Homme du Changement Official
Homme du Changement Official
  • 66
  • 78 773

วีดีโอ

Angry of #NETANYAHU to Macron: Israël will win with you,Your shamewill reverbelate long After
มุมมอง 14218 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Angry of #NETANYAHU to Macron: Israël will win with you,Your shamewill reverbelate long After
Barbados MP's extraordinary attack on #NETANYAHU for selective use of BIBLE in UN
มุมมอง 1.6K16 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Barbados MP's extraordinary attack on NETANYAHU for selective use of BIBLE in UN
NIWAMENYA IBI NTAKABUZA URIKURA MU BUKENE N'INGOGA
มุมมอง 25519 ชั่วโมงที่ผ่านมา
#HommeduChangement:68013513
Nubwo ari muri Canada akorera mu Burundi
มุมมอง 719 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Nubwo ari muri Canada akorera mu Burundi
RETA ZUNZE UBUMWE ZA AMERIKA ZEMEY GUFASHA UBURUNDI GUSHIKANA UMUYAGANKUBA KU GATAKA KOSE K'UBURUNDI
มุมมอง 546วันที่ผ่านมา
RETA ZUNZE UBUMWE ZA AMERIKA ZEMEYE GUFASHA UBURUNDI GUSHIKANA UMUYAGANKUBA KU GATAKA KOSE K'UBURUNDI
INKURU NZIZA KU BARUNDI BIPFUZA KUJA KURONDERERA #SINGAPOUR NTA VISA IGIKENEWE
มุมมอง 758วันที่ผ่านมา
INKURU NZIZA KU BARUNDI BIPFUZA KUJA KURONDERERA MU GIHUGU CA #SINGAPOUR NTA VISA IGIKENEWE//Ido n'ido ||Agaciro Media
Le Premier ministre du Burundi annonce encore Ceci pour un ressacement des Burundais
มุมมอง 1.4K14 วันที่ผ่านมา
Le Premier ministre du Burundi annonce encore Ceci pour un ressacement des Burundais
ABARUNDI 4.000.000 BAKORESHA INTERNET,IBI NIBABIKORA BICA BIKUNDA KU BURUNDI
มุมมอง 1.5K14 วันที่ผ่านมา
ABARUNDI 4.000.000 BAKORESHA INTERNET,IBI NIBABIKORA BICA BIKUNDA KU BURUNDI
Know the Rich Country and Poorest country in the world by young Boy
มุมมอง 82214 วันที่ผ่านมา
Know the Rich Country and Poorest country in the world by young Boy
Plan y'ukuntu INTARA yose mu BURUNDI yogira ihinguriro ryayo
มุมมอง 42914 วันที่ผ่านมา
Plan y'ukuntu INTARA yose mu BURUNDI yogira ihinguriro ryayo #burundi #diaspora #Homme_68013513
Une Fille Burundaise Chante la Chanson de @Meddy#NTAWAMUSIMBURA à Kayanza Avec la Diaspora BDAISE
มุมมอง 333หลายเดือนก่อน
Une Fille Burundaise Chante la Chanson de ‎@Meddy #NTAWAMUSIMBURA à Kayanza Avec la Diaspora BURUNDAISE @Meddy @TheHarshBeniwal @brucemelody2010
NIWABONA IYI VIDEO URASHIMIRA ABARUNDI BABA MU MAHANGA (DIASPORA)
มุมมอง 15หลายเดือนก่อน
NIWABONA IYI VIDEO URASHIMIRA ABARUNDI BABA MU MAHANGA (DIASPORA)
TUBATEMBEREZE i MUKIKE UMENYE IBANGA RYO KWIMBURA CANE #IBIRAYA
มุมมอง 406หลายเดือนก่อน
TUBATEMBEREZE i MUKIKE UMENYE IBANGA RYO KWIMBURA CANE #IBIRAYA
GITEGA:Twahasanze umutamakazi arenza imyaka 100 aradutera inkuru
มุมมอง 714หลายเดือนก่อน
GITEGA:Twahasanze umutamakazi arenza imyaka 100 aradutera inkuru
UKO RETA IGIYE GUKORA KUGIRA UBURUNDI BUBE IGIHUGU CIGABA KIKIGABURIRA
มุมมอง 385หลายเดือนก่อน
UKO RETA IGIYE GUKORA KUGIRA UBURUNDI BUBE IGIHUGU CIGABA KIKIGABURIRA
Urwaruka rwa 2024 rwahagurukiye iterambere//Bateye iteka @HommeduChangement||Umve nawe
มุมมอง 258หลายเดือนก่อน
Urwaruka rwa 2024 rwahagurukiye iterambere//Bateye iteka @HommeduChangement||Umve nawe
we're arrived in CANADA//Let's sée this Show
มุมมอง 372 หลายเดือนก่อน
we're arrived in CANADA//Let's sée this Show
Umu Jeune yabaye umu Millionaire akiri muto cane/Niwumva ibituma ayinjiza urumirwa| #Burundi#VLOG12
มุมมอง 2.7K2 หลายเดือนก่อน
Umu Jeune yabaye umu Millionaire akiri muto cane/Niwumva ibituma ayinjiza urumirwa| #Burundi#VLOG12
Temoignage de l'Ancien Athlete #NKAZAMYAMPI au Burundi
มุมมอง 1882 หลายเดือนก่อน
Temoignage de l'Ancien Athlete #NKAZAMYAMPI au Burundi
UKABA UKUMBUYE GUTWENGA🤣😂😅 UMVIRIZA UYU #MUPASTOR AFISE IMPANO YO GUTWENZA CANE
มุมมอง 2.9K2 หลายเดือนก่อน
UKABA UKUMBUYE GUTWENGA🤣😂😅 UMVIRIZA UYU #MUPASTOR AFISE IMPANO YO GUTWENZA CANE
#Kanyosha:Uko MUHOZA azi @HommeduChangement //Muhe amahirwe atsindire 100.000fbu
มุมมอง 572 หลายเดือนก่อน
#Kanyosha:Uko MUHOZA azi @HommeduChangement //Muhe amahirwe atsindire 100.000fbu
#Buja:Uko Cynthia azi @HommeduChangement //Muhe amahirwe atsindire 100.000fbu
มุมมอง 6302 หลายเดือนก่อน
#Buja:Uko Cynthia azi @HommeduChangement //Muhe amahirwe atsindire 100.000fbu
#NGOZI:Uko NYANDWI azi @HommeduChangement //Muhe amahirwe atsindire 100.000fbu
มุมมอง 942 หลายเดือนก่อน
#NGOZI:Uko NYANDWI azi @HommeduChangement //Muhe amahirwe atsindire 100.000fbu
#BUJA:Uko #Samuel azi @HommeduChangement //Muhe amahirwe atsindire 100.000fbu
มุมมอง 532 หลายเดือนก่อน
#BUJA:Uko #Samuel azi @HommeduChangement //Muhe amahirwe atsindire 100.000fbu
#Kayanza-Rango:Uko #Zénobin azi @HommeduChangement //Uheze amahirwe atsindire 100.000fbu
มุมมอง 1932 หลายเดือนก่อน
#Kayanza-Rango:Uko #Zénobin azi @HommeduChangement //Uheze amahirwe atsindire 100.000fbu
#KININDO:Uko ARTHUR azi @HommeduChangement /Muhe amahirwe atsindire 100.000fbu
มุมมอง 6812 หลายเดือนก่อน
#KININDO:Uko ARTHUR azi @HommeduChangement /Muhe amahirwe atsindire 100.000fbu
#Buja:Uko NIYOMWUNGERE azi @HommeduChangement /Muhe amahirwe atsindire 100.000fbu
มุมมอง 1332 หลายเดือนก่อน
#Buja:Uko NIYOMWUNGERE azi @HommeduChangement /Muhe amahirwe atsindire 100.000fbu
#Muramvya:Uko Pacific azi @HommeduChangement //Muhe amahirwe atsindire 100.000fbu
มุมมอง 552 หลายเดือนก่อน
#Muramvya:Uko Pacific azi @HommeduChangement //Muhe amahirwe atsindire 100.000fbu
#Buja:Uko Cedric azi @HommeduChangement //Muhe amahirwe atsindire 100.000fbu
มุมมอง 952 หลายเดือนก่อน
#Buja:Uko Cedric azi @HommeduChangement //Muhe amahirwe atsindire 100.000fbu

ความคิดเห็น

  • @sjnarani59
    @sjnarani59 3 วันที่ผ่านมา

    Salute you, Barbados MP. You speak the truth and only the truth. Shame to the Aggressors.

  • @TopG-SA
    @TopG-SA 3 วันที่ผ่านมา

    U removed apartheid in South Africa? Naaa our land and economy are still in the hands of the whites.

  • @louischau7982
    @louischau7982 3 วันที่ผ่านมา

    You ran like a bitch to the bunker

  • @NazWahab-q4r
    @NazWahab-q4r 3 วันที่ผ่านมา

    She is speaking 🔊 the truth 👏

  • @neilgordo4654
    @neilgordo4654 4 วันที่ผ่านมา

    Foolishness yuh a chat

    • @sabasabinibinsaba356
      @sabasabinibinsaba356 4 วันที่ผ่านมา

      @@neilgordo4654 you can't fathom to listen to the TRUTH!!!

  • @sabasabinibinsaba356
    @sabasabinibinsaba356 4 วันที่ผ่านมา

    100% Pure Truth Two state solution!!

  • @MurashiNdusengimana
    @MurashiNdusengimana 5 วันที่ผ่านมา

    Reka ntore agatebe nunvirize neza

  • @MurashiNdusengimana
    @MurashiNdusengimana 6 วันที่ผ่านมา

    Turabemera pee

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 8 วันที่ผ่านมา

    Mubisanzwe ubiravye ububuzima ni decision ataruko nimpuzu zokunanira kugura😂

  • @Ericnshimirimana5752
    @Ericnshimirimana5752 10 วันที่ผ่านมา

    Tu as raison

  • @KabwayiInnocent
    @KabwayiInnocent 11 วันที่ผ่านมา

    Umurundi ageze hanze yigihugu acabunda agahisha iyava😓 maze kubona beshiii aho maze kugera

  • @prosperniyukuri8562
    @prosperniyukuri8562 11 วันที่ผ่านมา

    Jewe iciyunviro noterera nuko Leta yokomeza kwipanga hamwe na Benegihugu bari muburundi hamwe nababa hanze kandi birakunda. Guko Nkabirya bikorwa Fablice yapanze tumenyereye bikorwa kunfashanyo mpuzamukungu

  • @prosperniyukuri8562
    @prosperniyukuri8562 11 วันที่ผ่านมา

    Uriko uvyunva uko babivuga nivyiza, ariko ikibi nuko baca bashiraho izindi condition zibiherekeza nkugusaba Leta ngo ice yemerera abaryamana basangiye ibitsina hamwe nagateka ka Zina muntu usanga ahubwo ugasanga ivyo basaba Leta nivyo bihungabanya kiremwa muntu. Ariko Reka tubirindire turabe

  • @SindayigayaDeo-ox8bx
    @SindayigayaDeo-ox8bx 11 วันที่ผ่านมา

    Ngo bashaka kudushiriraho amatara tuzoyishiriraho bashaka kuza kunyaranira mubutare barabwumvise hm kbx abarndi tutakoze amasaha 24 ntaho twoba turikuja

  • @ChristelAbikunda
    @ChristelAbikunda 12 วันที่ผ่านมา

    Duhe ayo makkuru

  • @kevinnizigiyimanamajeste8733
    @kevinnizigiyimanamajeste8733 12 วันที่ผ่านมา

    Bafashak gutera Coups zindi mugihugu cacu svp. Abarundi batureke. Nibo bambere badu classa nkigihugu gikeny cambere kwisi

  • @kevinnizigiyimanamajeste8733
    @kevinnizigiyimanamajeste8733 12 วันที่ผ่านมา

    Barabon ko abarusiya naba chinois babaye beza bafasha Afrika kuruta abo banyamerika.. Ni intwari zingahe zishwe na west. ?? Gadafi nabande Rwagasore nabandi na ndadaye. Svp

  • @kevinnizigiyimanamajeste8733
    @kevinnizigiyimanamajeste8733 12 วันที่ผ่านมา

    Ntamunyamerika akunda afrika Svp.... Bongere bazane akajagari Mu bdi.. Barabona ko batanguye gutakaza afrika ubu rer bariko bararondera uko bashak kwegerw Afrika ubugira kandi. Svp abanyafrika bakanure kumaso.... Ntavyo dukeney.. Badufatiye ibihano nuyu munsi ntavy bakuyeho none bashak kudufasha svp ninryarya svp.... Babanze bakure ibihano kuburundi . mbega ibura ryamafranga yagaciro wibaza ko ari bande babiri inyuma??

  • @FrankeIgiraneza
    @FrankeIgiraneza 12 วันที่ผ่านมา

    Komera cane gose

  • @UwinezaJaphet
    @UwinezaJaphet 12 วันที่ผ่านมา

    Thank you kuduha ayomakuru natwe tugiye kubikurikirana

  • @majwegerifabrice9187
    @majwegerifabrice9187 15 วันที่ผ่านมา

    Shaa mbonabtokunda kuko abatware bacu nibo bababakwiye kutubra karorero bagakundi gihugu otherwise ntibizokunda

  • @SindayigayaDeo-ox8bx
    @SindayigayaDeo-ox8bx 15 วันที่ผ่านมา

    Iyumba hafi naguha icupa kk ukuri kuzuye ntahandi wagusanga usivye iwawe urumurundi wumutipa ndasaba ibimenyesha makuru bibigomba bikore uko bashoboye mugukundisha igihugu ababagenzi bacu babarundi badakunda igihugu batifuzako kiboneka neza gusa bazotangara abumutima tukiyubakiye tukana gushariza bazumirwa 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 15 วันที่ผ่านมา

    😊❤

  • @omerntiharirizwa2121
    @omerntiharirizwa2121 15 วันที่ผ่านมา

    Erega V ivyo uvuze nivyo ibindi bihugu ubajije abarwizatunga barakwereka nimitahe nivyo bakora mugabo uburundi nibinyegezwa gusa kiretse twebwe dukorera Kuri internet tubihindura

  • @stonydeco9
    @stonydeco9 15 วันที่ผ่านมา

    Ivyuvuze nukuri ariko hariho Société yitwa Twinyoni Groupe ,ikora nkivyo uvuze

  • @PascalineIradukunda-zs4lk
    @PascalineIradukunda-zs4lk 16 วันที่ผ่านมา

    ❤❤❤❤❤

  • @lazzR1935
    @lazzR1935 16 วันที่ผ่านมา

    Vuga ikirundi gisongoroye kuko wew 💯 Murundi komera kubahiriza uburundi n'abarundi nivyiburundi🇧🇮✌🏾🤞🏾👌🏾💪🏾

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 16 วันที่ผ่านมา

    ndagutahura kandi ndakunda ibiganiro vyawe

  • @nshimirimanamike1591
    @nshimirimanamike1591 16 วันที่ผ่านมา

    Uvuganeza cnee kbs

  • @cvzx-2968
    @cvzx-2968 16 วันที่ผ่านมา

    Ndagukunda❤❤❤❤

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 16 วันที่ผ่านมา

    nukuri ndatangazwa nabarundi bagenda mumahanga bavuga uburundi nabi hakubuvuga neza

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 16 วันที่ผ่านมา

    Za ishami tv baramaze kuyayuka ntavyobokora😂😂

  • @boscosibomana28
    @boscosibomana28 16 วันที่ผ่านมา

    turagukunda

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 17 วันที่ผ่านมา

    Bamwe bazibira ibitoro nkaho ntibagutahura nabayungwe kandi nibo ba influanceur bambere urumva rero ko hakiri agahaze.

  • @GabrielStevenson-h4o
    @GabrielStevenson-h4o 17 วันที่ผ่านมา

    😭😭😭😭😭

  • @JosephHacimana-s2i
    @JosephHacimana-s2i 17 วันที่ผ่านมา

    Ahubwo komeza débat nkizi. Ndabona iyi débat nayo ikora ahar'indwara. Ikintu cambere gikomeye nugukubanza guhindura ukwo twiyumvira. Igisha unahindure ivyiyumviro vy'abarundi.

  • @FrankeIgiraneza
    @FrankeIgiraneza 17 วันที่ผ่านมา

    Kbs

  • @nduwimanafiston1189
    @nduwimanafiston1189 17 วันที่ผ่านมา

    Uvuze ukuri ariko jew narabuze nimero yawe ndi Nairobi harico nshaka ko tuyaga

  • @user-nk3ue2cs4k
    @user-nk3ue2cs4k 17 วันที่ผ่านมา

    Amahinguriro menshi ya ouest du Burundi yaronka amadevize ya Congolais. Niyo market y'u Burundi yoroshe cane kuko ntibarima, bari les consommateurs dans l'ambiance

    • @HommeduChangement
      @HommeduChangement 17 วันที่ผ่านมา

      Murakoze cane mugenzi kuriyo ntererano

  • @HabiyakareTharcisse-iw4xd
    @HabiyakareTharcisse-iw4xd หลายเดือนก่อน

    Saaawaaa🎉

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 หลายเดือนก่อน

    Ahubwo murime ingano nibiraya murime vyishi ndumva arivyo vyiza

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 หลายเดือนก่อน

    Birumvikana aho hantu harakanye ahubwo nibigori muzobireke ndumva sisawa kubigori. Ibigori vyisega ubiteye mukwicumi mukwabari bibavyeze

  • @Xhcfj-ye3hx
    @Xhcfj-ye3hx หลายเดือนก่อน

    Nuwa kera

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 หลายเดือนก่อน

    None ko ntakintu ndamubajije

  • @moshwayne2565
    @moshwayne2565 หลายเดือนก่อน

    Burundi will develop in few years if you continue with this spirit thanks guys

  • @niyonkinzodenis
    @niyonkinzodenis หลายเดือนก่อน

    Terimbere Burundi 🇧🇮

  • @FulgenceMikaOfficial
    @FulgenceMikaOfficial หลายเดือนก่อน

    🎉🎉🎉🎉❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮👏👏👏

  • @اللهاكبر-ن3ح3ر
    @اللهاكبر-ن3ح3ر 2 หลายเดือนก่อน

    Ndagukeje.kaka wanj ‏‪

  • @Rodrigue_1993
    @Rodrigue_1993 2 หลายเดือนก่อน

    Mukomere