ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Nshimishijwe nokumenya amateka y'igihugu navukiyemo.
Bimfashije kumenya amateka y'Uburundi murakoze cyane nshuti zacu
Ndadaye yapfuye Nicolas MAYUGI ATAKIRIHO
Turabakunda cyaane muburundi komez muduha nibind biganiro
Duherez nayandi mateka
Komerezaho muvandi
Neza cane Munana
Sha mugir'amahane
None ntiwovuga amateka utazanye umwanda mbeninde yakubwiyeko titre yuburundi arimicafu?
Abanyagwanda mwararozwe komutavuga ivyiwanyu
Coup in utuntu tw’abarundi
komeza
Micombero ntabwo yakubiswe coup d'état Ari Capitaine. Ahubwo yafashe ubutegetsi Ari Capitaine. Gusa yakuwe Ari Lieutenant Général. Merci
Oya ibya benewabo sibyo wibeshe
I lov u 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Kuberiki mutigera muvuga ivyiwanyu mugumamuvuga ivyabandi tubwire ivyugwanda navyo turabishaka
nonese umunyamakuru ko avuga ibyigihugu ashaak uramuziza iki???🤣🤣🤣 shaka nibyurwanda urabibona
Ni Malcolm x
Mwavuze amakuru ariko ntimwatahuye ukuntu abatutsi Bari bagize igisirikare cose c'uburundi, bahoneje imidyango mu nta z'imbo. Abatutsi bahigisha inkoho abahutu, ama positions yoose yari agizwe n'abasirikare, n'abandi batutsi, nta muhutu yaja Kuri position, yaca yicwa. Mu ntara zose ahari abasirikare uhasanga ibinogo rusangi bahambamwo abahutu bicwa, abatutsi bons barapfuye bapfiriye mu ntambara kuko Bari abasirikare, abahutu bahigishwa inkoho, abo batutsi muvuga boba bicwa n'amakofe???. Muzotohoze neza. Rindira cvr iheze gusuzuma ibijanye n'ubwicanyi bwakorewe abahutu 1994_1998
Banyarwanda murikurema intambara kd izabatwara
mubandanye muduhe ayandi
Coup d'etat gusa gusa
Nubu kagame arigutegura iyindi
Turibamwe abarundi abanyarwanda
Oya wivuga ngwabarundi baricanye kd mwaricanye ubganyu vuga kurimwe apana abarundi
Nonese mwe ntimwicanye abarundi murantwenza sana
None mwembwe mwica nande?? Ntiba muticana hagati yanyu
Hhhhhh abarundi we
Hariho ivyo uvuze bitarivyo:1. Ntare V (Charles Ndizeye) ntiyahiritse se 2. Génocide y'abatutse yabaye 1993.Iya 1994 ni iyo mu Rwanda iwanyu.Uze uratohoza neza kugira ntutubeshe

Hariho ivyo uvuze bitarivyo:
1. Ntare V (Charles Ndizeye) ntiyahiritse se
2. Génocide y'abatutse yabaye 1993.
Iya 1994 ni iyo mu Rwanda iwanyu.
Uze uratohoza neza kugira ntutubeshe