AKA KANYA 🚨LE 3|8|2024 BUNYONI ATOROTSE GEREZA KOKO? DORE IBIBAYE MU BURUNDI NYUMA Y'UKO AGIYE💸💰
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 21 ต.ค. 2024
- #ishamitv #amakuru #burundi #rwanda #rdc
CONTACT US: umuzungu15@gmail.com
Join ISHAMI TV WhatsApp Group: chat.whatsapp....
Amakuru mashya ku Rwanda na Congo
Find us on Facebook: bit.ly/4aZt0k0
Follow us on X: bit.ly/3SeOaDv
Follow us on Instagam: bit.ly/3O4ZQq5
Ishami TV Website: ishami.rw/
And please don't forget to subscribe: ISHAMI TV: bit.ly/3vEnB1W
#m23 #amakuru #goma #sadc #m23 #fardc #rwanda #congo #amakuru #uburundi, #goma #afc, #amakuru #congo
Ndayishimiye yaramupangiye,baramwishe muzabibona.
None kweli mwembwe ivyomuvuga biba arivyo kweli
𝐀𝐦𝐚𝐤𝐮𝐫𝐮 𝐲𝐚𝐧𝐲𝐮 𝐧𝐝𝐚𝐲𝐞𝐦𝐞𝐫𝐚!
Shaaa ishami tv mwironderera ama views kuri TH-cam. Mufise ububenshi bwinshi cane! Bamuvuga amakuru yanyu murwanda
Ur umujinga sana
Ugira chainel ukabura amakuru
J.Pierre yigize kabizi nkuko umengo ivyavuga vyose nukuri harimwo vyo harimwo nibitari vyo ivyo uvuze nibihuha sivyo Bunyoni ntiyatorotse aracafunzwe ari mw'ibohero i Gitega nivyo vyo kuja muri Kira sivyo n'ububeshi.
Gabanya ububesh ico nikinyoma gusa
𝐊𝐨𝐦𝐞𝐳𝐚 𝐦𝐮𝐭𝐮𝐯𝐮𝐠𝐢𝐫𝐞 𝐤𝐛𝐱!
Ibijuju mwararwiriye
Murabesha bunyoni ntiyatorotse kuberiki abanyagwanda mumezuko
Mugeze aho.ayomakuru iyomuyakura nyabuna ntimukwegere benshi
Ndabemera
bamwishe.weeee
Ububeshi com ntiyatorotse
Mbe mwarassze canke? Clement Bagemahe wee kuri mu Rwanda ivyo uvuga wabikuye hehe? Mwa babeshi mwe!
Ni mukure ububeshi ngaho.
Ayo makuru,ko bavuga Yuko munesha,abanyamakuru babesha.
Murimwebwe uwofatwa twomuryabona kuko muvugububesh
twarabahinyuy kububesh bwanyu
Urya nigikoko numvise koyacitse ntivyontangaza!!!
Ico mu rondera Kubutaka bwa ntare ntaco muzopfa mwararonse
ububeshi bwenyuza
have vuga ivyiwanyu ububeshi gusa
Kubesha nicaha😢
Niba inkuru Ibaye impamo president NEVA arire mpebyi. Arye impamba.
Ivyovyamukozeho baramwica kabarira mugorewe ko atabonye iyombwa yiyahura umugore agendiwabo yibiyombwa arayimuzanira umwami asanze icocana cimbwa cagiye atintayibonye najendiyahura
Mwebwe urubuga rwanyu rurakwiye gufutwa kuri TH-cam kuk amakuru mutanga yose nayibinyoma
Jewe ndemera ko muri ababeshi
Toka mwababeshimwe
Ni bibiri bashobora nokuba bamwishe kuki ntawurafatwa mubari bamurinze.
Namwe bamurabana nivyanyu gusa muriko mutubesha
None ababa nyarwanda inkuru zomuburundi bazikuyehe twebwe tuba muburundi tutazi tutabonye ntasoni kubesha bigeziyohose mwa bibwamwe vya banyarwanda
Jewe fise ibibazo Abantu kobavuga ububeshi gusa barunguka
Barunguka kuko ubiravye baba bungutse nukurondera ama views ntakintu nakimwe cukuri bavuga
Yotorok bigenz gt
Ko mubesha mwoza mu vuga I ivyubaka
Atoroste boba bamwishe ! 😂😂 Huum, umuntu wese vyitwa ko yatorotse aba yarishwe! Nigiki cerekana ko bunyoni yatorotse ? Hari signe nimwe yabantu bamubonye hanze yatorotse !!!!
Ivyovyo nagahoma munwa muze!
Quelle radio poubelle!!!
Haryayabivuze mumarenga maconco yarumukwe wumwami acagombako bamuhimbwa yumwami atuma umugorewiwe kumuzanira yasebukwe ibindivyose ntivyamubumba agombaimbwa yumwami
Nimw mwamutorokeshej mwabicucu mwe kwanza iyi chaine ndayivuyeko murabesha cne ...
Iherezo baramwica kuberiyombwa
Mbe mwambwamwe zabanyarwanda mufise ikibazokihe komutavuga iyombwayanyukagame arwayesida apimibiro 25komutibanda urwandamwabahimbirimwe
Imbwa urwaye sida niso wa kigoryi kagame uramuvuga ubona anganya ubwenge na sendagara wanyu papa biryo uri injiji wa mbwa we
😂
Urwanda muzopfa nabi mutuzwe nuburundi😂😂
Akaga Chanel sinzi impamvu kasesema ibinyomagusa ntakindigashoboye
Be mureka kuvuga ayamuhe 😅😅😅be muvuga ivyo mwatohoje.nimba mugomba ama views twoyabaga kubuntu mutarinze kubesha 😢😢
Ndabemera
Muravyemeza?