- 43
- 74 354
NOBA
United States
เข้าร่วมเมื่อ 24 ก.ค. 2020
Noba ndarwiciriye ntamenyesheje inkuru nziza
Umunsi wa Kabiri wo Kumenyesha inkuru nziza kububatse: "Abo babiri bazocika umubiri umwe" Gn2, 24
Evangélisation kuri Cathédral Regina Mundi i Bujumbura, Umunsi wa kabiri wo Kumenyesha inkuru nziza kububatse: "Abo babiri bazocika umubiri umwe" Gn2, 24 na Abbé Pierre Nsengiyumva n'umuryango wa Ibert & Caritas
มุมมอง: 83
วีดีโอ
Umunsi wa mbere wo Kumenyesha inkuru nziza kububatse: "Abo babiri bazocika umubiri umwe" Gn2, 24,
มุมมอง 939 หลายเดือนก่อน
Evangélisation kuri Cathédral Regina Mundi i Bujumbura, Umunsi wa mbere wo Kumenyesha inkuru nziza kububatse: "Abo babiri bazocika umubiri umwe" Gn2, 24 , uyu munsi turazirikana "Ikibanza c'umukenyezi muri bino bihe turimwo" na Abbé FUPI Felix
Umwiherero wo kutwinjiza mu bushikiro: Dimanche
มุมมอง 1894 ปีที่แล้ว
Umwihero: Dutegure imitima yacu kwakira Jambo yigize umuntu abana natwe, Tuyishikirizwa na Père Amand KANA
Umwiherero wo kutwinjiza mu bushikiro
มุมมอง 1074 ปีที่แล้ว
Umwihero: Dutegure imitima yacu kwakira Jambo yigize umuntu abana natwe, Tuyishikirizwa na Père Amand KANA
Prière d'adoration
มุมมอง 584 ปีที่แล้ว
Famille à l'international de la Fraternité 4 Jeunesse Lumière Paroisse Sainte Anne de Musaga
Imyiteguro yo dufasha gusubira kwinagura muri Mutima Mweranda
มุมมอง 9074 ปีที่แล้ว
Imyiteguro yo dufasha gusubira kwinagura muri Mutima Mweranda na Berger Bienvenu NTIMIRWA, le Berger diocésain du Renouveau Charismatique de Bujumbura
inyigisho ya 13
มุมมอง 3.4K4 ปีที่แล้ว
Kwishikana kuri Yezu duciye kuri Bikira Maria na Père Amand KANA, le Père du foyer de charité
inyigisho ya 12
มุมมอง 9654 ปีที่แล้ว
Umuryango: Nemera Eklezia imwe na Père Amand KANA, le Père du foyer de charité
inyigisho ya 11
มุมมอง 2.7K4 ปีที่แล้ว
Urugamba rw'umutima igice ca gatatu: Ibitero vya se kibi na Père Viateur NTARATAZE
Inyigisho y'umunani
มุมมอง 13K4 ปีที่แล้ว
Ibikomere vy'umutima igice ca kabiri na Père Amand KANA, le Père du foyer de charité
Ibikomere nivyinshi jew umuntu apfuye nkavyumv mba numva KO ari ibintu bisanzwe,numv mfise umutima w'igisoda,kandi nta muntu numwe nshaka kugora ngo ndamubwir ibibazo vyanje ntanumwe mur famille numv nopfa mbwiye uko niyumva, mbabaye nijew n'a Yezu,iyo nezerewe nijew n'a Yezu gusa kuko abantu bararura 😂😂😂gusa ibikomere biratuma ubanira abandi nabi kuko uba waribabariye,kugir simbabaze abandi mva kukazi no mur chambre,Yezu natubohore nukuri ibikomere nibibi mukibano
Senganawe
Murakoze turagu❤
Amen urakoze Muvyeyi Wacu tura❤
Izina rya YEZU niryo ngabon abaryemera niho bihisha
Seigneur guéri moi mes blessures intérieur
Murakozeee cn
Dukize natwe yezu
Urakoze mukama Yezu kunyigisho uduhaye mukutumenyesha urukundo wadukunze
❤
Je suis fière d'être catholique
Amen
Yezu mukaristia nimuzim allelua
Yezu niManirakiza amen
Amen Amen
Amen Muhezagigwe csne❤❤❤
Kaz yesu
Guma. Mudukorera. Umuti. Tuzobohoka.. Kubwimana.. Imana. Izobikora. Ntakinanira. Twese. Tuzobohoka.
Ivyo. Biragoye. Non. Ntiwumvako. Ivyo bintu.. Biragoye.. Kwishura
Komera mutumwawayezu guko yagutoranije isi itararemwa.
Hezagigwa cuti yumusaraba
Amen urumukiza wacu mwami yezu
Imana iguhe.inkomezi..padi..iguhe..iguvu
Murakoze.nimugume.mudukebur..ntarwitwazo
🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼
Yezu wanjemwiza mfitigikomerekinini niteyekumutima arikondizeyeko ariwewemuganga wokunkiza
Amen amen,uko nukuri kwuzuye.
Urakoze kunyigisho nziza uduhaye, inyongeye inguvu zo kwegerimana. Imana ibandanye ibahezagiza mu gikorwa ciza yabahaye
Mwondosa audio yayo?
Yezu dushoboze kuk tutarikumwe ntacotwokwishoboza
Imananiyubahwe
🙌🏽🙌🏽🙌🏽yezu tubohore ibikomere biboneka nibitqbineka twakuye kubavyeyi.Urakoze Yezu mwiza❤
Ngwino unsendere Mana roho mutagatifu
Amen🙏
Singizwa Butatu butagatifu
Nyagasani Yezu mukiza wange mpa kugumana nawe muri kiriziya yawe!
Imana ibahe umugisha!
Ngwino yezu mukiza wange
Imana ibahe umugisha Mufite inyigisho nziza cyane.
Yezu uramperekeza mwi saklamento y'ikigongwe Yezu mwiza,Ndigaye cane,naracumuye cane
Turakwakiriye mu kama.ingo uganze imitima n'imibiri yacu
Turakwakiriye Mutima mweranda.nuninahazwe Mukama
Viens Esprit Saint
Amen
Muhezagigw abatunganij iz nyigisho
Muhezagigw abatunganij iz nyigisho
Mwarahezagiw pati mubandany mutwigish ziratwubak cne
Urakaninahazwa mukama yezu wew wadupfiriye kumusalaba
Amen
Aaaaaamn