- 1 522
- 130 356
NYIBUTSA AKARANGA TV
เข้าร่วมเมื่อ 27 ส.ค. 2022
BURUNDI
วีดีโอ
Burundi: Imvo zatuma abarundi babandwa urazi ? Kwirikira iki kiganiro
มุมมอง 574 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Burundi: Imvo zatuma abarundi babandwa urazi ? Kwirikira iki kiganiro
Burundi: Uburo bwari bufise akamaro akahe mu mico y'Uburundi? Inyishu ni mu kiganiro
มุมมอง 414 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Burundi: Uburo bwari bufise akamaro akahe mu mico y'Uburundi? Inyishu ni mu kiganiro
Imico n'akaranga vy'Uburundi: Raba isambwe wumvirize n'akamaro karyo
มุมมอง 214 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Imico n'akaranga vy'Uburundi: Raba isambwe wumvirize n'akamaro karyo
Burundi: ihweze umudende wumvirize n'akamaro kawo aho hambere
มุมมอง 214 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Burundi: ihweze umudende wumvirize n'akamaro kawo aho hambere
Burundi : 'Gucira umukente " bisigura iki? Vyoba vyava kuki? Inyishu zumvirize
มุมมอง 177 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Burundi : 'Gucira umukente " bisigura iki? Vyoba vyava kuki? Inyishu zumvirize
Burundi: umuyobozi wa Nyibutsa akaranga TV abipfurije umwaka mwiza
มุมมอง 507 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Burundi: umuyobozi wa Nyibutsa akaranga TV abipfurije umwaka mwiza
Burundi: Gushora ibiyaga urazi insiguro yavyo? Vyumvirize
มุมมอง 69 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Burundi: Gushora ibiyaga urazi insiguro yavyo? Vyumvirize
Cultures africaines :regarde les amulettes, objets qui préservent les dangers
มุมมอง 712 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Cultures africaines :regarde les amulettes, objets qui préservent les dangers
Burundi: Inamukozi yari nde? yari amaze iki mu Burundi bwo hambere? Inyishu ziri aha
มุมมอง 1814 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Burundi: Inamukozi yari nde? yari amaze iki mu Burundi bwo hambere? Inyishu ziri aha
Imico n'akaranga vy'Uburundi: Raba umudende bambika Kabura
มุมมอง 516 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Imico n'akaranga vy'Uburundi: Raba umudende bambika Kabura
Burundi: Raba ubuhinga bwo gutega ifuku.
มุมมอง 1816 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Burundi: Raba ubuhinga bwo gutega ifuku.
Burundi : Mu Rutana umwimbu w'inanasi wifashe neza. Nimushikeyo musume
มุมมอง 1719 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Burundi : Mu Rutana umwimbu w'inanasi wifashe neza. Nimushikeyo musume
Burundi: Raba umukenke wumve n'mayagwa awukomokako
มุมมอง 2319 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Burundi: Raba umukenke wumve n'mayagwa awukomokako
Imico n'akaranga vy'Uburundi: Umviriza amajambo batanguza mu kuvuga igitio
มุมมอง 3319 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Imico n'akaranga vy'Uburundi: Umviriza amajambo batanguza mu kuvuga igitio
Abarundi ba kera Noweri bari bayizi? Umviriza uko vyari bimeze
มุมมอง 7221 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Abarundi ba kera Noweri bari bayizi? Umviriza uko vyari bimeze
Amayagwa y'Ikirundi: Iki ni igitito. Tega amatwi Ndorimana. Nawe urazi gutita?
มุมมอง 19วันที่ผ่านมา
Amayagwa y'Ikirundi: Iki ni igitito. Tega amatwi Ndorimana. Nawe urazi gutita?
Ico Bibiriya ivuga ku mugure w'umubisha. Soma mwene Siraki: 25:13-26
มุมมอง 11วันที่ผ่านมา
Ico Bibiriya ivuga ku mugure w'umubisha. Soma mwene Siraki: 25:13-26
Burundi: ibishegu ni abavyina uruvyina Kiranga ariko aratera. Wari ubizi ?
มุมมอง 10วันที่ผ่านมา
Burundi: ibishegu ni abavyina uruvyina Kiranga ariko aratera. Wari ubizi ?
Iyo umugabo afise umugore w'umubisha aba agowe! Umviriza vyose
มุมมอง 90วันที่ผ่านมา
Iyo umugabo afise umugore w'umubisha aba agowe! Umviriza vyose
Burundi : Umve uko Ndorimana ahibongoza aka gace k'igitito citwa " Semwana"
มุมมอง 12วันที่ผ่านมา
Burundi : Umve uko Ndorimana ahibongoza aka gace k'igitito citwa " Semwana"
Amayagwa y'Ikirundi: Umviriza igitito " Semwana" dushikrizwa na Ndorimana
มุมมอง 39วันที่ผ่านมา
Amayagwa y'Ikirundi: Umviriza igitito " Semwana" dushikrizwa na Ndorimana
Burundi: Aba batangankuru bati n'ubu hariho abagikwiriza Imico yakera bagaterekera
มุมมอง 14วันที่ผ่านมา
Burundi: Aba batangankuru bati n'ubu hariho abagikwiriza Imico yakera bagaterekera
Imico y'afirika: Tanzaniya bagiye kurima bavuze utugoma.Burundi, kera bahinda ikibiri
มุมมอง 58วันที่ผ่านมา
Imico y'afirika: Tanzaniya bagiye kurima bavuze utugoma.Burundi, kera bahinda ikibiri
Imico y'ikirundi na Bibiriya bivuga iki Ku bagore? (Igice ca 1)
มุมมอง 34วันที่ผ่านมา
Imico y'ikirundi na Bibiriya bivuga iki Ku bagore? (Igice ca 1)
Burundi: Umuti w'intezi ni ukuziterekera. Nta kindi
มุมมอง 4014 วันที่ผ่านมา
Burundi: Umuti w'intezi ni ukuziterekera. Nta kindi
Burundi: wari uzi ko kera baterekera isato n'incira. Raba inkono baziheramwo
มุมมอง 1014 วันที่ผ่านมา
Burundi: wari uzi ko kera baterekera isato n'incira. Raba inkono baziheramwo
Burundi: Umviriza imigirwa ijanye n'ukubandwa
มุมมอง 4314 วันที่ผ่านมา
Burundi: Umviriza imigirwa ijanye n'ukubandwa
Burundi: Kera serugo yitavye yahambwa ku mbuga. N'iyindi migenzo yumvirize
มุมมอง 1321 วันที่ผ่านมา
Burundi: Kera serugo yitavye yahambwa ku mbuga. N'iyindi migenzo yumvirize
Burundi: Umushingantahe yatirwa amaze kubandwa. Vyumvirize
มุมมอง 1921 วันที่ผ่านมา
Burundi: Umushingantahe yatirwa amaze kubandwa. Vyumvirize
Uwo mutama wo mugikombe nari naramwibagiye
Kivuriki
Ni neza
Bon boulot
Inzuzi ziri ubwoko bwinshi. Uwomenya amazina yazo ayatubwire
Umukama akora ibigororoyse
Utwo turirmbo tubaryohere
Muvandimwe dukodorane gato (ham) sinibaza kwarikirund ciza nibazako ar (hanyuma) ariko nisaw kx❤❤❤❤
Murakoze cane. Hanyuma ni co Kirundi ca kera. Urwaruka rw'ubu ni rwo ruvuga " hama " mu kibanza ca " hanyuma". Umengo ni ukwiyorohereza ngo umuntu avuge make
Mwakoze kudukurikira
@@nyibutsaakarangatv7578 nacanecan tuhigira vyinshii cane
Hahah wamuhungu wacu kl komer mwana
Uwo muhungu azi vyinshi mu mico n'akaranga vy'Uburundi
imigani n'ibitito ni akaranga k'Uburundi
Ico gitito ndacumvirije
Kx mwakomej gos
Mwaramutse neza. Egoo ni ukubandanya
Tuguma tubayagira
Comera
Ako ni akaranga
Ubahwa mutama wa Rutana city
Murakoze cane.
@nyibutsaakarangatv7578 inyigisho ninziza can bandanya mudufashaaaa
Number one🎉🎉❤
Rutana baritayeho inkino
Mwene Sirake 25: 13- 26 ni ho bavuga ivy'abagore
😅
Mbarira ko ari wene
Egoo
Ndabandacyane
Murakoze
Amahoro neza
Ikirundi ni co civugo canditswe ubwa mbere na bankuwunguka
Uburundi ni igihugu kironka imvura
Tuyagire
Egoo ni ukubandanya twibukanya imico z'ikirundi
Egoo cane ndabandanya kubayagira
Duteze yompi
Kiranga yarambara ingeyo
Vyari ibirori
Ubwo ni ubukangaga
Egoo
Nyabavyeyi ni iki?
Nyabavyeyi ni ibibanza abarundi ba kera baqengeramwo
Nyabavyeyi ni amabuye basengerako kera
Hariho abantu bitwa ba Mudende
Mudende, Midende na Kadende ni amazina afatira ku mudende
Kiranga yarahuza abubakanye😊
Nukur iraryosh
Iraryoshe cane
Nukur iraryoshe
Kiranga yariraba ingwa
Akayaga keza. kariko karagira ikibazo
❤❤
ingoma z'iwacu
Akaranga
Uwo mutama yari azi ibintu
Egoo
Uwo mutama yari azi ibintu
Iswa zirakundwa
Egoo
iyo myotsi si myiza ku magara yacu
Umugina w'iswa mu nzu
Kiranga yari n'igikorwa
Kiranga yarahuza abantu
Kimwe mu bikorwa vya kiranga ni uguhuza umugabo n'umugore batase
Mwubahwe cane
Murakoze cane. Namwe mwubahwe
Ni neza
ok
❤❤❤❤
Murakoze cane
Imana ibazigame
❤❤❤❤❤❤🎉
Mwiriwe neza. Murakoze gukurikira imico n'akaranga vy'Uburundi
Komer komer turabemer cane odeco rutana
Mutere muja imbere
Ramba Komera
Mugire amahoro
Urashoboye mukomereze aho 1:29 1:33 ❤
R c $#