Mbega bwejeri Jean na Rose wo muri Canada bamwe bamacakubiri yanka abahutu niho bari bari?
Kuko abafarizayo bagira amajambo asize umunyo ariko bakora igihushane civyo bavuze= ivyo navuga ni igihushane civyo bakora
Ariko twiyamye abiyita ko bavukanye imbuto mu Burundi. Ngo nibo bavukiye gutwara abandi babe abaja babo. Padiri uzobasokoremwo agatima ko buvuga ngo umuhutu afashe inkoho yokwirasa
Iryo banga ntiryoroshe Imana ize ibane namwe. Félicitations ni musangwe intahe👏🏼👏🏼👏🏼👏🏼👏🏼
Intahe yiganze no mu makungu turabakeje.Ivyo nivyo bita gushinga icumu mu makungu
Komeza intahe mu burundi
Sangwa intahe n'ijambo bashingantahe.Imana ibakomeze muri iryo banga ntimuze mutezure kurihagararira mu kibano canyu muhereye ku ziko uwanditse maze intahe muyubahirize mu barundi mwongere muyimenyeshe no mu makungu kanatsinda mubaye akarolero mugushinga ishami ry'urwego rw'abashingantahe muri Amerika. Félicitations.
Intahee hosee🎉