ไม่สามารถเล่นวิดีโอนี้
ขออภัยในความไม่สะดวก

IVY'UKWIYE KUMENYA MBERE Y'UKO USHINGA URUGO.//PASTEUR PROSPER IYAKAREMYE...INYIGISHO YOSE IR'INYUMA

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 16 ส.ค. 2023
  • / @ptgaministry
    +260979085006
    P.T.G.A MINISTRY
    Shalom chers frères et sœurs en Christ, iyi ni P.T.G.A(Profitons de la Technologie pour Gagner d'Âmes).
    P.T.G.A ni igikorwa gikwiragiza ubutumwa bwiza bwa Yesu Kristo mu buryo bwose, mu bice bitandukanye bw'imibereho y'abantu, mu ndimi zitandukanye, dufise intumbero yo kuzana imitima ya benshi kuri Yesu biciye mur'ubu buhinga bwa none (technologie), twitije ama réseaux sociaux (social medias) atandukanye.
    Hanyuma muramutse mushaka kutugira inama, canke ikindi kintu cose c'intererano.
    Mwoduhamagara kur'iyi numero :
    +260979085006 iri no kuri WhatsApp.
    Facebook: / ptgani
    E-mail: nizigiyimanaolivier0@gmail.com.
    Murakoze cane Umwami Imana Abahezagire.

ความคิดเห็น • 9