- 29
- 62 389
MARIA TV LINE
Kenya
เข้าร่วมเมื่อ 6 ธ.ค. 2018
วีดีโอ
Kumusi ugira 2 Umwungere wa Eklezia yaba Orthodoxe kwisi Patriarche yahereje missa #Cathedrale
มุมมอง 94611 หลายเดือนก่อน
Kumusi ugira 2 Umwungere wa Eklezia yaba Orthodoxe kwisi Patriarche yahereje missa #Cathedrale
Umuzo wa Papa ( Patriarche) wa Orthodox church Burundi 27/11/2023
มุมมอง 79811 หลายเดือนก่อน
Umuzo wa Papa ( Patriarche) wa Orthodox church Burundi 27/11/2023
Tugaruke kuri Sanctuary Marial Mont Sion Gikungu nabakoreye iyinkuru bitegurira Jubilé de 25ans
มุมมอง 131ปีที่แล้ว
Tugaruke kuri Sanctuary Marial Mont Sion Gikungu nabakoreye iyinkuru bitegurira Jubilé de 25ans
Abihaye Imana aba Bikira b'ushaha utatyoye wa Bikira Maria Busiga Ngozi
มุมมอง 6Kปีที่แล้ว
Abihaye Imana aba Bikira b'ushaha utatyoye wa Bikira Maria Busiga Ngozi
Gende mumbere ivyabona.. Chorale Rukundo Rukaramu P.Gatumba
มุมมอง 199ปีที่แล้ว
Gende mumbere ivyabona.. Chorale Rukundo Rukaramu P.Gatumba
Ba Malaika barinzi.. Patiri Siméon na Dieudonné Alias Nyamitwe bavyina Imbere yaba Choristes
มุมมอง 121ปีที่แล้ว
Ba Malaika barinzi.. Patiri Siméon na Dieudonné Alias Nyamitwe bavyina Imbere yaba Choristes
Umunezero mwinshi kuri CHORALE DUHAY'IMANA YA RUKARAMU kwisabukuru yabo hari le 15/10/2023.
มุมมอง 62ปีที่แล้ว
Umunezero mwinshi kuri CHORALE DUHAY'IMANA YA RUKARAMU kwisabukuru yabo hari le 15/10/2023.
Warangiriye ivyiza vyinshi by Rutovu Bururi.. Agatangaza kabisa
มุมมอง 3.1Kปีที่แล้ว
Video Downloader
Kwigina Imana bidasanzwe muri Sucursal Rukaramu CHORALE DUHAY'IMANA YA RUKARAMU.
มุมมอง 109ปีที่แล้ว
Kwigina Imana bidasanzwe muri Sucursal Rukaramu CHORALE DUHAY'IMANA YA RUKARAMU.
Niki Combuza Gutambir'Imana!? CHORALE DUHAY'IMANA YA RUKARAMU P.Gatumba
มุมมอง 169ปีที่แล้ว
Niki Combuza Gutambir'Imana!? CHORALE DUHAY'IMANA YA RUKARAMU P.Gatumba
Genda murengenga mumuhereze ishimwe. CHORALE DUHAY'IMANA YA RUKARAMU P.Gatumba
มุมมอง 262ปีที่แล้ว
Genda murengenga mumuhereze ishimwe. CHORALE DUHAY'IMANA YA RUKARAMU P.Gatumba
Haguruka ugende ureke kwigungirako. CHORALE DUHAY'IMANA YA RUKARAMU
มุมมอง 132ปีที่แล้ว
Haguruka ugende ureke kwigungirako. CHORALE DUHAY'IMANA YA RUKARAMU
Nemera Imana Imwe Rudende (Crédo) CHORALE DUHAY'IMANA YA RUKARAMU P.Gatumba
มุมมอง 143ปีที่แล้ว
Nemera Imana Imwe Rudende (Crédo) CHORALE DUHAY'IMANA YA RUKARAMU P.Gatumba
Yaga Mukama tuguteze abiri. CHORALE DUHAY'IMANA YA RUKARAMU P.Gatumba
มุมมอง 86ปีที่แล้ว
Yaga Mukama tuguteze abiri. CHORALE DUHAY'IMANA YA RUKARAMU P.Gatumba
IMANA INIHAZWE MW'IJURU .CHORALE DUHAY'IMANA YA RUKARAMU P.GATUMBA
มุมมอง 291ปีที่แล้ว
IMANA INIHAZWE MW'IJURU .CHORALE DUHAY'IMANA YA RUKARAMU P.GATUMBA
Ubuzima bwaranze S.E Mgr Simon Ntamwana Kugeza ubu ikiyago twagiranye 3emeP arico canyuma.
มุมมอง 34Kปีที่แล้ว
Ubuzima bwaranze S.E Mgr Simon Ntamwana Kugeza ubu ikiyago twagiranye 3emeP arico canyuma.
Ubuzima bwaranze S.E Mgr Simon Ntamwana Kugeza ubu 2eme P.
มุมมอง 4.8Kปีที่แล้ว
Ubuzima bwaranze S.E Mgr Simon Ntamwana Kugeza ubu 2eme P.
Ubuzima bwaranze S.E Mgr Simon Ntamwana Kugeza ubu 1er P.
มุมมอง 10Kปีที่แล้ว
Ubuzima bwaranze S.E Mgr Simon Ntamwana Kugeza ubu 1er P.
INGARUKA YUKUBA MUBINTAZI, NUGUKORA IBINTU KUKUTAMENYA. 4emeP KAZE. Didier & Raymond Nimbona
มุมมอง 97ปีที่แล้ว
INGARUKA YUKUBA MUBINTAZI, NUGUKORA IBINTU KUKUTAMENYA. 4emeP KAZE. Didier & Raymond Nimbona
INGARUKA YUKUBA MUBINTAZI, NUGUKORA IBINTU KUKUTAMENYA. 3emeP KAZE. Didier & Raymond Nimbona
มุมมอง 50ปีที่แล้ว
INGARUKA YUKUBA MUBINTAZI, NUGUKORA IBINTU KUKUTAMENYA. 3emeP KAZE. Didier & Raymond Nimbona
INGARUKA YUKUBA MUBINTAZI, NUGUKORA IBINTU KUKUTAMENYA. 2emeP KAZE. Didier & Raymond Nimbona.
มุมมอง 53ปีที่แล้ว
INGARUKA YUKUBA MUBINTAZI, NUGUKORA IBINTU KUKUTAMENYA. 2emeP KAZE. Didier & Raymond Nimbona.
INGARUKA YUKUBA MUBINTAZI, NUGUKORA IBINTU KUKUTAMENYA. 1erP. KAZE. Didier NDIHOKUBWAYO.
มุมมอง 110ปีที่แล้ว
INGARUKA YUKUBA MUBINTAZI, NUGUKORA IBINTU KUKUTAMENYA. 1erP. KAZE. Didier NDIHOKUBWAYO.
Chorale St.Pierre P.Gihanga Ninga V4 D.Bubanza
มุมมอง 391ปีที่แล้ว
Chorale St.Pierre P.Gihanga Ninga V4 D.Bubanza
Imana ninziza izomudutungir nukur
Imana ninziza izomudutungir nukur
Imana ibandanye imutugumirijeho
Imana ibandanye imutugumirijeho
Didier ndakumbuyee kwumva amakuru yawee kuri radio Maria.!
Imana imudukomereze nitwari mukunwanisha abana b'lmana
Imana ibandanye kutuzigamira izokuronse impera nziza warayikoreye bishimishije.
Murakoze cane❤
Imana yararaguhaye kuramba!
Ni wirambire, muvyeyi..Uri " Bacamurwanko"..Yamara ngo " Igiti kirakurira mu babaji". Imana iracabafitiye ubutumwa muri iyi si..Ni mukomere kw'ibanga..Ese iyo Mana iherutse kubarokorera ubuzima yobandanya ibabuzigamira yongera ibabukomereza..🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Komera kwibanga muvyeyi
Imana ikuzigame ntumwa nzoza
Umukama ashishikare kumuzigamira murukundo gwiwe
Yaranzwe n'ubutwari budasanzwe, yatubereye ingabire idasanzwe mu gihugu cacu. Il sera à jamais une référence à toutes les générations
Uwo mwungere Imana ibandanye imuhezagira
Nukuri turashoboye ntankeka biragaragara❤❤❤❤
❤
Umukama amutuzigamire uwo Muvyeyi wacu.
Uyu muvyeyi avugishije ukuri
Excellente entrevue !
Muyikomere ho
Imana ibandanye kumutuzigamira Imukomeze
Murinkewa bagenzi😂
Murinkewa bagenzi😂
Murinkewa bagenzi😂
Félicitations
Mont Sion Gikungu nikirimba ceranda vyukuri... Murakoze Didier Ndihokubwayo
Niheza igihugu cacu cu Burundi
Imana imworohereze inkomezi
N'a ba papa baratubwira KO wabatwara mumuduga bagiye mumirima.hezagigwa mutama.ukuri kwawe kurubaka.
❤🙏🙏🙏
Amen 🙏🙏 yesu akomez kubajimber bant bac 😘
❤❤❤
Muvyeyi Cubahiro kizima Mgr Simon Ntamwana ndabakunda kandi caanee ese Imana mushobora vyose yobankomereza
😂😂😂😂 uyo mutama yubahwe caneee
Ntanakimwe kabisa combuza kugutazira Mukama... Merci beaucoup Chorale DUHAY'IMANA
Imana ikomeze intore zayo zayihebeye.. Mukezwe
Yaga Mukama... Murakarama kuduha ivyiza
mukomere caanee
Keep shining guys may God bless you 🎉🎉🎉
Yooooooh uyo muvyeyi Mgr Simon ndagukunda caaanee... Yezu akuzigame
Emwe ico nemera nukuri Imana yaragutoye Raymond uze wame utwigisha kandi uhorane nayo
Emwe mwigisha murakoze nukuri kutwigisha
Mukomere muri Yezu
Birahimbaye kwibonera ivyiza
Murakoze kutwereka ivyo vyiza Kenya oyeee
Urakaninahazwa Dawe mwiza
Nezaa musaza komerezaho
Dufashanye nukuri ibi bihere
Imana ibakomeze kudusangiza ivyo vyiza