- 76
- 319 223
Agahogo Ki BURUNDI
เข้าร่วมเมื่อ 5 ก.ค. 2017
Agahogo k'uburundi, indirimbo z'iwacu, imico nakaranga k'Uburundi
วีดีโอ
Uraba wumva ndaje Goreth Habonimana ft R M Twagirayezu
มุมมอง 2.2K6 ปีที่แล้ว
Uraba wumva ndaje Goreth Habonimana ft R M Twagirayezu
Iyengenge mugeni iy'umukobwa agira agende biramugora
มุมมอง 1.6K7 ปีที่แล้ว
Iyengenge mugeni iy'umukobwa agira agende biramugora
Inkoni yera gahigira we Nacumi Generose
มุมมอง 13K7 ปีที่แล้ว
Inkoni yera gahigira we Nacumi Generose
Rose Twagirayezu Orchestre National Ari mu bikingi azoza
มุมมอง 2.2K7 ปีที่แล้ว
Rose Twagirayezu Orchestre National Ari mu bikingi azoza
Emmanuel Nkeshimana Abagore bari kune bari gutanu
มุมมอง 9K7 ปีที่แล้ว
Emmanuel Nkeshimana Abagore bari kune bari gutanu
Nikiza David Umugore w'ubu ni temba ntereke
มุมมอง 7377 ปีที่แล้ว
Nikiza David Umugore w'ubu ni temba ntereke
Sidonie Nzeyimana Orchestre national Agacaca karanteze
มุมมอง 4.9K7 ปีที่แล้ว
Sidonie Nzeyimana Orchestre national Agacaca karanteze
Bagira ngo nkunda kuboregwa Nkoroka Protais
มุมมอง 2.5K7 ปีที่แล้ว
Bagira ngo nkunda kuboregwa Nkoroka Protais
Hagariga ama aca kubira
Merci bcp mon cher Nd.augudt
Ego kabisa rwagasore ni intwari!!!wubahwe muhisi wacu. Warubishoboyeee
nagaruts kwumviriza iyi ndirimbo 2024. Iyi inyibutsa vyinshi
Ego vraiment !
Warakoze sokuru
Souvenirs..Souvenirs….
❤❤🥰🥰
Bjr
Mbega yohani na serejiyo baracariho?
Iyi ndirimbo ni nziza
Amahoro neza iyo misiyoni ni iyahehe?
❤
❤ ayi égo ma
❤singira ico novuga atari ukumusabira ku Mana
Uburundi bwacu bwiza cane ndabukunda sn 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
I love you my country 🇧🇮
😂
Yooo lafamilia
Kunda cane
Nice 👍
Impore Burundi ❤
biraryoshe umurezi nkuyu yigisha ugwaruka gukunda igihugu camavukiro mbega abarezi bubu kobatokurikiza iragi rya ngendanzi bakundush igihugu ugwaruka
Matata
Aya majambo akor ku ❤️
❤❤❤❤
NOSTARGIQUE🥲🥲
Nn kwidahera iyihera yose bahaha wayibitse hehe ndakunda iyi song.ndangira.
th-cam.com/video/-AJ5geVcjio/w-d-xo.html
The best burindian song of my childhood,its remind my native colline in Marangara
❤❤❤😊😊
Verry good song
Nduhuka neza iyo mbumvisr
Indirimbo nizo apana ibisusu nizindi nkabenizo
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇯🇲🇯🇲🇯🇲🇯🇲🇯🇲🇯🇲🇯🇲🇯🇲🇯🇲🇯🇲🌿🌿🌿🌿🌿🎇🎇💫✨💫✨👏👏
Akakaririmbo kararyoshe kbx
aya
Mwarintwari vrt indirimbo zakaranga kabasokuru🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Imvyino zihimbaye🤗
Mbegaaaa🥰🥰🥰 emotionaly song for all the time
Iyi ndirimbo iguma iri kumwanya naho hohera imyaka 100
Nice
Umuduri wa nkeshimana ndawukunda, hanini nkunda amajambo avuga.None inigiti yo ntiyigeze itera imbere mu muziki wa kera ?
We are
Vyiza cn
Kuki abaririmvyi batagikora indirimbo zimeze uku (amajambo cane cane) ndi umuririmvyi i want to bring this back
Akiwacu
Aka karirimbo nikeza cane.karimwo inyigisho nziza.
Merciii beaucoup 🙏🙏
Ni nziza cyane love from Rwanda