ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
natwe abarumdi turakwikundira murundi wacu👍👍👍👍👍👍👍👍👍✌✌✌
Abanyarwa da turagukunda cyane muzaza❤❤❤❤❤
Ndakwe Mera cane arikizuraduh impanurozukuntu twakwirinda indirimbo zumpuntu akorera frimasin
😂😂😂😂😂😂😂😂jyakubeshya inka nyabugogo
Très bien, hanyuma woduha umuco kuvyo mwerekanye mu ndirimbo sekura,il y a quelque chose bidatahuritse,uduhay umuco woba ukoze.Thanks
Yoooo manaweetabara abanubawe😢😢😢😢
Ndongeye gushimangira ko uri umuhanga MN kuko utanga n'ubusobanuro thanks
vrai vérifié à 💯 zuradutamwo 😂😂
Umuziki wara kunaniye utanguye gusala
Brother nibwo mbonye iyi TH-cam channel yawe nkunze ukuntu udatinya kuvuga UKURI kbc uri nka Andrew Tate p uzadushakire Andimakuru kuri film ya Simpson please 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Egoooo kbx Akes tubatugomba amakuru nkaya wubahwe🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲
Wew urumubeshi
Fatana na maisha yako bro
😂😂😂wewe vyarakunaniye uriko ushaka kubesha abantu
Just seat on your place rekan nivy zimya Ivy birofaaaa nkaw wobimeny gut kur hasiiiii sanaaaa ronder izind topic mut
Wimutuka ibyabuga nibyo nibabikubabage wiyahure ingengera gysa😅😅
Tubarire abarundi izobwa zabafrimason tubashirehanze
Ndagukurikie ndimurwanda🇷🇼
Oya muwebwe murabanyakuzimu shaka nzonwandira abwire ndabavuge jewe 😂😂😂
Mubwira jewe
God blessings brother
Wamaye icyocyiganiro cyurupfu rwa miss erca
Cykz jyuvugisha ukur am big fan of u
Ubuhanuzi bwa cartoon Simpson uzabuduhe
Nkwizeraramwo jewe bro
Yes! It's Really🎉🎉
Ubuzim nibanga ntiduc Imanz natw ubwac namabanga ☝️
Ww nka barundi beshi ntabwenge bafise uza ubona ba satubi bafaliaz na banatsh bagize ibiteramo baruzurana ukamengo ni Mana bagiye kuraba iyisi Niki bazo
Ngo Firmason Eka Toka Wegenda muba Sugar Mamy nivyo mbona ushoboye kuko ubunyamakuru 0 kuririmba 0
Nawe kuriwe?
Witukana wadage we! Ibyo avuga ni ukuri.
Tu es courageux mon frère. Benshi baratinya kubivuga
Turakwemera 10%
Man banduttemwo abobaririvy Wana
Ibyo uvuga ni ukuri kbx!!!! Kuko ibyo abahanzi bageraho si imbaraga zabo byanze bikunze! Gusa mpise nanga urunuka inzozi nari mfite zo kuzaba umu star! Nzarya bike ndyame kare sinishoboreye da!!!!
😂😂😂😂😂ntuhagarike inzozi zaw kk ivyuwundi akora sivyo naw ukora
Cool
Wubahwe🙏🙏🙏🙏🙏
🤣🤣🤣🤣🤣🤣 freemason wibaza kwijamwo burimuntu wese wabuze kl ivyuvuga tuma ugarukana koreshumwanya
Urakoze kudusigurira, Hama nawe ivyo ubijuraho niwaba utariko umena amabanga?
❤❤❤komera
Ariko nawe urimwo bro, ndakubonamwo cane gose, ntiwikuremwo.
Merxi beaucoup
Sawa vuga neza aho bakorera
Kuva ntanguye kugukurikirana sindigera numva ukoz ikiganiro cubwenge wama uvuga uburofa nubujuju gusa.Niyi canal nama ndayigira masquer sinzingen notification yayo igaruka ibiganiro ukora birantera nishavu!!!
Big fizzo 777
Nihatar kweri iyisi yarabaye nabi vraimet 😭😭
Wew unwa urumogi rusa gute
Br rocky nkah ww yab abatubwiy
Muta duhe part 2❤
Urumuhanga bwana
666, na wo ukunze kuboneka mu byanditswe bya gikristo, cyane cyane mu Ibyahishuwe 13:18, ufatwa nk’umubare wa “satani” cyangwa wa “Antikristo.”Ikimenyetso cy’umuntu: Bavuga ko uyu mubare ugereranya umuntu utuzuye, kuko 6 ari muto kurusha 7, umubare w’ubutungane.Antikristo: Mu idini rya gikristo, 666 ifatwa nk’ikimenyetso cy’umuntu uzaba ahabanye n’Imana mu gihe cy’imper
Urabesha kuko kamiliyoni iryandirimbo yashatse kwel kana uburyo umugore yamukuye murusengero ariko agasanga ni agashetani kuko uyomugore niwe yarinyuma yugukororwa kwa kamiriyoni rero.muvyo yavugavyishi kwarinkogusa imana kuko ntiboneka kurangira asohoka yashatse kwerekanakonahowomukura mukabare ashobora kukubera mwiza gusumba uwavuye murusengero rero rondera amavyuzi kubadashishoza nayoje ndabitahura ivyoyakoze
Noé nkah uvuz iki ! G
Genda wibeshya komeza Burundi Rwanda urureke
Ndemeranya nawe 100%
Wurantwenz 😂😂kuko urikirofa
Uwuteye imbere wewe aba yagiye muri frimassoni none😂😂😂
Ni linog
Tuvuge kwara abatinganyi 🤓
Turagukunze cyane.
🎉🎉🎉🎉🎉🎉😂❤nivyoo
Nibihane nta muntu avuma abantu bakaburukira kubaraba ata burozi bakoresha
That's de truth
5/5❤❤
Komeza umena ayomabanga nomuburundi uhatinde cane
❤❤kabisa muburundi baruzuyep😅😅
Wew uvuga ibyutazi tokakure
none mutubwire uwomuntu afise ivyobiharuro
Sabaririmvyi gusa nitangaza makuru riri muri freemason nibindi bisata vyinshi bitandukanye
Ahubwo wabamenye gute mstew
Epu ntavyo twagusavye wewe urabesha sweti😂
Akes uriko uratubesha mwerekane niba ahari
Yooo nka sat be cnk dramat murababashey kk barakeny san
Wumva atari danger?
Wewe urabesha vaho
Uko mumbeya sana
Akes kumbe asigaye ari sérieux
Hoshi freemason c barakopa😅😂
Komez mutam 🎉😢😮😊
Nta freemason apanze ziba😅😅😅😅
Raba naharya kurukuta muri salon hamanitse amafoto yijisho hariya bari
MUSAZA WEWE NDAKWEMERA. KIMWEGUSA WEW BAZOKUMESA ABOBA TYPE.
Mn Thnk you kbs uvuga ukuri
Content zarabuze😂😂😂😂
Nibwo nabona umuntu mukuru ariko akiri ikigoryi
None Aho utubwiye iki, wewe wavuze abarundi nabanyarwanda. Nabo wavuze
Waba ubeshya waba urabeshya gusa urumuhanga kbs kuko urabiterateranya ugasanga nivyo kbs
None abarundi nabanyarwanda wavuze muri title barih
Indirimbo yitw gut
Le Prix à payer
Nukwangiriza data zacu
Nimba ba Sat-B Bari muri Freemason ntabitambo batanga nkabo mubindi bihugu
Reka umunwa,
None nigiki cahatari bafise
Naww urumu freemason Kuber naww uraririmb kl
Ni danger!!
None wewe uri manager wabo kuko uvuga ko ubazi
❤❤
Nawe barigeze kuvuga ko wagiyeyo
Uko nukuri komeza uduhe nayandi makuru
Gusa nibushaka gukora nkenivyo biganiro Rebera kuri Mwanafunzi naba Gentil Gedeon na Munana
Utabavuze ntabariho
😢😢😢😢🎉🎉🎉🎉
Hari nabandi batwihishemo tutazi
Muvug nib utarumubeshi
Mbega nota ngaruka bizohava bikugirako kubivuze vyose?
natwe abarumdi turakwikundira murundi wacu👍👍👍👍👍👍👍👍👍✌✌✌
Abanyarwa da turagukunda cyane muzaza❤❤❤❤❤
Ndakwe Mera cane arikizuraduh impanurozukuntu twakwirinda indirimbo zumpuntu akorera frimasin
😂😂😂😂😂😂😂😂jyakubeshya inka nyabugogo
Très bien, hanyuma woduha umuco kuvyo mwerekanye mu ndirimbo sekura,il y a quelque chose bidatahuritse,uduhay umuco woba ukoze.Thanks
Yoooo manaweetabara abanubawe😢😢😢😢
Ndongeye gushimangira ko uri umuhanga MN kuko utanga n'ubusobanuro thanks
vrai vérifié à 💯 zuradutamwo 😂😂
Umuziki wara kunaniye utanguye gusala
Brother nibwo mbonye iyi TH-cam channel yawe nkunze ukuntu udatinya kuvuga UKURI kbc uri nka Andrew Tate p uzadushakire Andimakuru kuri film ya Simpson please 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Egoooo kbx Akes tubatugomba amakuru nkaya wubahwe🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲
Wew urumubeshi
Fatana na maisha yako bro
😂😂😂wewe vyarakunaniye uriko ushaka kubesha abantu
Just seat on your place rekan nivy zimya Ivy birofaaaa nkaw wobimeny gut kur hasiiiii sanaaaa ronder izind topic mut
Wimutuka ibyabuga nibyo nibabikubabage wiyahure ingengera gysa😅😅
Tubarire abarundi izobwa zabafrimason tubashirehanze
Ndagukurikie ndimurwanda🇷🇼
Oya muwebwe murabanyakuzimu shaka nzonwandira abwire ndabavuge jewe 😂😂😂
Mubwira jewe
God blessings brother
Wamaye icyocyiganiro cyurupfu rwa miss erca
Cykz jyuvugisha ukur am big fan of u
Ubuhanuzi bwa cartoon Simpson uzabuduhe
Nkwizeraramwo jewe bro
Yes! It's Really🎉🎉
Ubuzim nibanga ntiduc Imanz natw ubwac namabanga ☝️
Ww nka barundi beshi ntabwenge bafise uza ubona ba satubi bafaliaz na banatsh bagize ibiteramo baruzurana ukamengo ni Mana bagiye kuraba iyisi Niki bazo
Ngo Firmason Eka Toka Wegenda muba Sugar Mamy nivyo mbona ushoboye kuko ubunyamakuru 0 kuririmba 0
Nawe kuriwe?
Witukana wadage we! Ibyo avuga ni ukuri.
Tu es courageux mon frère. Benshi baratinya kubivuga
Turakwemera 10%
Man banduttemwo abobaririvy Wana
Ibyo uvuga ni ukuri kbx!!!! Kuko ibyo abahanzi bageraho si imbaraga zabo byanze bikunze! Gusa mpise nanga urunuka inzozi nari mfite zo kuzaba umu star! Nzarya bike ndyame kare sinishoboreye da!!!!
😂😂😂😂😂ntuhagarike inzozi zaw kk ivyuwundi akora sivyo naw ukora
Cool
Wubahwe🙏🙏🙏🙏🙏
🤣🤣🤣🤣🤣🤣 freemason wibaza kwijamwo burimuntu wese wabuze kl ivyuvuga tuma ugarukana koreshumwanya
Urakoze kudusigurira, Hama nawe ivyo ubijuraho niwaba utariko umena amabanga?
❤❤❤komera
Ariko nawe urimwo bro, ndakubonamwo cane gose, ntiwikuremwo.
Merxi beaucoup
Sawa vuga neza aho bakorera
Kuva ntanguye kugukurikirana sindigera numva ukoz ikiganiro cubwenge wama uvuga uburofa nubujuju gusa.Niyi canal nama ndayigira masquer sinzingen notification yayo igaruka ibiganiro ukora birantera nishavu!!!
Big fizzo 777
Nihatar kweri iyisi yarabaye nabi vraimet 😭😭
Wew unwa urumogi rusa gute
Br rocky nkah ww yab abatubwiy
Muta duhe part 2❤
Urumuhanga bwana
666, na wo ukunze kuboneka mu byanditswe bya gikristo, cyane cyane mu Ibyahishuwe 13:18, ufatwa nk’umubare wa “satani” cyangwa wa “Antikristo.”
Ikimenyetso cy’umuntu: Bavuga ko uyu mubare ugereranya umuntu utuzuye, kuko 6 ari muto kurusha 7, umubare w’ubutungane.
Antikristo: Mu idini rya gikristo, 666 ifatwa nk’ikimenyetso cy’umuntu uzaba ahabanye n’Imana mu gihe cy’imper