Eric Tailleur Company
Eric Tailleur Company
  • 28
  • 14 918
Vyose birahari....
Umviriza nawe wahora uhangayika kwa Eric Tailleur ntakibuze
มุมมอง: 19

วีดีโอ

Kwa Eric Taileur ariwe ntazimba adufitiye bishasha kumachine,umviriza nawe
มุมมอง 29หลายเดือนก่อน
Ukaba wipfuza imachine kugiciro gitera umworo kumwenyura ntimwitinye no kuranguza araranguza,Eric Tailleur yaje hageze,karibu cane.... Ufise ico ubaza akura canke wandike kuri : 79 493 329 na 69 159 813
Iyi bonus ntibacike
มุมมอง 5หลายเดือนก่อน
Kwa Eric Tailleur tuguma tubazanira bishasha,ng'aya ya ma machine y'ubwoko bwose mwadutuma! Uwurangura n'uwugura imwe bose turabakira ,ingo muyoragure ni BONUS gusa....
Promotion uniforme chez Eric Tailleur
มุมมอง 132 หลายเดือนก่อน
Naho bamwe bavuga ko ibintu vyazivye,kwa Eric Tailleur si ukugurisha turaganura,ukaba utaragura ibitambara vyo gushoneshamwo impuzu wipfuza,na vya bitambara vya uniformed,nyarukira kwa Eric Tailleur tubibahe!Mubwirane twagabanije ibiciro...karibu,tubahaye ikaze
Nezererwa bishasha
มุมมอง 72 หลายเดือนก่อน
Ikibanza ciza,service nziza,abakozi bakirana neza vyinshi umviriza Eric Tailleur
La Colombe ahantu hambere heza....
มุมมอง 103 หลายเดือนก่อน
Ukaba wipfuza ahantu hambere heza ho kurara baca bakuzanira n'ibifungurwa ndetse n'ibinyobwa wipfuza ntahandi ubisanga atari kuri La Colombe muri Quartier Nyabisindu umviriza vyishi
Magazin yambere y'amateka
มุมมอง 294 หลายเดือนก่อน
Mukaba mwipfuza kumenya vyishi mwateguriwe na Magasin Eric Tailleur mukurikirana iyi vidéo yose
Ivyo utari uzi kwa Eric Tailleur
มุมมอง 84 หลายเดือนก่อน
Agakuru keza kubari kure nahafi mugasanga ngaha!Umviriza nawe...
Bishasha ubuhoho.....
มุมมอง 355 หลายเดือนก่อน
Eric tailleur yiyemeje kworohereza abakunzi biwe mukubazanira ivyo mwamutumye vyose.... Umviriza ubu butumwa burakomeye cane
lmachine z'akataraboneka
มุมมอง 355 หลายเดือนก่อน
nubwo twari tumaze igihe tutavuga kuri runo rubuga,twagira tubamenyeshe ko ubu tugiye kuza turabazanira bishasha..... lrabire,murahumvira vyishi..,
Irabire nawe.....
มุมมอง 338 หลายเดือนก่อน
Kwa Eric Tailleur tubafitiye vyavyuma vyogukora imachine zo kubarira ntihagire imachine musubira guta
Umwaka wa bashasha gusa
มุมมอง 809 หลายเดือนก่อน
Muze muri beshi tubafitiye bishasha inyuma ya promotion Umwaka tuwutanguranye inguvu nshasha kwa Eric Tailleur
Ni rya nawe....
มุมมอง 1010 หลายเดือนก่อน
Bagenzi Promotion ntibacike n'ubu irabandanya ! Umviriza nawe....
Promotion irabandanya muri bino bihe turiko turangiza umwaka..,
มุมมอง 3410 หลายเดือนก่อน
Aka karyo ni akawe...ntucikwe nibi bihe vyiza
Ntituyaga amasigaracicaro
มุมมอง 3210 หลายเดือนก่อน
Ng'uyu uwuhejeje kwitahanira ibahasha zibiri muri ya promotion kuko ahejeje kugura imachine zibiri nyene! Kaze promotion irabandanya...
Iryavuzwe riratashe....
มุมมอง 1611 หลายเดือนก่อน
Iryavuzwe riratashe....
Umwaka mushasha wamose ....
มุมมอง 20611 หลายเดือนก่อน
Umwaka mushasha wamose ....
Ibidasanzwe kuri La Colombe Bar
มุมมอง 3711 หลายเดือนก่อน
Ibidasanzwe kuri La Colombe Bar
modèle zigezweho
มุมมอง 18ปีที่แล้ว
modèle zigezweho
Vyishi vyavuye ku mwete....
มุมมอง 14ปีที่แล้ว
Vyishi vyavuye ku mwete....
Ukwihangana...
มุมมอง 51ปีที่แล้ว
Ukwihangana...
Ikibanza c'akaroruhore
มุมมอง 7ปีที่แล้ว
Ikibanza c'akaroruhore
Ibi vyo ntibigucike
มุมมอง 72ปีที่แล้ว
Ibi vyo ntibigucike
La colombe Bar,Quest House
มุมมอง 19ปีที่แล้ว
La colombe Bar,Quest House
Ibishasha gusa....
มุมมอง 14Kปีที่แล้ว
Ibishasha gusa....
La Colombe Bar nshasha....
มุมมอง 13ปีที่แล้ว
La Colombe Bar nshasha....
Ikibanza gishasha i Gitega
มุมมอง 22ปีที่แล้ว
Ikibanza gishasha i Gitega
Bishasha iwacu i Gitega
มุมมอง 27ปีที่แล้ว
Bishasha iwacu i Gitega