Umugera wa Marburg : harajwe !

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 29 ก.ย. 2024
  • 🦠 Abantu 10 baramaze kwitaba Imana, 18 nabo baracavurwa. Aho haro gushika ejo haheze, mw'ijoro.
    🇷🇼 Ni mu Gihugu kibanyi c'Urwanda, aho ubushikiranganji bw'amagara y'abantu bumaze imisi bumenyesheje ko hateye ikiza c'umugera wa Marburg.
    👉🏽Ivyerekeye ico kiza, intsinzi y'Urunani muri Basketball, eka n'yandi, niyo makuru tubasangiza uyu musi.
    Kaze !
    #KuMusi
    #amagara

ความคิดเห็น •