ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Amen Amen Amen!!! Mukozi w' Imana, erega ukuri kubaga amatwi, hanyuma agahita aziba burundu. Muhezagirwe cane!
Amadini mashasha muri babigwa ahashashe yaba mwari muzi aba missional ayo babonye kugira mwidegemvye mukuvuga izina Rya Yezu ntiwari kuvugira amasame
Amen amen ndagukundira kuvuga ukuri kwijambo ryimana mukoz wimana imana ikumpere umugisha utandukanye nabandi biyita ngo nabakozi bimana
Abavandimwe twemeranya k Jesus christ arumwami mupe like ❤
Biragoyeko ibintu twakuze tuziko ari ukuri uyumusi dushaje batubwirako atarivyo ngo tunyaruke kuvyumva ariko nikokuri ivyo avuga.
Amina
Dufashe mukozi w,Imana kuzimurura benshi,kuko barazimiye ,ntibashaka kumenya ukuri.
15:06 Ntitaye kuvyo yavuze kuba atavutse le25/12 ivyo birashoka , ariko uraca utegira inyigisho zivuga aho yesu yavukiye, nigituma dusenga dimache n'igihe ca pasika
Kuko vyose muzobihakana
Good 👍 uravuga ukuri rwose ntagige bibiriya yerekana igihe yesu yavukiye peee ubihakana yerekane umurongo
Kandi imana ibandanye ikuduhere umugisha ubandane uzimurura intama zazimiye
Thank you smooch pastor
Thwnk you pastor ❤ for everything
Amem
Erega nubu imyaka Yesu yamaze kwisi ntawuyizi kuko ntushobora kumenya imyaka yumuntu utazi ahoyavukiye
Ubundi niwowe wanjye 🙏
Vraiment Yigishije neza kuko kwibuka YESU CHRIST ntabwo bikwiy kuba gusa le 25/11,Ubundi misi yose dukwiye kwama tumwibuka mugukora ivyiza nuguca bugufi.
Igisigaye rero mukozi wimana nukubabwira umusi wicumweru iyo wazananye navyo vyoba vyiza ndavuga umusi wa dimanche navyo vyoba vyiza babeho bazukuri
Imana ishimwe kubwo kukuyobora, ukavuga Yesu kristo neza.
Amen tuzomenya ukuri nakwo kuzoduha kwidegevya🙏🙏🙏
Nahora nkwemera nkongera nkakurikira ijambo ryawe ariko vyose uravyishe sinarinzi nawe ko aruko uhiga abanywanyi bidini uvuga ngo amadini masha none iyawe ni ya ryari muzokwanka gukora imisi mikuru yategekeranijwe Imana ariko mugakora iyanyu isi igeze kure mugatitura Iy Imana
Amen Amen turafashijwe 🎉🎉🎉❤❤❤
Amen
Komera mutama
Amen amen
Amena
Ukuri kuzuye amena
Nyamukuru nuko Yezu yavuts!ivyitariki ntaco vyica Iman yaduhay isi ngo tuyicordone yarabwiy Adam ngo vyite Amazina nn Iman vyar kuyinanira kuyita Amazina??Twerek Aho Iman yaremy imodoka amarori......mug urabikoresha?Iyo uvugako Yezu atavuts arivyo babesha sinon kuvuga tuyihimbaz le 25/12 ni kworganisa isi kugira ntihabe ubusimbirahamw umw wese afate itariki yiwe le 25/12 yar umusi wo guhimbaza izuba mubapagani ariko bashizeko uyo musi kuko Yezu yaj ari umuco nkuko umusalaba kera babambirako abagiz ba nabi ariko Yezu yemeye kuja kumusarab
Mzee kbsa Uri mu'zira nziza
Nanje ndabaramukije
Sindi muburundi ariko ndakunda kugukurikira kumbuga imana iguhumugisha ntakindi numva nogusabira kumana iguhe nukuramba hanyuma ubandanye utubwira ukuri kwijambo ryimana
Amahoro,urukundo Mbayahaga. Kubera iki wakoranije abantu uyu munsi itariki 25/12/2024 kandi mu rusengero rurimwo igiti ca Noheli?
Ndi kumwe nawe kuki ivyo yanka biri murusengero iwe.
Ee! Mutama urakoze kunyigisho nziza.Ariko mfise amakenga .watanguye usoma muri Jeremiah ko ibizira vyabonetse mu rusengero Kandi iwawe biriyo ntiwabibujije ahubgo wababujije kubishira mungo zabo, aho hantu gute?
Dagukunda mutama mwiza usiguraneza
Ayo maloli wa mbaye hari umwigisha numwe Uzi wa yesu yaya mbara,? Uyo musalaba wa maniste niwo nyene Yesu yabambweko? Mukwemera hariho ivyibusto
Uravuga ukuri kuzuye gusa ntibari bwumve
Ukweli kamili
Mukomere munezegwe ndamukiriza beda
ahubwo nanje ndimukuza guteranira iwawe kuko ndakunda ukuri kwawe abiyita abakozi bimana beshi ntibashaka kubwira ukuri abayoboke babo
Numva umutima wanje ubabaye kubwabantu babwigwa ukuri ntibumve ntakwataragize nukuri kubabwira ukuri
Upinga.noel kutugaye urusengero rwawe uyumusile25/12 nawewe mumisi uzohava utubwirako utavutse turagowe😂
Nanje ndabaramukije kuri TH-cam
Uyumugabo kwel uguhishurigwa ariko agukurahehe kamadini yayovye ivyo tubizi uyuwe yarokotse gute
Hanyuma buri musi ibigirwmana ababiramya batabikora, abasenga mukuri nabo baguma babaho mvuze bike
Ariko ico twemeranya Yesu n'umwami
Mbayahag nagukunda ariko Ubu ngushizeko amakenga p.
Wewe nushaka umugirekwakenga iciza nuko atariwewe uzomuhemba
Ubusesanguzi burasenzwe
Noeli bisigura no ni uguhakana eli ni Imana mumajambo make bisigura ngo nta mana ibaho niyompamvu batwereka ibishusho nudupupe bisigura ko ikibaho aribigirwamana bibujijwe kuvayo20:1-5 christmas bisigura umusi mukuru wabana watangujwe nuwitwa christ
Natwe twifadikanyenamw mudusenger turihanze kuruno musi
Biraboneka ko abapfasoni bose muriyosengero barabibona ko ariko arabesha. Muriyo sengero hariyo nkabagabo babiri gusa batwawe nubwo bubeshi
Vestine et dorcase
Ndi muriyosengero noca nisohokera. Kandi abagore bubahwe guko inyigisho ziwe ntizabafashe
nonnyakubahwa duhebekuyihinbaza ? kuko ukonukuri
NoneIvukaryayesuntiryabayeGamukoziwimana
Iryabaye ritandukanye niri baduhimiriza guhimbaza mwidini kuko mariya yasamye mukwagatandatu avyara mukwagatatu nn wumva bihuye ikindi noeli bisigura ngo nta mana no eli kandi gukoresha ibishusho nudupupe muguhimbaza imana birabujiwe kuvayo20:1-5 Zaburi115:4-8
Ukweli
Nobo wigisha nti bemey ivyo uvuze
Amen Amen
❤❤❤❤
Amen Amen Amen!!! Mukozi w' Imana, erega ukuri kubaga amatwi, hanyuma agahita aziba burundu. Muhezagirwe cane!
Amadini mashasha muri babigwa ahashashe yaba mwari muzi aba missional ayo babonye kugira mwidegemvye mukuvuga izina Rya Yezu ntiwari kuvugira amasame
Amen amen ndagukundira kuvuga ukuri kwijambo ryimana mukoz wimana imana ikumpere umugisha utandukanye nabandi biyita ngo nabakozi bimana
Abavandimwe twemeranya k Jesus christ arumwami mupe like ❤
Biragoyeko ibintu twakuze tuziko ari ukuri uyumusi dushaje batubwirako atarivyo ngo tunyaruke kuvyumva ariko nikokuri ivyo avuga.
Amina
Dufashe mukozi w,Imana kuzimurura benshi,kuko barazimiye ,ntibashaka kumenya ukuri.
15:06 Ntitaye kuvyo yavuze kuba atavutse le25/12 ivyo birashoka , ariko uraca utegira inyigisho zivuga aho yesu yavukiye, nigituma dusenga dimache n'igihe ca pasika
Kuko vyose muzobihakana
Good 👍 uravuga ukuri rwose ntagige bibiriya yerekana igihe yesu yavukiye peee ubihakana yerekane umurongo
Kandi imana ibandanye ikuduhere umugisha ubandane uzimurura intama zazimiye
Thank you smooch pastor
Thwnk you pastor ❤ for everything
Amem
Erega nubu imyaka Yesu yamaze kwisi ntawuyizi kuko ntushobora kumenya imyaka yumuntu utazi ahoyavukiye
Ubundi niwowe wanjye 🙏
Vraiment Yigishije neza kuko kwibuka YESU CHRIST ntabwo bikwiy kuba gusa le 25/11,
Ubundi misi yose dukwiye kwama tumwibuka mugukora ivyiza nuguca bugufi.
Igisigaye rero mukozi wimana nukubabwira umusi wicumweru iyo wazananye navyo vyoba vyiza ndavuga umusi wa dimanche navyo vyoba vyiza babeho bazukuri
Imana ishimwe kubwo kukuyobora, ukavuga Yesu kristo neza.
Amen tuzomenya ukuri nakwo kuzoduha kwidegevya🙏🙏🙏
Nahora nkwemera nkongera nkakurikira ijambo ryawe ariko vyose uravyishe sinarinzi nawe ko aruko uhiga abanywanyi bidini uvuga ngo amadini masha none iyawe ni ya ryari muzokwanka gukora imisi mikuru yategekeranijwe Imana ariko mugakora iyanyu isi igeze kure mugatitura Iy Imana
Amen Amen turafashijwe 🎉🎉🎉❤❤❤
Amen
Komera mutama
Amen amen
Amena
Ukuri kuzuye amena
Nyamukuru nuko Yezu yavuts!ivyitariki ntaco vyica Iman yaduhay isi ngo tuyicordone yarabwiy Adam ngo vyite Amazina nn Iman vyar kuyinanira kuyita Amazina??
Twerek Aho Iman yaremy imodoka amarori......mug urabikoresha?
Iyo uvugako Yezu atavuts arivyo babesha sinon kuvuga tuyihimbaz le 25/12 ni kworganisa isi kugira ntihabe ubusimbirahamw umw wese afate itariki yiwe le 25/12 yar umusi wo guhimbaza izuba mubapagani ariko bashizeko uyo musi kuko Yezu yaj ari umuco nkuko umusalaba kera babambirako abagiz ba nabi ariko Yezu yemeye kuja kumusarab
Mzee kbsa Uri mu'zira nziza
Nanje ndabaramukije
Sindi muburundi ariko ndakunda kugukurikira kumbuga imana iguhumugisha ntakindi numva nogusabira kumana iguhe nukuramba hanyuma ubandanye utubwira ukuri kwijambo ryimana
Amahoro,urukundo Mbayahaga. Kubera iki wakoranije abantu uyu munsi itariki 25/12/2024 kandi mu rusengero rurimwo igiti ca Noheli?
Ndi kumwe nawe kuki ivyo yanka biri murusengero iwe.
Ee! Mutama urakoze kunyigisho nziza.Ariko mfise amakenga .watanguye usoma muri Jeremiah ko ibizira vyabonetse mu rusengero Kandi iwawe biriyo ntiwabibujije ahubgo wababujije kubishira mungo zabo, aho hantu gute?
Dagukunda mutama mwiza usiguraneza
Ayo maloli wa mbaye hari umwigisha numwe Uzi wa yesu yaya mbara,? Uyo musalaba wa maniste niwo nyene Yesu yabambweko? Mukwemera hariho ivyibusto
Uravuga ukuri kuzuye gusa ntibari bwumve
Ukweli kamili
Mukomere munezegwe ndamukiriza beda
ahubwo nanje ndimukuza guteranira iwawe kuko ndakunda ukuri kwawe abiyita abakozi bimana beshi ntibashaka kubwira ukuri abayoboke babo
Numva umutima wanje ubabaye kubwabantu babwigwa ukuri ntibumve ntakwataragize nukuri kubabwira ukuri
Upinga.noel kutugaye urusengero rwawe uyumusile25/12 nawewe mumisi uzohava utubwirako utavutse turagowe😂
Nanje ndabaramukije kuri TH-cam
Uyumugabo kwel uguhishurigwa ariko agukurahehe kamadini yayovye ivyo tubizi uyuwe yarokotse gute
Hanyuma buri musi ibigirwmana ababiramya batabikora, abasenga mukuri nabo baguma babaho mvuze bike
Ariko ico twemeranya Yesu n'umwami
Mbayahag nagukunda ariko Ubu ngushizeko amakenga p.
Wewe nushaka umugirekwakenga iciza nuko atariwewe uzomuhemba
Ubusesanguzi burasenzwe
Noeli bisigura no ni uguhakana eli ni Imana mumajambo make bisigura ngo nta mana ibaho niyompamvu batwereka ibishusho nudupupe bisigura ko ikibaho aribigirwamana bibujijwe kuvayo20:1-5 christmas bisigura umusi mukuru wabana watangujwe nuwitwa christ
Natwe twifadikanyenamw mudusenger turihanze kuruno musi
Biraboneka ko abapfasoni bose muriyosengero barabibona ko ariko arabesha. Muriyo sengero hariyo nkabagabo babiri gusa batwawe nubwo bubeshi
Vestine et dorcase
Ndi muriyosengero noca nisohokera. Kandi abagore bubahwe guko inyigisho ziwe ntizabafashe
nonnyakubahwa duhebekuyihinbaza ? kuko ukonukuri
None
Ivukaryayesuntiryabaye
Gamukoziwimana