Vyumve vyogufasha Ep 4: Naravyihanganiye-Kwahukana si wo muti//Mme Estherine

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 1 ก.ค. 2024
  • Iyi ni intahe yashikirijwe n'umupfasoni Estherine mu nyigisho z'ingo n'imiryango i Bururi ku wa 15 Ruheshi 2024.
    Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 (Appel & Whatsapp) canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: neemagospeltv@gmail.com . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo Yesu
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 6

  • @DianeBizimana
    @DianeBizimana 22 วันที่ผ่านมา +3

    Ndafashijwe kweri nanje ndikonca mwivyonyene.

  • @user-wv6kw4fw3q
    @user-wv6kw4fw3q 23 วันที่ผ่านมา

    IMANA iguhezagire kwihangana

  • @hacediphrose7876
    @hacediphrose7876 27 วันที่ผ่านมา +2

    Imana Iguhezagire muvyeyi yaguhaye kwihangana gukomeye

  • @AudreyAkimana-km3tt
    @AudreyAkimana-km3tt 23 วันที่ผ่านมา

    Yoooo mana wubahwe

  • @user-kx1cc7si8c
    @user-kx1cc7si8c หลายเดือนก่อน +1

    Ewe mana warakoze gutabara umusavyiwawe ingo zirakenye abahizikazi

  • @user-wv6kw4fw3q
    @user-wv6kw4fw3q 23 วันที่ผ่านมา

    IMANA iguhezagire kwihangana