Lydia wa maana
Lydia wa maana
  • 91
  • 145 141

วีดีโอ

ABAHUNGU BADAHA AMAHERA ABAKUNZI BABO BABAFUNGE😂||DJ FANNY ATI NIMUVE MUVYAHA MWUBAKE INGO ZANYU
มุมมอง 469 ชั่วโมงที่ผ่านมา
#lydiawamaana #burundi #bujumbura
DJ FANNY ATUYAGIYE UKO ABA DIASPORA BAHENZE WIZ DESIGNER||SAT B VYARAMUGOYE||ABANCA INTEGE BOS SWATA
มุมมอง 18812 ชั่วโมงที่ผ่านมา
#lydiawamaana ​⁠@DjFanny257 #burundi
NELLY NAT AKUBITIYE HAMWE DUMBA NA NIRNA,AGEZE KURI LEE CHARON AVUNIRA MUMAVI IBARA RIRAGUYE
มุมมอง 1.4Kวันที่ผ่านมา
#burundi #lydiawamaana #2025 #bujumbura
KIBERWA SERIES EP1: CADEAU RAVELLE, CHRIS , RÉMY NICE NA MUNYARE BARIHURIYE🔥 BONGEYE GUKORA AMATEKA
มุมมอง 1.2K14 วันที่ผ่านมา
#burundi #lydiawamaana #burundianmovie #2025
BENY SEXOLOGUE ABWIJE UKURI ABAHUZA IBITSINA BABISANGIYE🤔 IVYO ABANTU BOMENYA
มุมมอง 100หลายเดือนก่อน
#lydiawamaana #burundi
MUKIYAGO DRAMAT YAGIRANYE NA BIG ZOE,DRAMAT ABIVUZE VYOSE
มุมมอง 205หลายเดือนก่อน
#lydiawamaana #burundi #2024
NIRNA MUKABORERWE KENSHI ATUTSE NELLY NAT IBARA RIRAGUYE🤔DDUMBA na LEE CHARON BARATABAYE
มุมมอง 14Kหลายเดือนก่อน
#lydiawamaana #burundi #intertainment
Umuriro uratse🔥 Monia Fleur yongeye kubikora ahamagaye LinoG💋 Gusomana Babigize umugenzo birakomeye🥰
มุมมอง 3Kหลายเดือนก่อน
#lydiawamaana #burundi #moniafleur
INKONGORO Y'IKIBI [Ep3] SABBAS, FANNY LAVINE na DANNY BAHUJWE NA REMY NICE MURI FILM YAKATARABONEKA
มุมมอง 2.4Kหลายเดือนก่อน
#lydiawamaana #burundi #burundianmovie #SabbasNkurunziza #fannylavine
BAMENYA SERIES S14 EP20||MONEY $ 💸 BIJOUX AGARUYE BAMENYA MURUGO KWA KANIMBA?
มุมมอง 274หลายเดือนก่อน
#lydiawamaana #burundi #rwandatoday #rwandanmovies
FEU ROUGE S2 Ep2 🔥BIRAHERERAHE LUCKY KO YARAKAYE🤔
มุมมอง 1.8K2 หลายเดือนก่อน
#lydiawamaana #burundi #burundianmovie #2024
Ku ncuro yambere Monia Fleur akoze show atangaje abantu| Akoze amateka muri #dramatconcert
มุมมอง 682 หลายเดือนก่อน
Ku ncuro yambere Monia Fleur akoze show atangaje abantu| Akoze amateka muri #dramatconcert
Alvin Smith azanye Tasha Oda kuri stage bakije umuriro🔥 Drama-T Concert vyari bishushe
มุมมอง 1272 หลายเดือนก่อน
Alvin Smith azanye Tasha Oda kuri stage bakije umuriro🔥 Drama-T Concert vyari bishushe
Gusto Melanin Live Performance muri Drama-T Concert asajije abafana harahiye🔥
มุมมอง 2.7K2 หลายเดือนก่อน
Gusto Melanin Live Performance muri Drama-T Concert asajije abafana harahiye🔥
Live LinoG na Monia Fleur Urukundo rwabo bararweneje imbere y'abafana🔥 Drama-T Concert vyari 🔥
มุมมอง 1432 หลายเดือนก่อน
Live LinoG na Monia Fleur Urukundo rwabo bararweneje imbere y'abafana🔥 Drama-T Concert vyari 🔥
DJ Fernando na Alvin Smith basajije abantu kuri source du nile🔥 Iyi show wari umuriro
มุมมอง 562 หลายเดือนก่อน
DJ Fernando na Alvin Smith basajije abantu kuri source du nile🔥 Iyi show wari umuriro
Live stejini D Voice amtongoza demu wa Burundi 🔥 Show yake noma👏 Mashabiki warudia nyimbo zake zote
มุมมอง 2182 หลายเดือนก่อน
Live stejini D Voice amtongoza demu wa Burundi 🔥 Show yake noma👏 Mashabiki warudia nyimbo zake zote
Drama T yaraye akoze amateka adasanzwe mu muziki🔥 Yeretse abanyamahanga ko UBURUNDI bushoboye👏
มุมมอง 1022 หลายเดือนก่อน
Drama T yaraye akoze amateka adasanzwe mu muziki🔥 Yeretse abanyamahanga ko UBURUNDI bushoboye👏
UMUKUNZI WA IZZO CHRIS WUKURI ATUBGIYE AMABANGA YA ORNELLA NA CHRIS TUTAMENYE/SAVE THE DATE
มุมมอง 2.2K2 หลายเดือนก่อน
UMUKUNZI WA IZZO CHRIS WUKURI ATUBGIYE AMABANGA YA ORNELLA NA CHRIS TUTAMENYE/SAVE THE DATE
#Top10🇧🇮 IRABIRE ABAKINYI BA FILM 10🔥 BAKUNZWE CANE KURUSHA ABANDI MURI CINEMA Y'U BURUNDI
มุมมอง 3912 หลายเดือนก่อน
#Top10🇧🇮 IRABIRE ABAKINYI BA FILM 10🔥 BAKUNZWE CANE KURUSHA ABANDI MURI CINEMA Y'U BURUNDI
VYAMAHO SO2 PART8//AMATEKA YA BAHE BIYAKE MWAKUNZE FAKE LOVE❤️MIMI MIREILLE 🔥NONO na MIRI
มุมมอง 1342 หลายเดือนก่อน
VYAMAHO SO2 PART8//AMATEKA YA BAHE BIYAKE MWAKUNZE FAKE LOVE❤️MIMI MIREILLE 🔥NONO na MIRI
💥Tujane - Joell Drama-T&Dj Fernando🔥Top5 Artist bazokwega abantu muri Drama-T Concert🇧🇮
มุมมอง 752 หลายเดือนก่อน
💥Tujane - Joell Drama-T&Dj Fernando🔥Top5 Artist bazokwega abantu muri Drama-T Concert🇧🇮
Vlog :BIRTHDAY PARTY YA NUSRA UKO YAGENZE RABA ABAKOBGA BEZA BAYIGIYEMWO UKO BATAMVYE HARI HAHIYE🔥
มุมมอง 5662 หลายเดือนก่อน
Vlog :BIRTHDAY PARTY YA NUSRA UKO YAGENZE RABA ABAKOBGA BEZA BAYIGIYEMWO UKO BATAMVYE HARI HAHIYE🔥
INGARUKA SERIES SO8 Ep8||SABBAS AYABONYE SAYO KUVUGA🙆‍♂️😭|| N'IKI IYI RERESI🇧🇮 IRIKUKWIGISHA?
มุมมอง 12K2 หลายเดือนก่อน
INGARUKA SERIES SO8 Ep8||SABBAS AYABONYE SAYO KUVUGA🙆‍♂️😭|| N'IKI IYI RERESI🇧🇮 IRIKUKWIGISHA?
#MUTABARE🔥 Melanin boy Atanye mu mitwe na Alvin Smith| Indirimbo yiwe iteje uruhagarara 😭
มุมมอง 1442 หลายเดือนก่อน
#MUTABARE🔥 Melanin boy Atanye mu mitwe na Alvin Smith| Indirimbo yiwe iteje uruhagarara 😭
INTORE NTINDI SO2 PART6|| UBUZIMA N'AMATEKA YA ALVELLA MUHIMBARE ❤️ GUTE YAJE MU MUZIKI NA FILM
มุมมอง 3.9K2 หลายเดือนก่อน
INTORE NTINDI SO2 PART6|| UBUZIMA N'AMATEKA YA ALVELLA MUHIMBARE ❤️ GUTE YAJE MU MUZIKI NA FILM
Double Jay na DJ Paulin mu Ntambara🔥 Chameleone Ashize ukuri kwose hanze Kundirimbo #SINOKWILALANA
มุมมอง 2792 หลายเดือนก่อน
Double Jay na DJ Paulin mu Ntambara🔥 Chameleone Ashize ukuri kwose hanze Kundirimbo #SINOKWILALANA
INZIRA Y'UMUSARABA EP99🔥CYUSA IRIBAGIZA BAGIYE KWUBAKANA❤️ ISIMBI , FABIOLA NA RUGEMA BARAMARAMYAE🔥
มุมมอง 3213 หลายเดือนก่อน
INZIRA Y'UMUSARABA EP99🔥CYUSA IRIBAGIZA BAGIYE KWUBAKANA❤️ ISIMBI , FABIOLA NA RUGEMA BARAMARAMYAE🔥
WAM’URUNDIKAZI YAVYARANA NUMU SAUDIA ATUBGIYE VYOSE
มุมมอง 2653 หลายเดือนก่อน
WAM’URUNDIKAZI YAVYARANA NUMU SAUDIA ATUBGIYE VYOSE

ความคิดเห็น

  • @Bagenzi4life
    @Bagenzi4life 3 วันที่ผ่านมา

    Jew mba nahagez kera kandi ugir kuz uduha updates nkizi

  • @Jajajeanine
    @Jajajeanine 3 วันที่ผ่านมา

    mbaye uwambere nkorera akantu😂❤❤🎉🎉

  • @thomsy_black4809
    @thomsy_black4809 4 วันที่ผ่านมา

    Wow wamana happy to see you again warukumbuwe disi

  • @Bagenzi4life
    @Bagenzi4life 4 วันที่ผ่านมา

    Ndakize ndumva ntabwo nofungwa 😂😂😂😂

  • @Bagenzi4life
    @Bagenzi4life 5 วันที่ผ่านมา

    Congrats sana dadae nukuri ikiganiro niciza kandi nakunz ingene #Fanny yabaye open kubibazo vyose wagiye umubaza ico ndmsusabira nukuramba nugukomez atera imbere jewe na #Nusra turamulova sana🫶🏿

  • @JdD-q5p
    @JdD-q5p 5 วันที่ผ่านมา

    Kabs mami

  • @AminaSmiles
    @AminaSmiles 5 วันที่ผ่านมา

    ABA hungu bataduha amahera kl sibo ntabeshe🎉

  • @GhhGhj-nf7qo
    @GhhGhj-nf7qo 5 วันที่ผ่านมา

    Bisab kw ihangan mukazi

  • @AhmadKhan-fj5xm
    @AhmadKhan-fj5xm 5 วันที่ผ่านมา

    Uyu mukobwa ndamwemera uko bamwicira imigambi yiwe Niko acréa iyindi😊mumajambo make yarabananiye urabe amakara disi numukunzi wawe

  • @UhtftfGvtcrd
    @UhtftfGvtcrd 5 วันที่ผ่านมา

    Courage vraiment

  • @Flo-mp1oz
    @Flo-mp1oz 5 วันที่ผ่านมา

    Courage mamy🎉🎉

  • @akimanamariam4451
    @akimanamariam4451 5 วันที่ผ่านมา

    Courage wamana Allah yoroshe muvyukora ❤❤

  • @nshimirimananoella6883
    @nshimirimananoella6883 5 วันที่ผ่านมา

    Interview kuyimana vyarananiy arko uy musi maz kuyirab kabir sindayihag😊😊😊😊😊Lydia❤

  • @JdD-q5p
    @JdD-q5p 5 วันที่ผ่านมา

    Courage imana ibajimbere bagenzi

  • @JdeDieuMontana
    @JdeDieuMontana 5 วันที่ผ่านมา

    ❤❤

  • @KhalimKhim
    @KhalimKhim 5 วันที่ผ่านมา

    ❤❤❤

  • @Jajajeanine
    @Jajajeanine 5 วันที่ผ่านมา

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @kezasifa-eb7df
    @kezasifa-eb7df 5 วันที่ผ่านมา

    No gusa mbona musa❤

  • @Irakozenunu
    @Irakozenunu 5 วันที่ผ่านมา

    Ngaha nategerezwa kuzinduka ndacari kri 1min 💃💃💃watu wangu Mimi ❤❤❤❤

  • @AhmadKhan-fj5xm
    @AhmadKhan-fj5xm 8 วันที่ผ่านมา

    Ako gakecuru iyaba gafise umubiri ufadika twobonye ibara

  • @AminaSmiles
    @AminaSmiles 8 วันที่ผ่านมา

    Lee Charon aramubabaje😂

  • @Minoungou-dy5pv
    @Minoungou-dy5pv 9 วันที่ผ่านมา

    Madame elle faut souvent parlé en français aussi

  • @IradukundqLydia
    @IradukundqLydia 9 วันที่ผ่านมา

    Umunt yasizw amavuta na NDIHO ntavug amajamb mabi nkayo

  • @MamanMyron-t7c
    @MamanMyron-t7c 9 วันที่ผ่านมา

    Ni hamwe nyene umupfu atinukira wa gakecuru we ukundana nama dechets yabazungu baturitse urabona uwo mukobwa umusumvya ubwiza? Wewe honyene wagiye kwikengera uca wisiga mukorogo muri ico gisura nk'ikibariko. Toka genda

  • @Hervé-DavyNkengurutse
    @Hervé-DavyNkengurutse 10 วันที่ผ่านมา

    Nirna non ndaziko ww utari umuntu wokuja murivyo nimugezaho vraiment aki napenda sauti yako sana kivuga neza cne

  • @PhilothéeNizigama-w5m
    @PhilothéeNizigama-w5m 10 วันที่ผ่านมา

    😂😂😂😂😂

  • @BabtKiller
    @BabtKiller 11 วันที่ผ่านมา

    Asha yaranyishe sanaaa blessing to you lady rwanda

  • @GrettaAkiduhaye
    @GrettaAkiduhaye 11 วันที่ผ่านมา

    😂😂😂😂😂😂

  • @debieclover
    @debieclover 11 วันที่ผ่านมา

    Sha lydia usotwereke amavuta wisiga

  • @jimmydelphinsabukwigura3092
    @jimmydelphinsabukwigura3092 11 วันที่ผ่านมา

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Charon yasaze. D.Dumba ur²'umuntu w'imbwa kabisa

  • @jimmydelphinsabukwigura3092
    @jimmydelphinsabukwigura3092 11 วันที่ผ่านมา

    🤣🤣🤣🤣🤣 LOOK ME BABY NELLY NAT URAKOZE

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 11 วันที่ผ่านมา

    Ariko Nirnah ukuntu ari mwiza akiyahuza ingeso mbi😢dusengere abana bacu ntibazofate inzira mbi. Birababaje kubona umwana wawe apfira hejuru

  • @UuKk-n9s
    @UuKk-n9s 12 วันที่ผ่านมา

    😅

  • @1997Filee
    @1997Filee 12 วันที่ผ่านมา

    😂😂😂😂🎉

  • @lydia_wamaana
    @lydia_wamaana 12 วันที่ผ่านมา

    Vyatanguriye hano👇👇 th-cam.com/video/n9Mx24VjNG8/w-d-xo.htmlsi=n97HHvGnqvfh93DP

  • @JuliyaJulia-i2o
    @JuliyaJulia-i2o 12 วันที่ผ่านมา

    Manayaje😂😂😂😂😂

  • @Flo-mp1oz
    @Flo-mp1oz 12 วันที่ผ่านมา

    Karabaye kbx😂😂

  • @Bamella-b9l
    @Bamella-b9l 12 วันที่ผ่านมา

    Yeweeeeeee

  • @grettagahimbare8821
    @grettagahimbare8821 12 วันที่ผ่านมา

    Nally nat🤣🤣🤣🤣🤣🤣bavyita gukomora umunt🤣

  • @Jajajeanine
    @Jajajeanine 12 วันที่ผ่านมา

    mbaye uwambere nkore akantu uyumwaka ntakuronderana kbxa uvuze ukuri

  • @kanezachristine8367
    @kanezachristine8367 12 วันที่ผ่านมา

    😊

  • @CizaLeonard-n3c
    @CizaLeonard-n3c 13 วันที่ผ่านมา

    Watubeshe ntabwo avuka imuyinga avuka ikarusi muri Comine gitaramuka zone cirambo kumutumba wa gahahe

  • @AminaSmiles
    @AminaSmiles 18 วันที่ผ่านมา

    🎉🎉🎉

  • @grettagahimbare8821
    @grettagahimbare8821 20 วันที่ผ่านมา

    Kwa Lydia nahigerey kare courage kumakuru arikumwanya ugenda uduhereza terimber mwiza

  • @kezasifa-eb7df
    @kezasifa-eb7df 20 วันที่ผ่านมา

    🎉🎉🎉

  • @Jajajeanine
    @Jajajeanine 20 วันที่ผ่านมา

    mbaye uwambere urabe unkorere akantu😂😂🎉🎉❤❤

    • @lydia_wamaana
      @lydia_wamaana 20 วันที่ผ่านมา

      🙏🙏🙏 Reka ndavyigeko!🥰

    • @CynthiaHafashimana
      @CynthiaHafashimana 20 วันที่ผ่านมา

      Ndazindutse nduwamber nanj❤❤

  • @grettagahimbare8821
    @grettagahimbare8821 หลายเดือนก่อน

    Ntaco ndabiziko🤣🤣🤣🤣🤣

  • @CynthiaHafashimana
    @CynthiaHafashimana หลายเดือนก่อน

    😂😂😂

  • @Jajajeanine
    @Jajajeanine หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂😂

  • @AmosNyandwi1
    @AmosNyandwi1 หลายเดือนก่อน

    Nsoro wamusizehe wihenze nimama umukinyi wacu twemera abobose ntanumwe nokumva nsoro atarimwo