FOCODE
FOCODE
  • 81
  • 233 254

วีดีโอ

Igice ca 3:Ntahiganwa rigisigaye mu matora ya 2025 kiretse umunigano w'ibibanza hagati muri CNDD-FDD
มุมมอง 2.9K9 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Kubwa Pacifique Nininahazwe amatora y'imirije ntahiganwa risigaye .Ni amatora ya CNDD-FDD ishaka kwerekana ko habaye amatora gusa .Ihiganwa ryoba risigaye na ritoya ni umunigano utavugika ubera indani muri CNDD-FDD bariko bararwana hagati yabo bapfa ibibanza nayo ahandi ntagisigaye mu matora ya 2025. Ivyo vyashikirijwe mu kiganiro caremeshejewe n'abamenyeshamakuru Gilbert Niyonkuru na Alice Hak...
Ndayishimiye ati : Ndazi ko intambara izoshika no ngaha mu Burundi.#Pacifique Nininahazwe igice ca 2
มุมมอง 6K12 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Pacifique Nininahazwe aragira ico ashikirije ku ruhara rw'Uburundi mu ntambara iriko irabera muri Congo (RDC). Ivyo yabishikirije mu kiganiro-nyigisho catunganijwe n'amashirahamwe #FOCODE na #CAVIB kuri uyu w'Imana itariki 02/02/2025 . Iki kiganiro caremeshejewe n'abamenyeshamakuru Gilbert Niyonkuru na Alice Hakizimana cari catumiwemwo Umukuri wa CFOR-Arusha Fréderic Bamvuginyumvira , Oscar But...
Pacifique, Bamvuginyumvira, Oscar na Me Felix babona gute kazoza k'amatora ya 2025 ? Igice ca #1
มุมมอง 3K14 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Ikiganiro nyigisho co kuri uyu wa 02/02/2025 kiri murukurikirane kw'ibiganiro vyo mw'isekeza #Tubohore_Uburundi kugira urubuga rw'umwidegemvyo rwugururirwe bose mutegurirwa na FOCODE ifadikanije na CAVIB. Kino kiganiro gishingiye ku kibazo kimwe : Twitege iki ku matora y'uno mwaka wa 2025 ? Abatumire : 1. Nyakubahwa Frédéric Bamvuginyumvira yahoze ari Icegera ca mbere c'umukuru w'Igihugu, akaba...
Igihugu gipfe tubona twese?
มุมมอง 16K16 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Igihugu gipfe tubona twese?
Abagurishije abasoda muri RDC bazovyishura
มุมมอง 13K16 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Igice ca 3 c'ikiganiro ukuri kunywanisha Pacifique Nininahazwe yakoze itarike 29 nzero 2025 kuvyerekeye intambara iriko irabera muri Congo (RDC), ibivurwa kuri we inyuma y'imisi 5 yamaze atagaragara ku mbuga ngurukanabumenyi ziwe , kubivurwa ku magara ya Reveriyano Ndikuriyo n'ibindi. Ikiganiro #UkuriKunywanisha n'ikiganiro gihuza abari mu mugambwe uri k'ubutegetsi n'abandi batari muri uyo muga...
Abasoda bararashwe imbere n'inyuma
มุมมอง 15K21 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Igice ca 2 c'ikiganiro ukuri kunywanisha Pacifique Nininahazwe yakoze itarike 29 nzero 2025 kuvyerekeye intambara iriko irabera muri Congo (RDC), ibivurwa kuri we inyuma y'imisi 5 yamaze atagaragara ku mbuga ngurukanabumenyi ziwe , kubivurwa ku magara ya Reveriyano Ndikuriyo n'ibindi. Ikiganiro #UkuriKunywanisha n'ikiganiro gihuza abari mu mugambwe uri k'ubutegetsi n'abandi batari muri uyo muga...
Igice ca 1: Pacifique arishura kuri vyinshi vyari bimaze imisi bivugwa ku kutaboneka kurubuga rwiwe
มุมมอง 12Kวันที่ผ่านมา
Havuzwe vyinshi mu misi 5 Pacifique Nininahazwe yaramaze atandika k'urubuga rwiwe rwa Facebook. Bamwe bati Pacifique ararwaye araremvye , abandi bati yahawe ishano , abandi bati y'itavye Imana , abandi ngo baramutwaye urubuga rwiwe facebook .Muri ik'igice c'ikiganiro ukuri kunywanisha aratanga umuco . Ikiganiro ukuri kunywanisha n'ikiganiro gihuza abari mu mugambwe uri k'ubutegetsi n'abandi bat...
#Ndondeza Ikiganiro kidasanzwe Igice ca gatatu
มุมมอง 714วันที่ผ่านมา
Ikiganiro Ndondeza co kuwa 3 ntwarante 2019
Ikiganiro #Ndondeza co ku wa 26.01.2025: Haruna Kinyata
มุมมอง 2.1Kวันที่ผ่านมา
#Ndondeza Haruna Kinyata yanyurujwe ku wa 05.06.2024 mu Rumonge.
Ikiganiro Ndondeza co ku wa 24 Ruhuhuma 2019
มุมมอง 36714 วันที่ผ่านมา
Ikiganiro "Ndondeza" co ku wa 24 ruhuhuma 2019: Ikiganiro kudasanzwe (igice ca kabiri)
Ikiganiro Ndondeza kidasanzwe co muri Ruhuhuma 2019: Igice ca mbere
มุมมอง 53814 วันที่ผ่านมา
Ndondeza: Ikiganiro kidasanzwe ku matangazo y'urutavanavanako y'abategetsi b'Uburundi batuka isekeza Ndondeza (Igice ca mbere)
Pacifique Nininahazwe yishuye abamaze imisi bamutukana na FOCODE arongoye
มุมมอง 6K21 วันที่ผ่านมา
Pacifique Nininahazwe yishuye abamaze imisi bamutukana na FOCODE arongoye
Hoshoboka imyiyerekano yohagarika amatora ya 2025 kugira hategurwe amatora adakumira ameze neza?
มุมมอง 2.5K21 วันที่ผ่านมา
Hoshoboka imyiyerekano yohagarika amatora ya 2025 kugira hategurwe amatora adakumira ameze neza?
Uburundi buri ku murindi udasanzwe wo kwinjira mu ntwaro y'umugambwe umwe .Pacifique Nininahazwe (1)
มุมมอง 5K21 วันที่ผ่านมา
Uburundi buri ku murindi udasanzwe wo kwinjira mu ntwaro y'umugambwe umwe .Pacifique Nininahazwe (1)
#Zirikana 014: Bakoranye na JMV Rwasa bagura imodoka ikoreshwa mukunyuruza abantu.
มุมมอง 6K28 วันที่ผ่านมา
#Zirikana 014: Bakoranye na JMV Rwasa bagura imodoka ikoreshwa mukunyuruza abantu.
#Zirikana 013:Pacifique Nininahazwe arishura ku bibazo bitandukanye yabijijwe mu kiganiro X SPACE
มุมมอง 5Kหลายเดือนก่อน
#Zirikana 013:Pacifique Nininahazwe arishura ku bibazo bitandukanye yabijijwe mu kiganiro X SPACE
#Zirikana 012: Baguze amazu hanze BRB bayisiga yera |Urubanza rwa Bunyoni
มุมมอง 20Kหลายเดือนก่อน
#Zirikana 012: Baguze amazu hanze BRB bayisiga yera |Urubanza rwa Bunyoni
#Zirikana 011: "Umukuru w'igihugu si umuvyeyi" #Pacifique Nininahazwe
มุมมอง 17Kหลายเดือนก่อน
#Zirikana 011: "Umukuru w'igihugu si umuvyeyi" #Pacifique Nininahazwe
#Burundi Campagne #DesenchainonsLeBurundi: Pour un espace civique libre et accessible à tous.
มุมมอง 1.7Kหลายเดือนก่อน
#Burundi Campagne #DesenchainonsLeBurundi: Pour un espace civique libre et accessible à tous.
#Isekeza #Tubohore_uBurundi kugira urubuga rw'umwidegemvyo rwugururirwe bose
มุมมอง 28Kหลายเดือนก่อน
#Isekeza #Tubohore_uBurundi kugira urubuga rw'umwidegemvyo rwugururirwe bose
Igice ca 4/4 c'ikiganiro ca FOCODE na CAVIB . Kano kanya ntigakwiye kuba ako guterana amacumu
มุมมอง 1.2Kหลายเดือนก่อน
Igice ca 4/4 c'ikiganiro ca FOCODE na CAVIB . Kano kanya ntigakwiye kuba ako guterana amacumu
Igice ca 3/4 c'ikiganiro nyigisho N°003:Vital Nshimirimana arongoye FORSC arishura k'ikibazo
มุมมอง 2.1Kหลายเดือนก่อน
Igice ca 3/4 c'ikiganiro nyigisho N°003:Vital Nshimirimana arongoye FORSC arishura k'ikibazo
Igice ca 2/4 c'ikiganiro ca FOCODE-CAVIB: Amatora ntasigura Demokarasi na Hitler mu Budagi yaratowe
มุมมอง 1.6Kหลายเดือนก่อน
Igice ca 2/4 c'ikiganiro ca FOCODE-CAVIB: Amatora ntasigura Demokarasi na Hitler mu Budagi yaratowe
Igice ca 1/4 c'ikiganiro nyigisho N°03
มุมมอง 3Kหลายเดือนก่อน
Igice ca 1/4 c'ikiganiro nyigisho N°03
"Ntihagire uwozokwigira sindabibazwa mu bibazo vy'uburundi" Me Dieudonné Bashirahishize
มุมมอง 1.6Kหลายเดือนก่อน
"Ntihagire uwozokwigira sindabibazwa mu bibazo vy'uburundi" Me Dieudonné Bashirahishize
"Intwaro mbi ntawe yigera ikunda. Ntikunda abahutu, ntikunda abatutsi" Pacifique Nininahazwe
มุมมอง 6Kหลายเดือนก่อน
"Intwaro mbi ntawe yigera ikunda. Ntikunda abahutu, ntikunda abatutsi" Pacifique Nininahazwe
#1212massacre #Intahe ya Eloge Willy Kaneza, yashinze ikinyamakuru SOS Media kuva 2015
มุมมอง 3.9Kหลายเดือนก่อน
#1212massacre #Intahe ya Eloge Willy Kaneza, yashinze ikinyamakuru SOS Media kuva 2015
#1212Massacre: Intahe, umwihwezo n'intererano vya Me Dieudonné Bashirahishize
มุมมอง 1.8Kหลายเดือนก่อน
#1212Massacre: Intahe, umwihwezo n'intererano vya Me Dieudonné Bashirahishize
#1212Massacre: Intahe ya Pacifique Nininahazwe Igice ca 2
มุมมอง 7Kหลายเดือนก่อน
#1212Massacre: Intahe ya Pacifique Nininahazwe Igice ca 2

ความคิดเห็น

  • @ReverienNsengiyumva-uv6ie
    @ReverienNsengiyumva-uv6ie 2 วันที่ผ่านมา

    Shaa Pacifique Nininahazwe kl ni Ntwari ndamwerera guko muri gahunda yiwe niyo gushaka ko Umurundi wese yishira akizana nuku6 nakomere kwibanga natwebwe turamushigikiye turabeko Dd yohava kl gsa Imana imbere izoteba ibadufashe

  • @Venicreator2060
    @Venicreator2060 3 วันที่ผ่านมา

    Ico nkundira Pacifique nuko yita mubintu ari uwo gusa kuvuga nabi igihugu ciwe kandi atakintu nakilwe ajejwe mugihugu. Aho kugerageza gutera umutima mubi abarundi ehe urinumira kuko avec ou sans toi u Burundi buzobandanya butera imbere wavyanka canke wavyemera.Hama kwinyegeza inyuma ya société civile jewe ndizera ko iyo société civile nimba igizwe nawewe nyene hamwe numugore wawe nabana😂😂😂

  • @EmelyneIrakoze-iv8xz
    @EmelyneIrakoze-iv8xz 3 วันที่ผ่านมา

    Nukur man abarundi turarush p 😢 iman idutabar 😢

  • @NSHIMIRIMANABONITHE
    @NSHIMIRIMANABONITHE 4 วันที่ผ่านมา

    Nyakwubahwa Gilbert hamwe na pacifique turagomba kumenyesha uburundi wese aciyumvira ibintu byamoko Akure mumutwe kuko unomusi ahotugeze ntamuhutu ntamututsi ntamutwa twese turarushe

  • @NSHIMIRIMANABONITHE
    @NSHIMIRIMANABONITHE 4 วันที่ผ่านมา

    Ndabakunda cane kandi nibenshi turi inyuma yanyu ,girbert urabye ugwaruka ruhunga igihugu cuburundi kubera intwarombi iharangwa turiyemeje muzodutere akamo tuzokitaba

  • @pickfordjustin3432
    @pickfordjustin3432 4 วันที่ผ่านมา

    Murarushe nukuri😂😂😂 Aho rero ngo mugomba ngo basubire mwibarabara babice

  • @RevocatNiyimubona
    @RevocatNiyimubona 4 วันที่ผ่านมา

    Ndabakurikirana

  • @Everyoneshouldhaverighttolive
    @Everyoneshouldhaverighttolive 4 วันที่ผ่านมา

    Tuzobanze dukosore iyo umukuru wigihugu tumwita sebarundi nicago kibi kubarundi. Iyo dutoye uwuduserukira yategerezwa kwitwa umukozi wabanyagihugu bityo akozenabi biroroha kumukura. Ariko abarundi ntibiyumvisha gukura Se wabarundi. Ikibabaje benshi bavyemera uko bakagira isoni zukubogoza umuntu yiyita se barundi. Abanyepolitike barakwiye kwigisha abanyagihugu nacane cane iyo bahawe amabanga ubutegezi buguma arubwabo. Ariko bababona mukwiyamamaza basubira kubabona baje gusaba ikindi ikiringo. Rero abantu mwarose akaryo kokuja imbere yabanyagihugu barabizeye mwarabatengushe. Muzobanze mudusabe imbabazi mwatwigishije kubatinya nokubaha icubahiro ataco muriko muradukorera. Uwogize atange iciyumviro gitandukanye nico umutware naho yoba nyumbakumi arapfurwa, agahohoterwa naho ataba yishwe. Mwatubitse mwubwoba ubu dukoronizwa nabo tuvukana. Birababaje kandi ntawuri mumahanga canke uwasigaye mugihugu bose barumiwe ikindi ntibahinduka. We have to decolonise our minds. Igihugu nicumurundi wese naho yoba muto amenye uburenganzira bwiwe hamwe ninguvu ziwe kugihugu ciwe.

  • @Slime-s5p
    @Slime-s5p 4 วันที่ผ่านมา

    Ni hatari kweli

  • @hoppyjerry
    @hoppyjerry 4 วันที่ผ่านมา

    Abarundi bari hanze barakwiye guserukira abari mu gihugu, muti gute? Vyukuri abari mu gihugu nibo bashikirwa n'amahano babayemwo uyu musi, vyumvikana ko ari nabo botegerejwe gufata iya mbere mu guhaguruka ngo biyamirize ubutegetsi, yamara mwese murazi impamvu batavyubahuka, ivyobashikira murabizi ko ubu butegetsi ata kinya bufise bwo kurigita uwo wese yogerageza kugaragaza akababaro kiwe. Rero jewe ico nsaba mwebwe mwagize amahirwe yo kuronka aho muvugira, mwosaba uruhusha mu bihugu murimwo Mugakora imyiyerekano mwitwaje inyandiko zivuga amakuba Abarundi babayemwo, ibitoro, isukari, ibiciro, ibinyobwa, guhatigwa kwiyandikisha gutora, gushinyagurigwa n'umukuru w'igihugu, gutozwa intererano ata nsiguro,isahurwa ry'ikigega c'igihugu Ku mugaragaro atacamira....,mukaja imbere y'ubuserukizi bw' uburundi n'ubw'ibindi bihugu, kugira mumenyeshe isi ibiriko bibera mu burundi, nka kurya abantu bakorana mu bisagara bitandukanye USA berekana ivyariko birabera muri Gaza. Kuba ata numwe ashira ku mugaragaro amabi ari mu burundi biha inguvu abari ku butegetsi, ziriya manif zibera hanze ziratanga msg kure, zikereka abategetsi ko ivyo bari bazi ko ari amabanga biriko biraja hanze. Ibiganiro nkibi mugira ni vyiza, ariko biherekejwe n'imyiyerekano mu bihugu bitandukanye iteguwe neza mwoba mufashije abari mu gihugu gushikiriza ikibavuna mu mutima batagira aho bavugira. Murakoze.

  • @salvatorndikumasabo6348
    @salvatorndikumasabo6348 4 วันที่ผ่านมา

    😊

  • @ndihorashid
    @ndihorashid 5 วันที่ผ่านมา

    kandi naho yoba arumunyamurenge,ntivyontangaza kuko harabanyamurenge bafasha,bakorana na wazalendo kwica benewabo

  • @ndihorashid
    @ndihorashid 5 วันที่ผ่านมา

    uyo yiyise umunyamurenge wosanga atari nawe ahubwo ari muri za mbonerakure ziri muri congo congo . congo. congo.

  • @ndihorashid
    @ndihorashid 5 วันที่ผ่านมา

    habuze abatujimbere nahubundi arugupha twaraphuye,ntaco tugicera.

  • @ericndikumana1504
    @ericndikumana1504 5 วันที่ผ่านมา

    Iyo propagande uriko uragira ngo yagurishije abasoda mûri Congo we urafisubwenge nukora neza? Impamvu abasirikare bari mûri Congo iratomoye neza ,nikibazo cumutekano wakarere, knd ntibitumiye, s.A , Tanzanie, ect... bariyo. Kumvo zumutekano wakarere , ariko uriko ukorera propagande abicanyi babagesera birwanda urakwije mumutwe neza kwl wewe??Imana izobikubaza, kandi imbuto ubiba kwisi umenye ko uzoyiryako ! Urishetani kabisa. Iyo nzigo yakazikira ufise uyikurahe kwl??ko atabantu turahura baremye mugwanko nkuko kwawe??

  • @ericndikumana1504
    @ericndikumana1504 5 วันที่ผ่านมา

    Wewe mubarundi bose niwewe kijuju cambere kibaho!sukwanga igihugu gusa, kuko ivyukora birengeye kwanka igihugu. Genda witwe umunyarwanda kuko nico gihugu biboneka ko uvukamwo! Urikijuju cambere wubahuka kuvuga ngo ijambo président yavuze ngo ntiribaho, ukamwifatira mugahanga! Urigipfu uzopfa wangara nka gahini abana nimiryango wangaje mwibarabara ngo nibatore imipanga baje kugwana nigisirikare bafate amakambi vyose uzobibazwa haba kwisi canke mwijuru! Abantu turabanyavyaha ariko wewe umenga satani yakubivyemwo imbuto ziwe

  • @RevocatNiyimubona
    @RevocatNiyimubona 5 วันที่ผ่านมา

    Mumvuga ukuri pe 12:20

  • @RevocatNiyimubona
    @RevocatNiyimubona 5 วันที่ผ่านมา

    Mumvuga ukuri pe

  • @muhitiraelie9631
    @muhitiraelie9631 6 วันที่ผ่านมา

    Ba mwugara ama micros atariko arakoreshwa pour éviter les échos.

  • @kubwimiofficial4112
    @kubwimiofficial4112 6 วันที่ผ่านมา

    Barundi benewacu dukanure tubone ntitujane nyabahururu ivyo turimwo ni resultat y'amakosa yacu twese atawuvuyemwo yaba abategeka yaba aba opposant eka n'aba biyita ni société civile bavuga Leta iri muri incapacité yarabuze uko itora umuti wavyo ndetse ikaguma idadaje mubintu bimwe bimwe namakosa menshi ikora ariko no kurundi ruhande abo ba opposant naba société civile sibo bagiye I buraya badodora ngo uburundi bufatirwe ibihano? Mwagira ngo bigende gute?

  • @EmelyneIrakoze-iv8xz
    @EmelyneIrakoze-iv8xz 6 วันที่ผ่านมา

    😢😢 mana yomwijur nukur iduhindurir ubuyob p turarush abarundi 😏😏 inzar ninyinsh Ibibaz vyaturenz nukur ivyumv iri mwijur 🤲🤲😭

  • @AlbertNgenda-wi5mn
    @AlbertNgenda-wi5mn 6 วันที่ผ่านมา

    Urwanda narwo arik rurabashigikira hakajayo n'abasoda b'urwanda

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 6 วันที่ผ่านมา

    Tot ou tard, naho yiririsha akorora amosozi yingona,ushimiye azokwishura vyinshi

  • @Infojunio
    @Infojunio 6 วันที่ผ่านมา

    Ubundi mumagambo macye ikizakwereka ko umuntu uri kuwanira ukuri nuko azatsinda intambara arwana. Twagiye tubona kenshi abantu Leta ya Congo yica bazira ubwoko bwabo nururimi bavuga kugeza aho babotsa bakabarya. Ese President Evariste ashyigikiye abantu barya abandi? Ese we uwamuha inyama yumuntu mubyukuri yayirya ??🤔🤔 amaraso yabana babarundi arimo kugurisha muri congo kubera ama$$$$ namabuye yagaciro bamuha azayabazwa. ✍️

  • @ngenzi.250
    @ngenzi.250 6 วันที่ผ่านมา

    Ikibazo bavuga ngo ni u Rwanda, bazibagirwa ibibazo byiwe asakuze gusa

  • @EgideNtakirutimana-de3vs
    @EgideNtakirutimana-de3vs 6 วันที่ผ่านมา

    Murabahinga vraiment!!!

  • @EgideNtakirutimana-de3vs
    @EgideNtakirutimana-de3vs 6 วันที่ผ่านมา

    Tugende tugifate none!!! Erega nuko turiko duhiga abaja kuturwanira, aho natwe twofashe inkoho tukagenda. Gushukana tubirekeeee

  • @MunezeroBlaise-xd2ky
    @MunezeroBlaise-xd2ky 6 วันที่ผ่านมา

    rya amavyi

  • @asile-charnelkn9947
    @asile-charnelkn9947 6 วันที่ผ่านมา

    Igihugu kizotera imbere muvuga ukonyene.

    • @dianeinamwiza
      @dianeinamwiza 6 วันที่ผ่านมา

      Igihugu kitagira igitoro,internet,devises,electricites,abantu bashonje coter,imbere gute,ni murinfire muzocoka,

  • @EmelyneIrakoze-iv8xz
    @EmelyneIrakoze-iv8xz 6 วันที่ผ่านมา

    Hhh 😂iman imfash barek gupf kk iman igiy guhindur ubuyoboz bub butit kubant 😢tur kumavi duseng iman izabikor iduh ubuyoboz bwiz barorer mwizin rya yesu 🤲

  • @kwizeracedrick-p6u
    @kwizeracedrick-p6u 6 วันที่ผ่านมา

    Namwebwemuhanze.murababono.kuvaahomwavugiye.ntanyungutubona

    • @EmelyneIrakoze-iv8xz
      @EmelyneIrakoze-iv8xz 6 วันที่ผ่านมา

      Non ndakwibariz WW uft ubweng wokorer imigamb Cank business mugihug kimez nkicac kwel 🤔 nukutaz ibiturir kunyarw utw wironderey RER niy mpamv tutaz gushing business

    • @BigirinteranyaSerges
      @BigirinteranyaSerges 6 วันที่ผ่านมา

      ​@@EmelyneIrakoze-iv8xzoya wari kuhakorera muza 72 na 93 bica abantu babahora ukwo bavutse reka sha nibakomeze babwejere hanze nyene barekane nuburundi iyo mihimbiri

  • @kwizeracedrick-p6u
    @kwizeracedrick-p6u 6 วันที่ผ่านมา

    Abarundi.sibose.batatembereye.abandi.twaratembereye.nukokizira.kwishura

  • @kwizeracedrick-p6u
    @kwizeracedrick-p6u 6 วันที่ผ่านมา

    Ugihe.mukindigihugu.urumurundi.bakwita.kurumubodono.wotumunuma😢😢😢😢

  • @eddynimbona6934
    @eddynimbona6934 6 วันที่ผ่านมา

    Dd vyans.turabe uwundi twogiha cank tugihe kagame.ntayindi nyishu mbona.kuko abanyagihugu vyans kobagira revolution.

  • @Hi5392
    @Hi5392 6 วันที่ผ่านมา

    Nukuri nizeyeko hari igihe kizoba abarundi tukamenya vyukuri igitigiri cabasoda bacu bapfiriye muri congo😥nakamaramaza ibibera muri kino gihugu peee

  • @DonchrisARAKAZA
    @DonchrisARAKAZA 6 วันที่ผ่านมา

    Jewe nitwa Irambona Jules nize secondary mu Rwanda kuva nkiri mutonya mbona igihugu cacu kidatera imbere none mpejeje secondary kitara tera imbere harabapfa politique basi dupfe politique igihugu gitera imbere gupfa singirane jewe ndi mu burundi buterere A2 mpfuye abandi bagasigara neza ntangorane abandi bafise essence, inzoga ,amtara,igihugu,gifise,Isuzu,abafise ubushobozi dutabare canke muhe abafise ubushake

  • @JosiasNkunzimana
    @JosiasNkunzimana 6 วันที่ผ่านมา

    Abarundi nibeshi turi bigugu pe nind azagukura mubukene?

  • @ComeNDAYIZEYE-tc1np
    @ComeNDAYIZEYE-tc1np 7 วันที่ผ่านมา

    Burya har'ico mugikiza?

  • @JamesIgiraneza
    @JamesIgiraneza 7 วันที่ผ่านมา

    Uvuzeko amabarabara yose yapfuye ubushatse kuvugiki??

    • @JombaWay
      @JombaWay 7 วันที่ผ่านมา

      Wewe none uri hehe

    • @KC-wj7yh
      @KC-wj7yh 7 วันที่ผ่านมา

      Mwaramaramaye kagame yabafshije kuja gusabira ibihano uburundi , none uburundi buracariho Murindiye ko hima empire ishika . Mushatse mwoza tukagubaka kuko ntimuzoshobora gucinyiza abahutu nkuko FPR yabikoze murwanda

    • @indemarugambarobert1632
      @indemarugambarobert1632 6 วันที่ผ่านมา

      ​@@KC-wj7yh, UGWAYE Mu mutwe wewe.🤔🤔😏😏

    • @Rwanda-ex2wl
      @Rwanda-ex2wl 6 วันที่ผ่านมา

      Urakomerewe niba ikiri mu mokopeee

    • @Alex-cb4rt
      @Alex-cb4rt 6 วันที่ผ่านมา

      M23 iriha kubohora uburundi, rindira gatoyi ​@@KC-wj7yh

  • @pickfordjustin3432
    @pickfordjustin3432 7 วันที่ผ่านมา

    Uyumututsi yibaza kwafise ubwenge bwinshi ariko nikijuju

    • @giannaingabe7675
      @giannaingabe7675 7 วันที่ผ่านมา

      Ubwirwa Niki ko Ari umututsi??

    • @Infojunio
      @Infojunio 6 วันที่ผ่านมา

      @@giannaingabe7675abarundi aho guteza imbere igihugu cyanyu muteza imbere amoko nicyo kibazo mugira. 🤔🥱 Uyu mugabo Pacifique numuhanda. Abarundi ntimukwiye gukomeza kwemerera president wanyu ko akomeza kwicisha ingabo ze muri congo bazira ubusa. Ikindi abarundi nabanyarwanda turi abavandimwe ntacyo dupfa usibye politique itugirira nabi.

  • @divinbigirimana8952
    @divinbigirimana8952 7 วันที่ผ่านมา

    Arîko. Nawe ga paci naho wavuze ko abadandaje abasoda muri Congo ɓazovyishura. Nwe inoti wariye y'abazungu ngo uconvenque abarundi uzoyiriha kwl.

  • @nmnteamdknn8405
    @nmnteamdknn8405 7 วันที่ผ่านมา

    Ibaze abategetsi bavuga amashano… abarundi barabuze ikintu muzima bamenya ariko bamenya kuroga…. Akamaramaza kweli

  • @ndayisengaboniface439
    @ndayisengaboniface439 7 วันที่ผ่านมา

    Muduhe numero kugira dushikirize utubazo twacuu

  • @RamahanHabyarimana
    @RamahanHabyarimana 7 วันที่ผ่านมา

    Bamwita umushingantahe w’imbwa gusa Ni unugabo mubincyane

  • @RamahanHabyarimana
    @RamahanHabyarimana 7 วันที่ผ่านมา

    Muzi gusesengura .ndabakunze

  • @mugishadieudonne4647
    @mugishadieudonne4647 7 วันที่ผ่านมา

    Njewe mugisha dieudonne binyuze muri democrats nyoboye igihugu cu Burundi tariki ya 01/02/2025 murakoze

  • @ndayisengaboniface439
    @ndayisengaboniface439 7 วันที่ผ่านมา

    Mbega amakuru yaciye kurubuga gwa cimamanda avuga ko bagomvye kugutegera mur Allemagne ngo bakujane ibujumbura vyo wobiduhako umuco?

  • @Tacksam-h6b
    @Tacksam-h6b 7 วันที่ผ่านมา

    Pacific akamaro utumariye abarundi gasumba ukwo uvyibaza. Imana igukomeze🤞🏽

    • @AdolphMct
      @AdolphMct 7 วันที่ผ่านมา

      Kumushima ni vyiza, nibive mumajamb rero

  • @Johnbyiringiro1
    @Johnbyiringiro1 7 วันที่ผ่านมา

    Ewe Pacifique sha, kkkkkkk

  • @PACCYPAX
    @PACCYPAX 8 วันที่ผ่านมา

    🙏🙏🙏🙏