- 80
- 65 854
PENTECÔTE MONTRÉAL
Canada
เข้าร่วมเมื่อ 8 ก.ค. 2023
วีดีโอ
CHORALE Y’URWARUKA YA MONTRÉAL NA OTTAWA BARIRIMBIRA HAMWE MUGITERAMO C’INDIRIMBO
มุมมอง 1.2Kวันที่ผ่านมา
CHORALE Y’URWARUKA YA MONTRÉAL NA OTTAWA BARIRIMBIRA HAMWE MUGITERAMO C’INDIRIMBO
Prédication Rév. pasteur Samuel NIYUNGEKO
มุมมอง 17114 วันที่ผ่านมา
Prédication Rév. pasteur Samuel NIYUNGEKO
Prédication Évangeliste. Patrick RIVUZUMWAMI
มุมมอง 9521 วันที่ผ่านมา
Prédication Évangeliste. Patrick RIVUZUMWAMI
Prédication Pasteur Jean-Marie NCUNGUYINKA
มุมมอง 135หลายเดือนก่อน
Mwiyubare cane uburyo mugenda (Efeso 5:15-21) 1. Ntimugende nk'imburabwenge, ARIKO mugende nk'abanyabwenge (vv.15-16) 2. Ntimube ibipfu, ARIKO mutahure ivy'Umwami wacu agomba ivyo arivyo (v.17) 3. Ntimukaborerwe vino irimwo ubuhumbu, ARIKO mwuzure Mpwemu (v.18) 3.A: Urukundo = Mubwirane Zaburi, mukomezanye (v.19) 3.B: Gushima Imana = Imana yadukoreye ibihambaye, yaduhaye agakiza (v.20) 3.C: Kwi...
Prédication Pasteur SALVATOR Sindayigaya
มุมมอง 170หลายเดือนก่อน
Prédication - Dimanche 07 Juillet 2024
Prédication Pasteur Therence BIZINDAVYI
มุมมอง 119หลายเดือนก่อน
Prédication Pasteur Therence BIZINDAVYI
Prédication Jean de Dieu BASABAKWINSHI
มุมมอง 786หลายเดือนก่อน
Prédication Jean de Dieu BASABAKWINSHI
Prédication Pasteur Lazare MANIRANKUNDA
มุมมอง 2.5K2 หลายเดือนก่อน
Prédication Pasteur Lazare MANIRANKUNDA
Prédication Pasteur Bakundimana Levis
มุมมอง 3222 หลายเดือนก่อน
Prédication Pasteur Bakundimana Levis
Prédication Pasteur Salvator Ndikumasabo
มุมมอง 10K2 หลายเดือนก่อน
Prédication Pasteur Salvator Ndikumasabo
Prédicatiom Pasteur Thaddee NDAYIRAGIJE
มุมมอง 1872 หลายเดือนก่อน
Prédicatiom Pasteur Thaddee NDAYIRAGIJE
Prédication du Révérend Pasteur Samuel NIYUNGEKO
มุมมอง 7162 หลายเดือนก่อน
Prédication du Révérend Pasteur Samuel NIYUNGEKO
Prédication Evangéliste NDAYINGINGE NATHAN
มุมมอง 1823 หลายเดือนก่อน
Prédication Evangéliste NDAYINGINGE NATHAN
Predication Pasteur Therence BIZINDAVYI
มุมมอง 1643 หลายเดือนก่อน
Predication Pasteur Therence BIZINDAVYI
Prédication Pasteur Damascène NIMUBONA
มุมมอง 1374 หลายเดือนก่อน
Prédication Pasteur Damascène NIMUBONA
Prédicatiom Pasteur Thaddee NDAYIRAGIJE
มุมมอง 944 หลายเดือนก่อน
Prédicatiom Pasteur Thaddee NDAYIRAGIJE
Prédication du Dimanche 25 août 2024 par Pasteur Jérôme MUHIRWA // Mepc - Montréal
มุมมอง 1364 หลายเดือนก่อน
Prédication du Dimanche 25 août 2024 par Pasteur Jérôme MUHIRWA // Mepc - Montréal
Év. Innocent VYIZIGIRO - Dimanche 14 Juillet 2024
มุมมอง 1365 หลายเดือนก่อน
Év. Innocent VYIZIGIRO - Dimanche 14 Juillet 2024
Pasteur Thaddee NDAYIRAGIJE - Samedi 13 Juillet 2024
มุมมอง 1035 หลายเดือนก่อน
Pasteur Thaddee NDAYIRAGIJE - Samedi 13 Juillet 2024
Past. Salvator sindayigaya - Dimanche 07 Juillet 2024
มุมมอง 1026 หลายเดือนก่อน
Past. Salvator sindayigaya - Dimanche 07 Juillet 2024
Past. Damascène NIMUBONA - Dimanche 30 Juin 2024
มุมมอง 1076 หลายเดือนก่อน
Past. Damascène NIMUBONA - Dimanche 30 Juin 2024
Pasteur Jean de Dieu NSENGIYUMVA - Dimanche 30 Juin 2024
มุมมอง 1176 หลายเดือนก่อน
Pasteur Jean de Dieu NSENGIYUMVA - Dimanche 30 Juin 2024
Évangéliste Georges HAKIZIMANA - Dimanche 23 Juin 2024
มุมมอง 1516 หลายเดือนก่อน
Évangéliste Georges HAKIZIMANA - Dimanche 23 Juin 2024
Réverand Pasteur Samuel USABWIMANA - Dimanche 16 Juin 2024
มุมมอง 2K6 หลายเดือนก่อน
Réverand Pasteur Samuel USABWIMANA - Dimanche 16 Juin 2024
Yesu akongere amavuta
Turabashimira cane igikogwa mukora co kuvuga ubutumwa Imana ibahezagire cane ariko ndabasaba ngo musenge Imana ibahishurire une strategie mwokoresha kugira n'abandi les canadiens baze nabo bumve amajambo meza y'ubugingo
Pasteur IMANA izibah iherezo ryiza.waraturez nez muri université.
Ndanezerewe nokwongra kukwumva cane 1:56
Ameeeeeen
Nukur Iman iyitamb haf MBA naramuts njikuzim non yarahabay irandenger
🎉
IOWA turabakunda cane. Ariko munyereke umuvyeyi wanje yitwa Mariya NIRAGIRA !
Amen
AMEN AMEN HAPPY NEW YEAR
Hezagigw mwunger wacu mwiza turakwemera
Mukomeze kwibera muri Mpwemu muzogumye agakiza turabakunze caaaane Imana ibahezagire caaane kandi tubifurije umwaka mwiza wa 2025.
🎉🎉🎉 amen
Amen uhora ho abagwizeko amavuta.
Umwungere mwiza yuzuye ubwenge bwinshi, ùbugwaneza n'ubwitonzi.Uhoraho azobahe kuramba
Amen
IMANA ihezagire aba bakozi B'IMANA Ibahe Imigisha myishi
Ukomeze kwongerwa amavuta n'uwagutumye muvyeyi, ukomeze kwamamaza inkuru ya Yesu kugeza ku mpera y'isi.
Ooo mana komeza umukoziwawe,mumurimowamujeje, imana ibanenawe muntuwimana, muga twagukumbuye kandi,ariko turanezerewekukubona,imanibanenamwe ahujahose
Tugufiseko vyinshi tukwibukirako muri encadrement universitaire ntituzokwibagira
Mana wee
Uragahezagirwa n'Uwo ukorera mutama wacu!
Turabakumbuye Bakozi B'IMANA
Hezagirwa mukozi w'Imana
N'ukuri mwene Data
Iman iguhezagire watuberey umugisha muri kaminuza y'uburundi
❤
Imana ibahe umugusha kubagira munzira yayo bayubaha
Merci
Inocent Mon Grand Frere ndanezereze nokubona ningene w'interpretant neza
Very have kubona uri kugaburira itorero ry’Imana…
Good
Nagize ubukwe itariki 19 déc.1994 yampaye imodoka y'Ubukwe n'umushoferi wayo nari nataye umutw naibuze IMANA IZE YIBUKE IVYIZA YANKOREYE Amèn!
Jewe mugihe Papa wanyu yabazana kubandikisha mugice ku ntahangwa muri 2, nije nakorana n'a Mwalimu ,Patrice Ntukamazina n' abandi NSOBANURA MU GISWAHILI
Shallom ndagusavye Yanick Untangire iyi ntasho k'Umuvyeyi wawe Basabakwinshi mushimira ivyiza yankoreye nitwa Banyankirubusa Paul!
Igihe cose nibutse iyi choras Birakubereye nca nkumbura umuvyeyi wacu. Umwami Yesu abahezagire cane Pasteur mwatubereye umurezi muri encadrement ntituzovyibagira.
Deus abençoe ricamente ❤
Merveilleux, que Dieu benisse richement son serviteur
Amen murakoze
Umuvyeyi wacu Yesu Amuhezagire cane
Agakiza nako muri Christo Yesu Agakiza nakumuntu kugiti ciwe Abasirikare batahoze bakarya amafaranga bakongera bakamamaza ubutumwa bwiza nanje nkabimenya
Amen
Ndazegwa.cane.iyombonye.umwungere..samweli.ariko.avugujambo.ryimana.umwamimana.abandanye.kumuzimana
Ndaryohehwe kukwumva muvyeyi wacu watubereye umugisha ariko ntuzogumeye turacagukeneye
Ndahamya ko uwo mukozi w'Imana yahamagawe n'Imana p
Mon patron ndagukunda♥️♥️
Amen!
Pasteur wacu IMana IMUHEZAGIRE cane YATUBEREYE akarorero keza❤❤❤❤
Umuvyeyi wanje guhera muri kaminuza kugeza nubu. Yesu azobahembe ijuru kabisa
Imisi irahitavuba semerera Igitsibo carateguwe