduh ikindi gice kimbandany tubone ko yahindutse
Nuko bigenda Umugabo kirazira kuvuga nabi nyina wiwe. Kandi nta mugore yikura mu nzu
Duhe bishasha turabakunda
Vuba turabazaniye ireresi 2. Ntaco tutazogira ngo tubaryohere.
Part 2
Nimuduh Ikind gic
Nukuza muririnda abagenzi babi
Nn komuduhay ivyotwabonye
Naho nari narayibonye vyanse ko ndeka gusubira kuyiraba.Abadame bigumura murugo ngira barahakuye icirwa
Nawe yarayabony ngira ntazosubir ninyigishope Kuba maman na ba kobwa
Nella numwana mubi shaa 🥲🥲🥲🥲🥲🥲🥲
Iyi film vrmt n'umwigisha w'ubuzima. Trop touchant😣😣😣😣😣courage les acteurs muduhe nyinshi nkizo pppp
Burya umuntu umwe ashobora kubera intambamyi abandi Imana indufashe mukubaho kwacu ntitubere ikibazo abandi.
N'abandi bagore bigireho, Uhoraho aguhaye urugo rufate neza, mube mureka kwigira ingare, kuko hari igihe uruvamwo nturonke amahirwe yo kurusubiramwo. Iyo urugo rugiyemwo umuntu wa gatatu ruba rusambutse. N'abavyeyi bakuvyaye barashobora kuba intambamyi y'urugo rwawe mu gihe udakoresheje ubwawe bwenge kugira witubakire ubwawe.
Ntawugenda nk'uko nyina yagiye.
Murazi gukina vraiment
Intarabona full movie ✌️✌️✌️✌️
Mwubahwe❤
Fanny wnj ndagukundaaaaaaaaaaaaaaa cne uraberew mwiz
Yooo irigisha kandi irarijije
🎉🎉
Duhe ikindi gice ca2 iyi twarayibonye
Iyo twarayibonye kbs
Nimuduhe igice cakabiri
Muyisubiyemw pol sana
Mbe muhora muduha iyi nayindi mwoduha
Vuba, turabaha iyindi.
Twarayikunze ni muduh ikindi gice kimbandany tubone ko yahindutse
Nuko bigenda Umugabo kirazira kuvuga nabi nyina wiwe. Kandi nta mugore yikura mu nzu
Duhe bishasha turabakunda
Vuba turabazaniye ireresi 2. Ntaco tutazogira ngo tubaryohere.
Part 2
Nimuduh Ikind gic
Nukuza muririnda abagenzi babi
Nn komuduhay ivyotwabonye
Naho nari narayibonye vyanse ko ndeka gusubira kuyiraba.
Abadame bigumura murugo ngira barahakuye icirwa
Nawe yarayabony ngira ntazosubir ninyigishope Kuba maman na ba kobwa
Intarabona full movie ✌️✌️✌️✌️