- 21
- 144 166
Light Music
United States
เข้าร่วมเมื่อ 27 ก.ย. 2021
Bibwire Yesu - Live at Worship Room | Light Music
Bibwire Yesu (Live) Light Music , recorded live at Worship Room.
Subscribe to get the latest music and videos from Light Music: th-cam.com/channels/Lg6.html...
Stay connected:
Instagram: / lightmusicburun. .
Facebook: / lightmusicbu. .
Lyrics:
179 r
Tell it to Jesus. T.H.131
Verse1
ly' urushe, iy' uremerewe.
Bibgire Yesu, bibgire Yesu,
Iy' ukumbuye bimwe vya kera,
Bibgire Yesu nyene.
Verse2
Ayo marira n'ayo marushwa,
Bibgire Yesu, bibgire Yesu,
Har' icaha wari wanyegeje?
Bibgire Yesu nyene.
Chorus
Bibgire Yesu, bibgire Yesu,
Bibgire Yesu nyene.
Ni we Mukunzi wawe
Nta wundi wobona hafi yawe
Bibgire Yesu nyene.
Verse3
Uratinya k'urupfu ruzoza?
Bibgire Yesu, bibgire Yesu,
lyumvir' ingene Yes' azoza,
Bibgire Yesu nyene.
Produced by Medard Pro
Video: Dr Ahmad
Musicians on set
Parker, Juif, Christian Marlesh, Vividrums , Justin , Kheris, Chrispin , Winny Charis, Kelly
Subscribe to get the latest music and videos from Light Music: th-cam.com/channels/Lg6.html...
Stay connected:
Instagram: / lightmusicburun. .
Facebook: / lightmusicbu. .
Lyrics:
179 r
Tell it to Jesus. T.H.131
Verse1
ly' urushe, iy' uremerewe.
Bibgire Yesu, bibgire Yesu,
Iy' ukumbuye bimwe vya kera,
Bibgire Yesu nyene.
Verse2
Ayo marira n'ayo marushwa,
Bibgire Yesu, bibgire Yesu,
Har' icaha wari wanyegeje?
Bibgire Yesu nyene.
Chorus
Bibgire Yesu, bibgire Yesu,
Bibgire Yesu nyene.
Ni we Mukunzi wawe
Nta wundi wobona hafi yawe
Bibgire Yesu nyene.
Verse3
Uratinya k'urupfu ruzoza?
Bibgire Yesu, bibgire Yesu,
lyumvir' ingene Yes' azoza,
Bibgire Yesu nyene.
Produced by Medard Pro
Video: Dr Ahmad
Musicians on set
Parker, Juif, Christian Marlesh, Vividrums , Justin , Kheris, Chrispin , Winny Charis, Kelly
มุมมอง: 14 111
วีดีโอ
Ntawundi Atari Yesu - Live at Worship Room | Light Music
มุมมอง 14K2 หลายเดือนก่อน
Ntawundi Atari Yesu (Live) Light Music , recorded live at Worship Room. Subscribe to get the latest music and videos from Light Music: th-cam.com/channels/Lg6.html... Stay connected: Instagram: / lightmusicburun. . Facebook: / lightmusicbu. . Lyrics: 123 r O Christ in Thee. G.B.383 ; Tune 1. Verse1 Yesu, ni wewe naronkeyemwo Amahoro mu mutima; Nahora ndayaronder' ahandi, Ariko nta handi hariho....
Worship Session | Light Music
มุมมอง 14Kปีที่แล้ว
Audio: WISDOMdivine Studio Davpro, Stevepro Video: Dr Ahmad
Icubahiro n'ishimwe (Live) Light Music
มุมมอง 3.1Kปีที่แล้ว
Icubahiro n'Ishimwe (Live) Light Music , recorded live at Light of Nations Church. Icubahiro n'Ishimwe was written by Chrispin Bizabishaka and Kheris Bizabishaka Subscribe to get the latest music and videos from Light Music: th-cam.com/channels/Lg6.html... Stay connected: Instagram: lightmusicburun... Facebook: lightmusicbu... Lyrics: Chorus Cubahiro n'ishimwe ku Mana...
Umusi W'Imana (Live) Light Music
มุมมอง 3Kปีที่แล้ว
Umusi w'Imana (Live) by Light Music , recorded live at Light of Nations Church. Umusi w'Imana was written by Chrispin Bizabishaka and Kheris Bizabishaka Subscribe to get the latest music and videos from Light Music: th-cam.com/channels/Lg6.html... Stay connected: Instagram: lightmusicburun... Facebook: lightmusicbu... Lyrics: Verse1 Uy'umusi n'umusi w'Imana Iki n'igih...
Worship Session | Light Music & Anrison Vestine (Part 2)
มุมมอง 7K2 ปีที่แล้ว
Worship Session | Light Music & Anrison Vestine (Part 2)
Worship Session | Light Music & Anrison Vestine (Part 1)
มุมมอง 15K2 ปีที่แล้ว
Music by Light Music and Anrison Vestine
Worship Session | Light Music
มุมมอง 6K2 ปีที่แล้ว
Music: Light Music Produced by iStudio Licenced by Iriba Communication Agency (ICA), Light Music
Jambo - Light Music
มุมมอง 1.7K2 ปีที่แล้ว
The official video for "Jambo" from the album, Nsabane Nawe by Light Music. "Jambo" was written by Kheris Bizabishaka. Subscribe to get the latest music and videos from Light Music: th-cam.com/channels/Lg6.html... Stay connected: Instagram: lightmusicburun... Facebook: lightmusicbu Lyrics: Verse 1 Ijuru n'isi Umuco mw'Isi Ibimera vyose Vyose vyaremwe na Jambo Vyose vy...
Ndizeye - Light Music
มุมมอง 3.3K2 ปีที่แล้ว
The official video for "Ndizeye" from the album, Nsabane Nawe by Light Music. "Ndizeye" was written by Chrispin Bizabishaka and Kheris Bizabishaka. Subscribe to get the latest music and videos from Light Music: th-cam.com/channels/Lg6.html... Stay connected: Instagram: lightmusicburun... Facebook: lightmusicbu... Lyrics: Verse1 Hari impanvu nyishi zituma nizera Ivyare...
Urugendo - Light Music
มุมมอง 1.5K2 ปีที่แล้ว
The official video for "Niyo Rukundo" from the album, Nsabane Nawe by Light Music. "Niyo Rukundo" was written by Chrispin Bizabishaka and Kheris Bizabishaka. Subscribe to get the latest music and videos from Light Music: th-cam.com/channels/Lg6.html... Stay connected: Instagram: lightmusicburun... Facebook: lightmusicbu... Lyrics: verse 1 Kugendana na we, n'ibanga rih...
Nsabane Nawe - Light Music
มุมมอง 3.3K2 ปีที่แล้ว
The official video for "Nsabane Nawe" from the album, Nsabane Nawe by Light Music. "Nsabane Nawe" was written by Chrispin Bizabishaka and Kheris Bizabishaka. Subscribe to get the latest music and videos from Light Music: th-cam.com/channels/Lg6.html... Stay connected: Instagram: lightmusicburun... Facebook: lightmusicbu... Lyrics: Verse1 Ubutunzi nkura mu kubana nawe ...
Nshaka Gusenga - Light Music
มุมมอง 13K2 ปีที่แล้ว
The official video for "Nshaka Gusenga" from the album, Nsabane Nawe by Light Music. "Nshaka Gusenga" was written by Chrispin Bizabishaka and Kheris Bizabishaka. Subscribe to get the latest music and videos from Light Music: th-cam.com/channels/Lg6.html... Stay connected: Instagram: lightmusicburun... Facebook: lightmusicbu... Lyrics: Verse1 Iyo maze igihe kure yawe i...
Nsabane Nawe | Album Promo | Light Music
มุมมอง 5792 ปีที่แล้ว
Nsabane Nawe | Album Promo | Light Music
Bibwire Yesu gusa 🙏❤
Sha barikia
Hezagirwa
Imana ihabwe icyubahiro! nonese musengerahe?
@@ShimiyemanaJadodiye Amen amen!! Dusengera ahitwa “Worship Room” ni muri quartier ya Kinanira I, iruhande y’igituro ca Otraco. Kaze cane 😊
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@@william-king62 🙏❤️❤️
Oh hallelujah 😢
Ubikora neza♥️♥️♥️💯💯
Mubikora neza caaaane, Imana ishishikare kubahezagira
Amen amen 🙏
Balikiwasana
just waouh
Glory to God for you Light music
@@farajaworshipper8309 ameen!! 🙏
Amen Amen
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🙌🙌🙌👌👌👌
mwarahezagiwe caane nImana nzimana
@@thierryngenda100 Amen amen 🙏
Dear Light Music, iyo projet y'ama cantiques ntikabe akantu munyujijemwo. Kore Groupe ya WhatsApp canke any way of communication dusangire igikorwa for financial means ndazi ko ntari umwe yoterera. Ishengero rirakenye Cantiques z'ikirundi ziririmbwe Kandi zivugijwe neza à l'instar des vôtres. Thanks a lot brothers.
@@onesimendayiragije2195 thank you brother!
Iciyumviro ciza
irijwi ryuyumusore wacu umengo ni Dudu kwr
@@EliphazNzoyikorera-gr5hb 😁😁
Music Arrangement was Very Good Kbs
@@shyakagospel9199 thank you!!
Amen
Amen amen 👏
Amen amen 👏
amen
Thank you for this🥹❤️
Abakunzi budu cantique mumpe like❤❤❤🥰🥰🥰 thank you guys
🙌🙌😮amen 🙏
❤👌👌👌🙌🙌🙌
God bless you❤
Ameeen ❤️
Love this beautiful song so much
Muhezagirwe kuko mutunezera
Amen amen 🙏
❤❤❤❤❤
@@ClovisNyishuyanje ❤️❤️
Hallelujah I'm have been saved ❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Hallelujaaah 🙌🙌
Wow,tubimbwire yesu ntawundo yuturuhura
Worshiproom 😊a place to be
Yesss
❤❤❤❤
❤❤
🙏❤️❤️
Courage worship room 🙏
So lovely 🥹🙌bless you More guys 😍❤️🙌
@@GrettaNduwamahoro Ameen ♥️
nigaye Kuba ntanguy kubakurikira nteba ariko ubu turikumw pe
Biraryoshe guteramir kundirimbo zihembura nkizi ubund nar naratevye
Uhorah abahezagire bagenzi
Waouh nukur turikumw namwe kuko murashoboye hamw n'imana bizokund komushika Kure hashoboka
Ameeen 🙌
❤
Amazing 🔥🔥🔥😍😍😍😍❤😭
❤❤
Verset 2❤yesu abahezagire rwose 🙌
❤❤
Sindayihimba
God bless you more turabakunda cane gose mukomereze ahoooooo
🙏🙏
Waoh twari tubakumbuye disiiii God bless you more
Ameen 🙏
My favorite team🔥🔥🔥
Ndabakunda brothers
❤️❤️