TEKANA by August BURUNDI (Official Lyrics visualizer)
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 20 ก.ย. 2024
- TEKANA by August Burundi (official lyrics visualizer
Shooted in USA
Credit :
Audio :Kermey Pro
Written by August Burundi
Mix and Mastered by Lil Evry Pro
Studio : IREBE MUSIC
Edited : Hakim Junior
Guitar Bass : Passy
Baking Female vocal : Chance From Ingo Live Band
Special Thanks : IREBE COMPANY
Booking business : burundialsina@gmail.com
Abasubiyemwo kuyumviriza incuro zitanu nkanje kubwukwumhiriza neza ubutumwa bwiza buri muri #Tekana.
Mumpe izo like😂😂Ntimumbanire.
It's a nice song.keep it up♥️♥️♥️🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Burundian Music 🎶🎶❤❤❤
Basha uvuze ukuri abantu barabaye nabi wirambire❤❤❤❤
🔥🔥
Ukuri kwuzuye, Abarundi duhinduke kabisa maze dutekane
🔥🔥🔥
#Abisi nibarwankabiyago😮😮😮nishirwarimenetse ntaterambere
Good August wewe ntuvugwa mwizina 🔥🔥🔥🔥
Nukur iy ndirimbo irarenz vyukur
Tekana is the best song by the way am proud of you August Burundi.
Aug Aug!! awesomely powerful song👌🏾👌🏾👌🏾
Ubumwe bwacu yemwe, bwagiye he ? More love from my side ❤❤❤❤❤
Harimw ubutumw bwiza can
Umudiho ndundi mu ndirimbo y'Imana.
Tera imbere nk'umuzinga.
Big up 🖐️🖐️👊🚨🚨
August Burundi hejuru indirimbo yigisha🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
This song is answer for that one who is so bad,thank you and we ❤ you so much August Burundi.
Indirimbo nziza cane!agati kateretswe n'lmana ntigahenugwa n'umuyaga
TEKANA
❤❤From IHURIRO TV 📺
Ni ba tekane Imana niyo ifise ijambo rya nyuma ku buzima bwacu
Uyumutama n'uwo kutunezereza yubahwe cane
Aratunezereza bikwiye Imana imukomereze ingabire yamuhaye
Egoo indirimbo iratuje vrmt kandi irimumundiho mwinza Warakoze umuti ukwiye
iman nziza 🤍💙
Ibihe vyose ni nziza ikora ibikomeye
uko nikwo kuri ntituriho mwisi kubwo igihamana mubandanye guhezagirwa🙏🙏
Mana urakoze mutama iy ndirimbo vyukur itumy numv norira mbeg Abo barozi yemw urakoze kudutekenisha
🔥🔥
Mu bihe vyiza muragumana nukuri Imana 🙌😍❤
Vyimazeyo wubahwe uhabwe intebe yimbere ❤
Kweri kabisa IMANA Yonyene
Cette chanson est très forte, monsieur, il le peut, c'est mon homme
💯💯🔥🔥
Good lyrics 🎉
Inspiration song
Nice song kabisa vyimazeyo hejuru cane
❤❤❤❤nc song mutam August komez komez
🎉🎉🎉Imana n'Imana
Time for action
🤝🤝
Indirimbo nkunda cn❤
Urukondo kbx rwrabuze kbx kbx nihatari gus Augast komer mukaranga
Inspiring one , isi Niko imeze .Only prayers .ni ukuri kwuzuye
Indirimbo nizi rerooo ubutumwa nibwishi❤❤❤❤❤
Karekezi na Gustave.nimuduhe ayo makuru rero
Maze 3 jours ntaja habona ark nyen birangiye ntekanye. Imana si umwana . Go ahead bro💪💪
Twari dukumhuye bishasha kabisa
Wubahwe kabisa Nice song 👌👌👌👌👌👌👌
Indirimbo nziza cane , wubahwe August
Bro courage sanaa ndibuka kuvakera tugitangurana kutigera ucikintegee peeeh Again courge🔥🔥🔥🔥🔥
Nc song bro nzoza ndayisaba kumaradio 📻🇧🇮
Nice song big up cn mutama wacu augustin❤❤
Ego kabisa ❤❤❤
Mbega ivyiza ❤❤😮😊 wubahwe
ndakwindira sana mutama wanje👏
Amajambo yubaka imitima yabenshi🥰
❤❤❤From FREDDY MUGANGA gospel singer
Dukomeze Gusenga nayo ivyo ngaha kw'isi ningorane
Birahimbay Can mugenzi
Nice song good msg Big UP Big bro keep it UP
August, chapeau vraiment...le message est très clair
bumvishe Imana sumwana nibatekane
wotekana kweli
Wari wayiitondeye kwel imana sumwana
🇧🇮🔥🔥🔥🔥👌👌👌
great message congratulation august
Nc 🔥👏
❤❤❤❤❤
Indirimbo iryoshe impande zosr🔥🔥
Indirimbo nziza caane 🥰🥰
Waoow Good Music
Ntawoyihaga kbs NC song 🔥🔥🔥🔥
waouuh Nice song
Ibi bintu bisaba gusirimuka
🔥🔥
Hejuru cane August Burundi..❤
The favorite 👏💪❤️ Tekana
Uvuz ukuri kbsaaa
Tekana
Bien sana vraiment
Yooo birababaje koko. Merci kukaririmbo keza ❤❤❤
Turakwemera
Tekana ncuti yanje
Vraiment NC song 🔥🔥
Uyumutama ndamukunda shaaa🎉
Keep shining🔥🔥🔥
Ooooo iratesa
Kabisa abantu ntafatiro
Tekana irarenze❤
👌👌👌👌👌🔥🔥🔥🔥
🔥🔥🔥🔥🥰😘😘
🔥🔥🔥🔥🔥🔥
❤❤🇧🇮🇧🇮
Mumpe umuntu twanje
🌹🌹🌹🌹
Wubahwe mutama urashoboye
❤❤❤
🎉🎉🎉🎉🎉🎉 irarenz
So nice song
Ubaye kure nari kugusororera
Mbona ari sawa iraryoshe
🔥🔥🔥
Cane irimwo akanovera
Nice song
🥰🥰🥰🙏🔥
August urikukazi kose
❤❤❤❤❤❤❤🥇🏆
Tukomeze urukudo mutama
Abisi bararura
🔥🔥
Indirimbo nziza ariko video ntibijanye harihakwiye imyambaro yakaranga kuburundi ariko iyomigufu nuturori nudukostime wap ntibijanye
Ibivuze neza gusa nti turakora video 📷 kuko tuvyerekanye hano video 📷 yaba ibaye iyo Kandi mrc nimwabona amasanamu muzoryoherwa🙏🙏
😢😢😢😢
Terimbere mutama wacu
Uvuga ukuri nk'ukurima naje ndatekanye!!!! Urakaramba urakagwira. Indirimbo nziza caane.
#Abisi nibarwankabiyago😮😮😮nishirwarimenetse ntaterambere
uko nikwo kuri ntituriho mwisi kubwo igihamana mubandanye guhezagirwa🙏🙏
Polesana kabisa baraye bahatswe kugukuraho abantu nibabi