- 41
- 3 049
GIRUMUGISHA TV
Belgium
เข้าร่วมเมื่อ 5 มิ.ย. 2023
Mbega umukenyezi agwaye diabete arashobora gutwara inda?
Mme ICITEGETSE JOSELYNE yatwaye inda y'amahasa abaganga bari baramubujije kubera ubugrwayi bwa diabete yarasanganwe yari igeze kurugero rwo hejuru cane.
มุมมอง: 72
วีดีโอ
ICITEGETSE JOSELYNE ATI NARAKIZE DIYABETE INYUMA YO KUBARWA NKAMARA UKWEZI KWOSE NTASIBA MURI BLOC
มุมมอง 192วันที่ผ่านมา
UMUPFASONI ICITEGETSE JOSELYNE ARATWIGANIRA UKO IMANA YAMUKIJIJE INDWARA YA DIYABETE INYUMA YOKUBARWA IKIGANZA CIWE AKONGERA AKAMARA UKWEZI KWOSE ADASIBA KUJA MURI BLOC .AVUGA ATI:IYATABA AMASENGESHO NTIYARI KUROKOKA.
MBEGA WOBA UZI URUKUNDO RWA DANIELLA KOZE NA ENOS? BIKURIKIRANE.
มุมมอง 19114 วันที่ผ่านมา
MBEGA WOBA UZI URUKUNDO RWA DANIELLA KOZE NA ENOS? BIKURIKIRANE.
UMWAKA W'UMUNYAMWETE WO GUKORA KANDI CANE2025
มุมมอง 1814 วันที่ผ่านมา
UMWAKA W'UMUNYAMWETE WO GUKORA KANDI CANE2025
Défilé yaranze iyugururwa ry'Igikorane ca Africa y'Ibitangaza ya 2024 mw'Ishengero Israel Church Bdi
มุมมอง 914 วันที่ผ่านมา
Défilé yaranze iyugururwa ry'Igikorane ca Africa y'Ibitangaza ya 2024 mw'Ishengero Israel Church Bdi
AFRICA MIRACLE 11ème EDITION UKO YAGENZE MWISHENGERO ISRAEL CHURCH BURUNDI.
มุมมอง 2221 วันที่ผ่านมา
AFRICA MIRACLE 11ème EDITION UKO YAGENZE MWISHENGERO ISRAEL CHURCH BURUNDI.
URUGENDO UMUKURU W'INAMA SHINGAMATEKA NYENITEKA GERASE NDABIRABE YAGIZE MWISHENGERO ISRAEL CHURCH .
มุมมอง 17621 วันที่ผ่านมา
URUGENDO UMUKURU W'INAMA SHINGAMATEKA GERASE NDABIRABE YAGIZE MWISHENGERO ISRAEL CHURCH BURUNDI MUBUSHIKIRO BWA NOHERI YA 2024.
ABUBAKANYE BARAKWIYE KUGIRIRANIRA UDU SURPRISE? MIRYANGO MWE MWUBATSE NIMWE MUBARIRWA!
มุมมอง 29821 วันที่ผ่านมา
ABUBAKANYE BARAKWIYE KUGIRIRANIRA UDU SURPRISE? MIRYANGO MWE MWUBATSE NIMWE MUBARIRWA!
IKIGANIRO C'UMUKURU W'UMUGWI CENI N'ABAMENYESHAMAKURU KURUYU WAGANTANU IGENEKEREZO RYA3 NZERO 2025.
มุมมอง 42528 วันที่ผ่านมา
IKIGANIRO C'UMUKURU W'UMUGWI CENI N'ABAMENYESHAMAKURU KURUYU WAGANTANU IGENEKEREZO RYA3 NZERO 2025.
Visite des représentants de la société civile évoluant dans le domaine des élections au( CTD).
มุมมอง 12หลายเดือนก่อน
Visite des représentants de la société civile évoluant dans le domaine des élections au( CTD).
VISITE DES MEMBRES DU GOUVERNEMENTS AU CENTRE DE TRAITEMENT DES DONNEES (CTD)
มุมมอง 101หลายเดือนก่อน
VISITE DES MEMBRES DU GOUVERNEMENTS AU CENTRE DE TRAITEMENT DES DONNEES (CTD)
Pasteur Niyonzima Jerôme ati:"INYUMA YA NOEL UBUZIMA BURABANDANYA" sukurya nokunwa gusa!
มุมมอง 206หลายเดือนก่อน
Pasteur Niyonzima Jerôme aratwiganira neza uko twohimbaza Noel nziza mu miryango yacu agira ati: Noel si ukurya inyama no kunwa gusa!ati abaronse bosangira nabatabironse hama ababuze nabo bakihangana ngo kuko Inyuma ya Noel ubuzima burabandanya.agirati twategerezwa nyabuna kwibuka ico Imana yakoreye abantu bayo mukuturungikira umukiza yesu akaza akavukira ahantu hagayitse mubwato bwinka kugiran...
Visite du Président Evariste Ndayishimiye au Centre de traitement des données(CTD) à la CENI
มุมมอง 323หลายเดือนก่อน
Visite du Président Evariste Ndayishimiye au Centre de traitement des données(CTD) à la CENI
INYIGISHO ZINGO N'IMIRYANGO (ISRAEL CHURCH BURUNDI) LE23 NOV 2024
มุมมอง 1022 หลายเดือนก่อน
INYIGISHO ZINGO N'IMIRYANGO (ISRAEL CHURCH BURUNDI) LE23 NOV 2024
(Thème:"HUMUKA AMASO") Culte de ce Dimanche le17/11/2024 à l'Eglise Israel Church Burundi
มุมมอง 1052 หลายเดือนก่อน
(Thème:"HUMUKA AMASO") Culte de ce Dimanche le17/11/2024 à l'Eglise Israel Church Burundi
IGIKORANE CA AFRICA Y'IBITANGAZA GISIGAJE IMISI INGAHE KUGIRA KIRANGIRE,?
มุมมอง 1102 หลายเดือนก่อน
IGIKORANE CA AFRICA Y'IBITANGAZA GISIGAJE IMISI INGAHE KUGIRA KIRANGIRE,?
KORESHA INYENYERI YAWE MUGUKORERA IMANA NO MUKWUBAKA ITERAMBERE RY'IGIHUGU
มุมมอง 59 หลายเดือนก่อน
KORESHA INYENYERI YAWE MUGUKORERA IMANA NO MUKWUBAKA ITERAMBERE RY'IGIHUGU
CHORALE INZAMBA(ICO YAVUZE ARAGISOHOZA ACA INZIRA AHATAGIRA INZIRA)
มุมมอง 5510 หลายเดือนก่อน
CHORALE INZAMBA(ICO YAVUZE ARAGISOHOZA ACA INZIRA AHATAGIRA INZIRA)
Umuririnvyi Theogene uwiringiyimana batazira bose babireba kukibuga ca ETS Kamenge
มุมมอง 30ปีที่แล้ว
Umuririnvyi Theogene uwiringiyimana batazira bose babireba kukibuga ca ETS Kamenge
Unviriza Intahe y'umukuru wabakenyezi bo mwishengero Israël Church Burundi
มุมมอง 7ปีที่แล้ว
Unviriza Intahe y'umukuru wabakenyezi bo mwishengero Israël Church Burundi
Unviriza Intahe y'umukuru wabakenyezi bo mwishengero Israël Church Burundi
มุมมอง 4ปีที่แล้ว
Unviriza Intahe y'umukuru wabakenyezi bo mwishengero Israël Church Burundi
IGIKORANE C'URWARUKA GITEGURA IGIKORANE CA AFRICA YIBITANGAZA IGIRA INCURO 10 MURI ISRAEL CHURCH Bdi
มุมมอง 8ปีที่แล้ว
IGIKORANE C'URWARUKA GITEGURA IGIKORANE CA AFRICA YIBITANGAZA IGIRA INCURO 10 MURI ISRAEL CHURCH Bdi
AFRICA MIRACLE 10ème Edition( Igice cagatatu)
มุมมอง 26ปีที่แล้ว
AFRICA MIRACLE 10ème Edition( Igice cagatatu)
AFRICA MIRACLE 10ème Edition(Igice cakane)
มุมมอง 11ปีที่แล้ว
AFRICA MIRACLE 10ème Edition(Igice cakane)
Kabisa Gato Karakura Mukomere Cane Imbere Hariho Bandanya Biremera Kabisa
Imana ishimwe cane ,ni ukuri muri Yesu biremera
Girumugisha muvyeyii
Nukuri muri Yesu biremera kandi biracashoboka
mubandanye mugubwa neza
hezagirwa ncuti yanje sangwurugo
Whaaaah intahe nziza cane, Uhoraho azobakomeze Rugo rwiza Rushasha
Amen
Whoauuu🎉
Kaze cane muvyeyi wacu Nyeniteka umukuru w inama SHINGAMATEKA
@@JeromeNIYONZIMA-n8i Ni yisange mubiwe ni Umuvyeyi Akunda kwigisha Ijambo ry'Imana
Halleluya Apotre
Ndabakeje cane bantu b' Imana. Jerome umukozi w'Imana abushitse. Nukuri Imana ishikije isezerano ryayo. Muragahora mukundana mugiriranira ama surprise Imana nayo igume ihezagira.
Neza 🎉🎉🎉
🎉
Kigugu.narwamiye
amen amen🎉 uyu mwaka wa 2025 urakomeye cane
🎉 imana ibishimirwe cane
halleluya Noel nziza
yesu yatugiriye neza twararuye kandi twaranyoye 😅😅
Amen amen murakoze cane
Merci Cane Mukozi w'Imana, Uvuze Amajambo akomeye cane , Imana Ikutuzigamire Can Turagukunda 🫂🫂🫂
Gutora ni ukwemeza ko uri umwnegihugu
Whaaaah🎉
Vyiza cane
Inyigisho nziza🎉
Neza vyari vyiza
Neza cane
Vyiza cane🎉
Vyiza cane🎉
Vyiza cane🎉
Vyiza cane🎉
Vyiza cane🎉
Vyiza cane
Vyiza cane
Vyiza cane
Vyiza cane
Caramfashije cane
gutora n itegeko
murakoze cane SE
Murakoze cane S E, GIRUMUGUSHA TV mwakoze cane
Murakoze cane S E, GIRUMUGUSHA TV mwakoze cane
Murakoze cane S E, GIRUMUGUSHA TV mwakoze cane
Asante sana
mukozi w imana Emery Imana ibahezagire cane kunyigisho nziza mwaduhaye
whaaah hallelua
inyigisho nziza cane
Inyigisho zidasanzwe z ingo n imiryango
Inyigisho zidasanzwe z ingo n imiryango
Inyigisho zidasanzwe z ingo n imiryango
🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Muhezagirwe cane
Hushura abarozi bagutwaye umugisha