- 48
- 415 626
Voix Locale TV
Canada
เข้าร่วมเมื่อ 19 ก.ย. 2014
Frédéric NSABIYUMVA AVUZE IVYABAPFUMU//AHONYOYE SATANI// avuze ubutumwa bwiza, abantu barakizwa.
Frédéric Nsegiyumva FEREE, Kizigenza w'Intamba z'Uburundi, Aravuga Yesu kwari umukiza. #intambamurugamba #fredericnsabiyumva #burundian #burundigospel #ffb #rwandagospel #rwa
มุมมอง: 42
วีดีโอ
HOTEL Y'IGITANGAZA MW'IJENDA | CONNEXION STARLINK | UBWIZA BW'IMISOZI - KIREZI HOTEL.
มุมมอง 17K14 วันที่ผ่านมา
Kirezi hotel and conference center. Aba #disapora babarundi bariko barubaka igihugu c'abibarutse. nkahamwe umudiaspora w'umurundi wese aho ari, yukwubaka inyubako imwe m'uburundi, uburundi bwosayangana. #Kirezihotelandconferencecenter #africa #burundian #burundigospel #burundianmusic #rwandangospelsongs #rwa #ubakanationgroup,
La culture Burundaise est magnifique
มุมมอง 1K21 วันที่ผ่านมา
La #cultureburundaise est magnifique avec le #clubamagaba #burundi #africa #burundian #rwandamusic #burundiculture #visitburundi
Dutakaza 4.000.000.000 buri Indwi, Audace Niyonzima, umushikiranganji w'ikigega ca reta
มุมมอง 4521 วันที่ผ่านมา
Dutakaza 4.000.000.000 buri Indwi Umushikiranganji w’ikigega ca reta yasavye abakozi ba #OBR kwisubirako. #Audaceniyonzima yasiguye ko muri bo hari abatuma amakori n’amatagisi bitinjira nk’uko vyategerezwa. Yemeza ko bafashanya n'abadandaza hamwe n’abarwizatunga badatanga amakori, bagashima guca ku biri n’amategeko #burundi
Fanny Dance of Wedding
มุมมอง 42หลายเดือนก่อน
Fanny Dance of Wedding, #burundigospel #africa #burundian #rwandanewsongs #rwandacomedy
AMASHENGERO N'ADUHEMBE
มุมมอง 79หลายเดือนก่อน
Abacuraranzi mpimbaza Mana, baragirishijwe uruganda kuvyerekeye impano bahawe n'Imana. mugihe c'ibibazo, bamwe bati; #mashengero arakwiye kuturiha kuko ivyodukora murushengero bidutwara umwanya munini bigatuma tudatera imbere mubifadika. #apôtreapollinairehabonimana abakuriye inkoni kugishitsi. #burundigospel #shemazaworshiptemple #burundi #diasporaburundi #rwandagospel
Victoire de Donald Trump sur Kamala Harris
มุมมอง 112หลายเดือนก่อน
Victoire de Donald Trump sur Kamala Harris Donald Trump élu président des Etats-Unis et de retour à la Maison Blanche Après l'élection américaine 2024, Donald Trump est à nouveau élu président des Etats-Unis. Nettement en tête, avec notamment trois Etats-clés remportés dont la Pennsylvanie, il a revendiqué sa victoire puis a dépassé la barre des 270 grands électeurs. #kamalaharris #présidentiel...
Narapfuye Amasengesho aranzura
มุมมอง 315หลายเดือนก่อน
Nararwaye cane abaganga batazi ico ngwaye, imititi bampaye iranturira, umubiri urabaora, biranka ko mpema. sinamenya ko bampaye isumu. #shemezaworshiptemple #burundigospel #diasporaburundi #burundian #rwandagospel
DISCOURS DE SON EXCELLENCE PRESIDENT EVARISTE NDAYISHIMIYE
มุมมอง 642หลายเดือนก่อน
Lors de son investiture a la présidence de #comesasummit2024
DISCOURSFELIX TCHISEKEDI au Palais de Kiriri, #COMESASUMMIT2024
มุมมอง 35หลายเดือนก่อน
Le Rwanda nous a imposé la geurre a l'est du congo #comesasummit2024
L’arrivée des Chefs d’Etats au Palais de Kiriri, #COMESASUMMIT2024
มุมมอง 1.5Kหลายเดือนก่อน
Le president du Burundi, a accueilli ses homologues de la Zambie, Madagascar, RDC, Kenya, Ethiopie et d'autres delegations de 21 Pays membres de la COMESA dans un sommet extraordinaire tenu au Burundi du 28 au 31 Octobre 2024
"Bujumbura : Un Voyage au Cœur de l'Afrique"
มุมมอง 3.8Kหลายเดือนก่อน
"Bujumbura : Un Voyage au Cœur de l'Afrique" Bujumbura, située sur les rives du lac Tanganyika, était la capitale du Burundi jusqu'en 2019. La ville est connue pour ses paysages pittoresques, ses plages et sa culture vibrante. Elle mêle influences africaines et coloniales, avec des marchés animés et des monuments historiques. Sa proximité avec la nature en fait un lieu attrayant pour les amoure...
Arabibeshuje ibinyoma vyavuzwe.
มุมมอง 3.7K2 หลายเดือนก่อน
Arabibeshuje ibinyoma vyavuzwe. Pantecote n'imwe m'uburundi bwose. nta mu super Archeveque azokwigera abaho muri Pentecote bdi. uwo n' Umwungere wa 1-Misiyoni ya Pentekoti Bujumbura arabeshuza ibimaze imisi bivugwa//Rev Past Onesphore #EglisePentecoteduBurundi #Ishengero #PentecoteBurundi
Point de Presse de la CENI 🇧🇮 +Questions des Journalistes | Prosper NTAHORWAMIYE [25.10.2024]
มุมมอง 3482 หลายเดือนก่อน
Ce 25 Octobre 2024 , le Président de la CENI Prosper NTAHORWAMIYE a tenu un point de Presse au Siège de la CENI en Mairie de Bujumbura pour annoncer l'état de l'enrollement au 3è jour. Il a également répondu a plusieurs questions des Médias. Prosper NTAHORWAMIYE arongoye CENI BURUNDI ati, ubutegetsi bwose burafise ingene buhimiriza abenegihugu kwitaba igikorwa iki cankwa kiriya, ngo kubakoroni ...
IMPINDUKA ZIKOMEYE MURI PENTECOTE BURUNDI
มุมมอง 46K2 หลายเดือนก่อน
Oct 23, 2024 #EglisePentecoteduBurundi #Ishengero #PentecoteBurundi IMPINDUKA IMPINDUKA MW'ISHENGERO RYA PENTEKOTE MU BURUNDI Nk'uko amakuru dukura mu barongozi b'iryo shengero yadushikiriye kur'uyu wa 23/10, ishengero rya Pentekote ryasubiwemwo uburyo ritunganijwe ivyatumye hashirwaho uwurirongoye ku rwego rw'igihugu bise '' Super Archeveque'' NIZIGAMA Esron asanzwe arongoye Ishengero rya Pent...
DAVID T. NDUWIMANA ASHINZE INTAHE Y'IMIGENDERANIRE YIWE NA AP. APOLLINAIRE H. NA PST. MARC KAGISYE.
มุมมอง 1512 หลายเดือนก่อน
DAVID T. NDUWIMANA ASHINZE INTAHE Y'IMIGENDERANIRE YIWE NA AP. APOLLINAIRE H. NA PST. MARC KAGISYE.
APOTRE MBAYAHAGA Ati, ABARIRIMVYI BAKORORA INDA HAMA BAKAJA MURUSHENGERO KURIRIMBA.
มุมมอง 602 หลายเดือนก่อน
APOTRE MBAYAHAGA Ati, ABARIRIMVYI BAKORORA INDA HAMA BAKAJA MURUSHENGERO KURIRIMBA.
ABAHABARA OYE !!! by APOTRE MBAYAHAGA
มุมมอง 1.7K3 หลายเดือนก่อน
ABAHABARA OYE !!! by APOTRE MBAYAHAGA
Tube aba patriotes. Twese turafise ico twokora kugira igihugu gitere imbere.
มุมมอง 283 หลายเดือนก่อน
Tube aba patriotes. Twese turafise ico twokora kugira igihugu gitere imbere.
Apotre Mbayahaga ati '' Ikinyoma baragihindura ukuri.
มุมมอง 864 หลายเดือนก่อน
Apotre Mbayahaga ati '' Ikinyoma baragihindura ukuri.
bavuze ko umugore yampunze | kurikirana intahe idasanzwe ya Apotre Apollinaire na Madame wiwe
มุมมอง 1.7K4 หลายเดือนก่อน
bavuze ko umugore yampunze | kurikirana intahe idasanzwe ya Apotre Apollinaire na Madame wiwe
LE STADE DES MARTYRS UNE TOMBE POUR LES CONGOLAIS
มุมมอง 604 หลายเดือนก่อน
LE STADE DES MARTYRS UNE TOMBE POUR LES CONGOLAIS
ABARUNDI BARENGA IMIRIYONI 25 NIBOBITEZWE MUBURUNDI MURI 2050
มุมมอง 175 หลายเดือนก่อน
ABARUNDI BARENGA IMIRIYONI 25 NIBOBITEZWE MUBURUNDI MURI 2050
Amen ❤❤❤❤❤❤
Courage Imana wahisemwo ntibesha
Imana ni nziza
hehehehe, ubunaho ni kizigenza w'Intamba z'uburundi avuga ubutumwa bwiza...
Oooooh Diane,yambiiiiii
NEW YORK irinyuma ama saa 12 kwi saa yi BUJUMBURA.
6-7 heures
Aba Maman bincabwenge nkaba bagwire mugihugu cacu .
Umwana w inkerebutsi comme Feue sa Maman, bcp d admiration à vous Diane et famille 🙏🏾💐🎉
voila un burundi meilleur
Madame Diane ndagukeje cane kuvyiza wakoze mu gihugu cawe. Ndagusavye nzogende kuruhikiraho une semaine kuko nanje maze imya 15 hanze y'igihugu. Ndagusavye cane umfashe nzogende kuharukira ariko nta buryo mfise bwo kuriha. Nzogerageza kuriha ibifungurwa ariko nsavye ko kuryama mwontere iteka nzoryame ntariha. Muhezagirwe cane❤🙏🙏🙏🌹
Muvyeyi Mupfasoni Imana yatanguye kugira ivyiza muri wewe Niyuhire
Ndashimye caane kino kiganiro. Urakoze kuri uyo mugambi wagize mu gihugu c'amavukiro.
Ndakeje uwo muryango wubatse iyo Hotel araterereye mu kuduza ubwiza bw'igihugu cacu. Nanje nzoza kuharara vrt nihweze iyo misozi myiza . Muhezagirwe vrt. Courage
Proverbe 31 kuva kuri verset 10
Yarasomye bible Proverbe 31 Numukozi
Muyaga neza bwira n'abandi ataco bariko barakora mu Gihugu c'amavukiro
Merci beaucoup Madame et bravo d'avoir pensé au pays natal, la Patrie. Ça encourage. Nshimye cane amajambo meza atera intege urwaruka.
Ohooo.courage madame.mwijenda niheza munzira ijya imwaro.iwabo wimfura rwose zisa nizimulenge sha.
Félicitations. Aho hantu niheza cane. Wagize neza cane.
Ndibuka kera utembera igisagara ca Bujumbura mu minota 10 uraba uhamaze none nimuze mwirabire uko hariko haguka n'iterambere ridasigaye inyuma❤❤❤❤❤
Ndaraba aho igihugu cacu kiriko kija mw'iterambere nkahimbarww❤❤❤🎉🎉🎉
Félicitations pour ce joyau niché sur les hauteurs d’Ijenda
Mana ukomeze kunzigamira igihugu ukirinde abansi nabanyeshari batipfuza kukibona giteye imbere ndagisize mu Maboko yawe Yesu nanje nzoguma ndagushimirivyo Amen
Nanje ndi muri America tumezekimwe
C'est vers ou en partant de Bujumbura???
Bjr, On passe par Musaga et on monte en passa par kamesa. C’est a environ 1h si vous êtes dans un bus de transport en commun. une fois arriver a Jenda centre au niveau de l'Eglise catholique, c'est au parking vous demandez ou se trouve Kirezi Hotel. la moto vous y amène a 3000 fbu ou bien voir sur Instagram kirezi hotel.
Iyaba waje wambaye ikirezi vyari kuba mahwiiii !
Uburundi ni bwo Kirezi twambaye.
Lieu de sortie et séjour pendant les vacances d’ été au Burundi.
Congratulations Diane KATIHABWA.
Wow vyiza caaane well done Mme ❤
Bravo chère Couz pour le beau travail et l’inspiration que tu donnes à la nouvelle génération👌🥰J’ai bien hâte de visiter Ikirezi🤩
Ikiganiro ciza madame uhezagirwe.Ese abantu Bose boza bakorana n'abandi honnête Uburundi bwacu bwoca bwogorora peee
Bravo chère Diane. Ayant sejourné à Kirezi il y a qlq semaines je confirme que le service est top 🎉❤
Hasigaye hari Isuku😊❤
Birukane Bose! Mushireho abazi ico bajejwe!
😊🎩
Umvugiye ibintu wa Mukenyezi we!!! Aha ntaka video nakamwe ntaraba kerekana u Burundi
Wow, thank you for the great interview! Ikirezi, the green hills and the clean air correspond well with Diane's spirit of generosity ❤
J'adore ça. Bon oeuvre Madame et soyez bénie
Bravo Diane. Ndanezerewe caane. Nukuri nzohaca nje iburundi. Hezagirwa ncuti
What an inspiring story! Well Done Diane 🙌🏾
Well done madame Diane Mbega imana ntiyoduha ba Diane benshi❤
Bravo madame Diane kugikorwa ciza mwakoze mukwubaka iyo hôtel yiteka ,izotuma n'abanyamahanga bamenya igihu ciza c'uburundi, kandi vyatumye abandi bahabwa akazi kugira babone ingene babeshaho imiryango, nabandi nibabigireko,ibisigaye 'ndabifurije kugenderwa n'ingenzi nyinshi,mwarahezagiwe❤
Félicitations ma tante! J’aimerais faire quelque chose comme ça dans le futur. 😁
You can do it and you will dear nephew
Bravo Madame Diane, aho hantu ni heza cane. Abarundi bige gukora imigambi ahandi atari i Bijumbura. Abantu bo hanze barahakunda kuko hari climat nziza i Bujumbura harashushe cane.
Well done, Diane Imana ikomeze ibahe imigisha namwe muyisangize abandi especially Urwaruka bakeneye ibikorwa nkibyo bibaha akazi Igihugu kigatera imbere nabagituye.
amazing you are a such an inspiring, well done my dear aunt diane 🙌🏾🙌🏾🫶🏾❤
Thank you dear niece and I know your generation will achieve much greater things
Well done, my dear sister. You're such an inspiration to all of us and many out there
Vyose birashoboka mu ma boko y'Imana birashoboka
Coucou Diane. Imana yaraguhezagiye cane. Kandi nukuri uko wahora ibimbarira uvyizera ndabona ariko vyagenze. Gloire à Dieu.
Proud of you sister Diane , tu nous fait honneur, keep it up
Félicitations Diane 🎉 iyi vidéo iri tellement positive et inspirante.