- 433
- 330 325
Radio Maria Burundi
Tanzania
เข้าร่วมเมื่อ 30 เม.ย. 2013
Intahe ya Yezu si intahe isanzwe ni intahe ikomeye kuko iri muri we.
Intahe ya Yezu si intahe isanzwe ni intahe ikomeye kuko iri muri we.
มุมมอง: 1 426
วีดีโอ
Igipimo c'Urukundo dufitiye Imana tutabona, n'urukundo twinanatira kugirira benewacu mu biboneka
มุมมอง 1.1K7 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Igipimo c'Urukundo dufitiye Imana tutabona, n'urukundo twinanatira kugirira benewacu mu biboneka
Urukundo rw'Imana nirwo ruduha gutsinda ubwoba bwo kubaho
มุมมอง 9059 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Insiguro y'Ijambo ry'Imana - Ku wa gatatu inyuma ya Epifaniya y'Umukama 08.01.2025 Urukundo rw'Imana muri twebwe ni rwo ruduha gutsinda ubwoba bwo kubaho kuko rudutahuza ko tutariho kubw'ukwibako kwacu gusa, hashobora kugera ibihe bimwe bimwe kukarengerwa, kukananirwa
Urukundo rushikanye abarusangiye mu Mukama, n'ingabirano y'Umukama n'umwimenyerezo warwo udahera.
มุมมอง 7449 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Urukundo rushikanye abarusangiye mu Mukama, n'ingabirano y'Umukama n'umwimenyerezo warwo udahera.
Patiri Juvenal Nzohabonayo aratubwira Ibikorwa vyaranguwe n'imikangara y'Imana mu myaka 50 bamaze
มุมมอง 29212 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Mu kiganiro yahaye abanditsi n'abamenyeshamakuru, Patiri Juvenal Nzohabonayo ajejwe ibikorwa vya Papa vyo gukwiza inkuru nziza hose (OPM) yaramenyesheje ibikorwa bikuru bikuru vyaranguwe n'Imikangara y'Imana mu myaka 50 iheze ubutumwa bw'imikangara butanguye hano mu burundi. Yarongeye atera akamo imikangara n'urundi rwaruka k'ukuntu bokwitwara muri iki gihe tugiye kwinjira mu matora #opm #radio...
Ukwimenyesha kwa Yezu ni ugushinga ihema n'icicaro ciwe iwacu na harya hakiri umwijima mu buzima
มุมมอง 61614 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Ukwimenyesha kwa Yezu ni ugushinga ihema n'icicaro ciwe iwacu na harya hakiri umwijima mu buzima
Epifaniya: Yezu niwe nyenyeri y'ukuri imurika mumwijima ngo ntituzimire. Natwe tumenye kuyikurikira
มุมมอง 2.9K14 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Epifaniya: Yezu niwe nyenyeri y'ukuri imurika mumwijima ngo ntituzimire. Natwe tumenye kuyikurikira
Ukubisikanya, tukajabutsa ubuzima, bigenda neza igihe tumenye kwihweza Yezu aje atugana
มุมมอง 95021 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Ukubisikanya, tukajabutsa ubuzima, bigenda neza igihe tumenye kwihweza Yezu aje atugana
Yezu ni umuntu kandi ni Imana. Hanze yiwe, umuntu ntashobora kumenya icari koko.
มุมมอง 99721 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Yezu ni umuntu kandi ni Imana. Hanze yiwe, umuntu ntashobora kumenya icari koko.
Ni mu mwana w'Imana yatuvukiye, twagabanye rya teka ntagereranywa ryo kuba abana b'Imana
มุมมอง 766วันที่ผ่านมา
Ni mu mwana w'Imana yatuvukiye, twagabanye rya teka ntagereranywa ryo kuba abana b'Imana
Umukiza yatuvukiye atuzanira Uruhoza rwiwe ngo tugabane ivuka rishasha muri we
มุมมอง 1.3Kวันที่ผ่านมา
Umukiza yatuvukiye atuzanira Uruhoza rwiwe ngo tugabane ivuka rishasha muri we
Uwurondera gusambura urugo aba arondera gusambura isi n'abayibako | Musenyeri Gervais Banshimiyubusa
มุมมอง 7K14 วันที่ผ่านมา
Urugo niryo tanguriro ry'umuryango uwariwo wose - w'igihugu/ukwemera. Uwurondera gusambura urugo aba arondera gusambura isi n'abayibako. Insiguro y'Ijambo ry'Imana ku musi w'imana igenekerezo rya 29 Kigarama 2025 mu nsiguro ya Musenyeri Gervais Banshimiyubusa, Umwungere wa Diyoseze ya Bujumbura. #radiomariaburundi
Ukwuyimvamwo ko dukundwa na Yezu, bidutuma tunyaruka kurimbura neza mu kwemera ko Umukama ari muzima
มุมมอง 86014 วันที่ผ่านมา
Ukwuyimvamwo ko dukundwa na Yezu, bidutuma tunyaruka kurimbura neza mu kwemera ko Umukama ari muzima
Inyigisho y'Umwungere wa Diyoseze nkuru ya Bujumbura ku musi mukuru wa Noël
มุมมอง 19K14 วันที่ผ่านมา
Inyigisho y'Umwungere wa Diyoseze nkuru ya Bujumbura, Musenyeti Gervais Banshimiyubusa, ku musi mukuru wa Noël Naho mwobura ico musangira kiboneka, musangire akanyamuneza n'amahoro akana Yezu kabasangije mukubavukiramwo. Jambo yigize umuntu abana natwe, Niwe nyene ubwayo yiyiziye, ntiyabaye agituma umuntu ngo azane urukiza n'amahoro #noel #noël #burundi #bujumbura #homéliedujour #homélie #bansh...
Urupfu rwa Stefano, ni ikimenyetso c'uko aKana Yezu kaje ku butumwa bukomeye bwo kurokora abantu.
มุมมอง 62514 วันที่ผ่านมา
Urupfu rwa Stefano, ni ikimenyetso c'uko aKana Yezu kaje ku butumwa bukomeye bwo kurokora abantu.
Mu giteramo ca Noel tugaragaza yuko ivuka rya Yezu ari rikuru cane, tukariteramira. - A. Felix FUPI
มุมมอง 2.5K14 วันที่ผ่านมา
Mu giteramo ca Noel tugaragaza yuko ivuka rya Yezu ari rikuru cane, tukariteramira. - A. Felix FUPI
Twamane umwizero Ku Mana kuko irishura
มุมมอง 3.1K14 วันที่ผ่านมา
Twamane umwizero Ku Mana kuko irishura
Imana iyo itevye kuduha igisanzwe tuyisaba, iba ishaka kutugira ikimenyetso c'Ubuntu bwayo mu bandi
มุมมอง 2.4K21 วันที่ผ่านมา
Imana iyo itevye kuduha igisanzwe tuyisaba, iba ishaka kutugira ikimenyetso c'Ubuntu bwayo mu bandi
Ubukiriro Messiya aduha, burafatira ku gihugu, bukazanana imbonakazoza be n'indoto vy'umuntu ukwiwe
มุมมอง 1.4K21 วันที่ผ่านมา
Ubukiriro Messiya aduha, burafatira ku gihugu, bukazanana imbonakazoza be n'indoto vy'umuntu ukwiwe
Ejo heza harategurwa mu gutegura imiryango yacu n'abacu kugenda bahagana neza mumuhango w'Umukama
มุมมอง 1.2K21 วันที่ผ่านมา
Ejo heza harategurwa mu gutegura imiryango yacu n'abacu kugenda bahagana neza mumuhango w'Umukama
Umukama ni mwiza, mu rugendo rw'ubuzima bwâcu aradukingira muri vyinshi tudaca n'ikanda
มุมมอง 1.1K21 วันที่ผ่านมา
Umukama ni mwiza, mu rugendo rw'ubuzima bwâcu aradukingira muri vyinshi tudaca n'ikanda
Inyigisho y’inama y’abepiskopi katorika b'i Burundi yugurura yubile y’imyaka 2025 y’ekleziya
มุมมอง 3.7K28 วันที่ผ่านมา
Inyigisho y’inama y’abepiskopi katorika b'i Burundi yugurura yubile y’imyaka 2025 y’ekleziya
Umukama haraho tumubera imburabugirire. Ubushikiro budufashe gukira aho tubera Imana ba ntahomfatwa
มุมมอง 2K28 วันที่ผ่านมา
Umukama haraho tumubera imburabugirire. Ubushikiro budufashe gukira aho tubera Imana ba ntahomfatwa
Igihe c'Ubushikiro n'igihe c'ukwizigira ugutabarwa n'Umukama
มุมมอง 1Kหลายเดือนก่อน
Igihe c'Ubushikiro n'igihe c'ukwizigira ugutabarwa n'Umukama
Mu buzima, twëse turaruha kuko turi ibiremwa ariko abizera Umukama bo baronka amagara mashasha
มุมมอง 3.4Kหลายเดือนก่อน
Mu buzima, twëse turaruha kuko turi ibiremwa ariko abizera Umukama bo baronka amagara mashasha
Uruhoza rw'Umukama ruzanana mukumucira inzira mu buzima bwacu
มุมมอง 1Kหลายเดือนก่อน
Uruhoza rw'Umukama ruzanana mukumucira inzira mu buzima bwacu
Isamwa ata gicumuro rya Bikira Mariya ni Igitangaza c'Ubuntu n'ububasha bw'Imana bidukiza
มุมมอง 1.5Kหลายเดือนก่อน
Isamwa ata gicumuro rya Bikira Mariya ni Igitangaza c'Ubuntu n'ububasha bw'Imana bidukiza
Nidutegure inzira z'umukama muguhindura ubuzima bwacu rukristu | Patiri Agathon GAHUNGU
มุมมอง 4.9Kหลายเดือนก่อน
Nidutegure inzira z'umukama muguhindura ubuzima bwacu rukristu | Patiri Agathon GAHUNGU
Messiya agaragara mu kudukiza uruhumyi rutuma tutabona ngo twakire ubuzima mw'ishaka ry'Imana
มุมมอง 1.5Kหลายเดือนก่อน
Messiya agaragara mu kudukiza uruhumyi rutuma tutabona ngo twakire ubuzima mw'ishaka ry'Imana
Ikidukingira vy'ukuri Ibitero vyose ni ukwitwararika kurangura ugushaka kw'Imana mu guca bugufi
มุมมอง 2.2Kหลายเดือนก่อน
Ikidukingira vy'ukuri Ibitero vyose ni ukwitwararika kurangura ugushaka kw'Imana mu guca bugufi
Amen amen ❤❤❤
Yezu Mukiza wanje kaze ungendere ndazi uraganje mu Burundi kw'isi uraganje mu miryango ingo unyiyereke uKundi mwami wanje
Kristu.shemezwa
Yezu najewe ubishatse wonkiza imyuka mibi iza kuniga no kunshurashuza ndyame mw, ijoro.
Ivyo bintu biragoye kumwana w, umuntu keretse ugiriwe Ubuntu. Vyokunda urya yakugiriye nabi arekeye ngaho. Mugabo abandanije baragoye Patiri kumurekurira cg kumukunda. Gusa ico nokora n,ukutamwipfuriza akabi, cg ngo ndamugirire nabi, mugabo ndamwirinda basha washaka na contact ziwe nkakata kugira ngo ntihagire ikindi kiduhuza ,akababaho nkabaho tugahana amahoro. Burya no kuba muri iyi si bisaba ubwenge n,ubushishozi
Kristu shemezwa
Imana ihabw'icubahiro.Ndakunda Ekleziya Garorika.
Imana iduhe ubukomezi turindire inyishu twihanganye
𝕂𝕣𝕚𝕤𝕥𝕦 𝕪𝕖𝕫𝕦 𝕒𝕜𝕦𝕫𝕨𝕖 𝕦𝕪𝕦 𝕞𝕦𝕡𝕒𝕕𝕚𝕣𝕚 𝕟𝕕𝕒𝕞𝕨𝕖𝕞𝕖𝕣𝕒 𝕒𝕞𝕗𝕒𝕤𝕙𝕒 𝕜𝕦𝕣𝕦𝕤𝕙𝕒𝕙𝕠 𝕜𝕦𝕣𝕒𝕜𝕚𝕣𝕒 𝕚𝕓𝕪𝕚𝕛𝕦𝕣𝕦
Kristo shemezwa
Kristu shemezwa
Erega patiri n,igisomwa ca mbere n,ica kabiri turabikeneye. Mudusomera injili yonye
Amen🎉🎉🎉 Murakoze basaseredoti b'Umukama kunyigisho nziza mudusangije 🙏🙏 Duhorane IMANA 🙏🙏 ♥️
Kristu shemezwa
Christu shemezwa
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉
Uri mwiza caaane Mukama Yezu kandi ndagusavye gumana nanje
🙏
🙏
❤❤❤
Kristu shemezwa
Uri mwiza caaane Mukama Yezu kandi ndagusavye gumana nanje
Uri mwiza caaane Mukama Yezu kandi ndagusavye gumana nanje
Kristu shemezwa
Murakoze cane. Ndakunda inyigisho zanyu.
Kristu shemezwa
Dufashe Mukama YEZU KRISTU urukundo nyakuri ruva kuri wew kugira tuzoronke ubuhirwe bidahera Amen 🧎.
Amen amen
Kristu shemezwa
Imikangara y'Imana
Kandi ndashobora gukunda Imana utabona udakunda umuntu ubona. Na kare Yezu yarayamaze ati " N,ukuri ndabibabariye ivyo vyose mwagiriye umwe umwe mur,abo batobato nijewe mwabigiriye"
Yezu uri inyenyeri ituboneshereza imisi yse dufashye umutima wokukwirukira 🙏🙏
Kristu niwe Muco nyawo. Mukama Yezu, nyemerere nkubere inyegu ubu n'imyaka yose. Amen
Uri mwiza caaane Mukama Yezu kandi ndagusavye gumana nanje
murakoze
Kristu shemezwa
Imana ibandanye igukomeza , musacerdoti w'Umukama.
Kristu shemezwa
Kristu shemezwa
Kristu shemezwa
Uri mwiza caaane Mukama Yezu kandi ndagusavye gumana nanje
Uri mwiza caaane Mukama Yezu kandi ndagusavye gumana nanje
Amen
Aman
Kristu shemezwa
❤ 😢 muhezagirwe kunyigisho muduhaye
Kristu shemezwa
Kristu shemezwa
Amen Amen Amen 🙏
Uri mwiza caaane Mukama Yezu kandi ndagusavye gumana nanje