- 21
- 27 191
SincinaTech
United States
เข้าร่วมเมื่อ 19 เม.ย. 2015
This channel was established to teach about technologies tricks and so on
SIYONI araye yinjiye muri Royal Q| Raba ingene baseting Margin call | Iga TRADING ukoresheje Royal Q
Royal Q ni umwuga uriko urahindurira abantu benshi ubuzima muri kino gihe. Ni umwuga utagusaba kuba uri umuhanga runaka canke ufise impamyabushobozi izi na ziriya, kuko usabwa kuba ufise Smartphone yawe hama ibisigaye usabwa ni umwanya hamwe n'ugushaka.
Ukeneye kubaza vyinshi woshobora guca kuri ino numero yanje: +25776605091 ikora kuri whatsapp gusa, Ndashobora kugufasha nawe ugatangura umwaka wa 2025 umerewe neza cane.
Link yo kwiyandikisha ni iyi: royalqs.com/s/5WDGK
Ukeneye kubaza vyinshi woshobora guca kuri ino numero yanje: +25776605091 ikora kuri whatsapp gusa, Ndashobora kugufasha nawe ugatangura umwaka wa 2025 umerewe neza cane.
Link yo kwiyandikisha ni iyi: royalqs.com/s/5WDGK
มุมมอง: 26
วีดีโอ
VELOGETRA| Ryabazaniye ibikamyo| ntahandi ukwiye kugurira Waba ufise ama CASH canke ideni uragura.
มุมมอง 37หลายเดือนก่อน
VELOGETRA rikorera mu kigobe haruguru ya cotebu mu nyubakwa AFRICANA HOUSE ukaba ufise ikibazo canke ukaba wifuza gutumako imodoka, cane cane amakamyo iture iryo shirahamwe rigutunganirize. Ukeneye kugura baragufasha kugusabira ideni muri banke mu gihe utoba ufise uburyo bukwiye ukazoriha imiduga yawe yaramaze kugushikira mbere uriko urayicisha amahera. Twandikire canke mutwakure kuri whatsapp ...
N'iMANA iratangarira ukuntu GITEGA ibaye Dubai mu kanya isase | imiturirwa y'akataraboneka
มุมมอง 9K3 หลายเดือนก่อน
Muri rwa rugendo twatanguye rwo kubatembereza igihugu c'uburundi ubub tugeze k'umurwa mukuru wa Politike ari wo gitega . Ukaba utaravye video ya mbere yerekana ivyiza bitatse igisagara ca bujumbura urashobora kuyiraba uciye ngaha: th-cam.com/video/7C-OFuKQB-A/w-d-xo.htmlsi=6CH1UCvPqkTNIEiy Subcribe to My TH-cam channel: th-cam.com/video/P15LwCCp7nw/w-d-xo.htmlsi=x8otYhXhc8qgHNE6 Hamwe woba utab...
Dj Philibyte: Mixtape Vol.12 ( Twimare by Runtown Dj Ft All stars)
มุมมอง 1273 หลายเดือนก่อน
Ukeneye kuronka amakuru meza arata ivyiza vy'uburundi urashobora kuyasoma uciye kuri runo rubuga rukurikira: sincinatech.blogspot.com/ Ukeneye kuraba izindi video zaciye kuri runo rubuga wofyonda aha hakurikira: www.youtube.com/@sincinatech Jewe nitwa UWAMAHORO Achel hampande y'iyi chaine TH-cam nsanzwe nkora ivyo kwubaka ndi umu ingenieur civil, rero uri mu mahanga canke m'uburundi ukaba ukene...
Uri sweet by Melanin Gusto (Live Session)
มุมมอง 7814 หลายเดือนก่อน
Bandanya mudukurikirana kuri iyi mboneshakure ikorera k'ubuhinga bwa none.
HOSSY IRAKOZE Atanze $7 000 000 zose | Abantu bose baguye mu gahundwe
มุมมอง 2.3K4 หลายเดือนก่อน
Muri YANGABIRE hahiganywe abantu umunani none muri bo baza gucaguramwo batatu baza gutahukana ubushimwe butandukanye kuva ku miliyoni indwi (7 000 000Fbu) imiliyoni zitanu( 5 000 000Fbu) Imiliyoni zibiri (2 000 000Fbu) bivanye n'ukuntu bagiye bararushanwa. urashobora kuraba video yerekana ubwiza bw'igisagara ca Bujumbura ngaha: th-cam.com/video/7C-OFuKQB-A/w-d-xo.html Tukababa twubaka amazu, tu...
Akataraboneka mu gisagara ca Bujumbura| Naho nakagendeye Ijuru ryo muri AFRICA ntahandi
มุมมอง 9K4 หลายเดือนก่อน
Turiko turabatembereza mu turere dutandukanye tw'igihugu cacu ubu twahereye ku murwa mukuru w'ubutunzi w'igihugu c'uburundi. Twobamenyeshako kandi dusanzwe dukora akazi ko kwubaka amazu, tukaba tubakorera imigero hamwe n'amadevis bivanye n'uburyo mufise. Ukeneye kuduhamagara wotwakura kuri 25777425724 kuri whatsapp canke Ukadumagara kuri appel isanzwe ukoresheje 257 62931499. Visit our blog for...
Ntucikwe/Ibitangaza bibera ibujumbura BIRARENZE Nimba utari umu diaspora nturabe iyi video 1e Partie
มุมมอง 2.5K5 หลายเดือนก่อน
Kurikirana igice ca mbere ca video yerekana ubwiza bwa Bujumbura, muri kino giec urugendo rwacu turutangurira mu kamenge neza na neza muri karitiye mirango II kuri 14 tuza kubandanya gushika haruguru ya KOTEBU. Mu gice kizokurikira tuzoca tuva haruguru ya COTEBU tubashikane hagati mu gisagara ca Bujumbura. Ukeneye gufasha canke gusahiriza ibikorwa vyacu woshobora gucisha kuri lumicash: 257 62 9...
Karabaye: Abazungu nibo banyigishije, aba designeur bose ndabatwaye akazi| sindaborohereje na gato.
มุมมอง 327 หลายเดือนก่อน
Uwu mwuga (Graphic Design) nawigishijwe n'abazungu, none urambeshejeho. Waba ukiri ku ntebe y'ishure canke warahejeje amashure ukaba ufise akazi uriko urakora, kurikirana kino kiganiro kirakuraba na wewe. Umwuga wa Graphic Design ntuhabwa agaciro nk'iyindi myuga ngaha mu gihugu cacu kandi ari ubuhanga bukenewe mu bisata bitandukanye vy'ubuzima bwa misi yose. Muri kino kiganiro twaraganiriye n'u...
Karabaye udufaranga twanje twose ngo fyeee.
มุมมอง 647 หลายเดือนก่อน
Ubusuma bukorerwa kuri Internet bwabaye ndanse, muri iyi video ngiye kubereka ukuntu abantu bikika inyuma y'imbuga ngurukanabumenyi nka Facebook na whatsapp mukwiba abantu.
How to download and play the DRIVING ZONE II game!!
มุมมอง 702 ปีที่แล้ว
How to download and play the DRIVING ZONE II game!!
Comment faire un devis du batiment rentable en 2022 (Les prérequis qu'un bon métreur doit savoir)
มุมมอง 662 ปีที่แล้ว
Comment faire un devis du batiment rentable en 2022 (Les prérequis qu'un bon métreur doit savoir)
Filmer son écran avec OBS studio en 2022; un truc très utiles pour les débutants youtubers.
มุมมอง 1193 ปีที่แล้ว
Filmer son écran avec OBS studio en 2022; un truc très utiles pour les débutants youtubers.
Twarikukiye by fab love ft Channy Queen, OlGa, Level mtindo
มุมมอง 2.8K3 ปีที่แล้ว
Twarikukiye by fab love ft Channy Queen, OlGa, Level mtindo
Learn archicad 25: Tips of how to use complex profiles
มุมมอง 814 ปีที่แล้ว
Learn archicad 25: Tips of how to use complex profiles